20/09/2025
💪🔥🔥🇧🇮 Arakwiye kuri Kirikou A Kili indirimbo yiwe shasha yise AHA NIHE ibaye iyambere Hano m'uburundi Naho hakurya Mu Rwanda ironse Challenge nyishi kuri Mukwezi kumwe aho abandi baririmvyi baronka challenge uko amazi agenda arirwiza Umuririmvyi w'umurundi abikoze mukwezi kumwe gusa
♦️ Ubu tuvugana indirimbo yiwe AHA NIHE yamaze gukwiza IMIRIYONI Zibiri namajana atandatu 2,6M Vues zabamaze kuyiraba mugihe Abandi baboosting kugira baronke ama Vues Ariko KIRIKOU kwiyizera ka koze Umuziki mwiza yarabiretse indirimbo iricira inzira nkuko mwaraye mubibonye
⁉️ mbwira Rero ikibanza ubu woha KIRIKOU mubaririmvyi babarundi bayoboye Uno muziki ndundi mwibuke ko hari abaririmvyi yanasavye support bakayimwima yasanze mumuziki
Umviriza_gang