Claver Ndayishimiye

Claver Ndayishimiye The power of Introverts. Proverbs 27:12
(1)

30/11/2025

Aka gakoko k'imimyōri kitwa gute?

29/11/2025

😊Iri zina ryo mu carabu:
Al-Assad = Intare🦁
Assad= Ntare🦁
????? = Ntare Rugamba

26/11/2025

Nuko Uhoraho Imana abaza uwo muntu, ati Uri hehe?

😅📍Localisation GPS, Satellite

14/11/2025

🎶Ewe rupfu we
uruboyi rwawe ruri he?
Nzahoraho kukw'Ahoraho ! 🎶❤️

Je nubu sindamenya akamaro ko gukinda. 😅Ngo bamusanze mu murima ariko arivyina yigina yiginagura , nka saa munani z'igic...
12/11/2025

Je nubu sindamenya akamaro ko gukinda. 😅
Ngo bamusanze mu murima ariko arivyina yigina yiginagura , nka saa munani z'igicugu. Bati ca ngaha tugende nyabuna😅.

Rumonge/Kizuka/Gikonko

Ngira ngo yari yanyoye urukanywa rwinshi! 😅
Gusa iyo myuga ijanye n'amashari n'inzigo yarataye igihe. Abantu babwirizwa kuvavanura na yo da !

😅Aho ntihobura abivugisha ngo ivyo vyo Gukinda, Kuraguza, Kuroga, Guterekēra, Kubandwa, Gutôngēra, ngo ni ibisanzwe, nta co bitwaye, kuko bisanzwe biri mu mico n'akaranga vyacu. 😅

NG'ABA ABANTU NTOYE ! 😅Ariko rero tubisubiyemwo, abazungu baho hambere baragayana!😅Ni gute bava iwabo, bagashika ahantu,...
09/11/2025

NG'ABA ABANTU NTOYE ! 😅

Ariko rero tubisubiyemwo, abazungu baho hambere baragayana!😅

Ni gute bava iwabo, bagashika ahantu, mbere bakahasanga abandi bantu, gusa badasangiye urukoba , imico n'ibindi; kandi abo bantu bakaba bari bafise ukuntu bitunganije mu kubaho kwabo. Vyarangira, ba bazungu bakaduka bavuga ngo aho hantu ni aho bitoreye, nkuko umengo nta bantu bari bahasanzwe ? 🤭😅

Ngw'ehe ndatoye ahantu ?! 😅😅
Ah'ubooonaaa! 🤭😅

02/11/2025

UYU MUSI NARI NASENGEYE HANO 😅

(Sauts d'arrière)😅

31/10/2025

Benewacu bo hakurya barayamaze bati : “Uwubuze ukw'abigenza agana ishure !”😅

Isiguro irayoberanye😊

26/10/2025

Mu vyagezwe vya Mose:
Kera iyo babonye ikiziga kiri mu gahinga. Uwamwishe bavuga ko ari uwaba ku ntambuko 500, uvuye aho kiri🤭😅

20/10/2025

Burya hoba hari ubudasa hagati y'Ishari n'Inzigo? 😊

16/10/2025

Mwenewacu yama avuga ko yeretswe!
Ingorane zanje ni amakenga.
Erega mwenewa, naho utokwerekwa, Imana ntiyobura ibindi igukoresha😅

08/10/2025

Umve sha! 😅
Burya umuntu uw'ari we wese hari aho agera akisanga yabaye inkandagirabitabo mu gisata iki, ariko ugasanga ni umuhinga mu bindi 😅

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Claver Ndayishimiye posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Claver Ndayishimiye:

Share