Dico Entertainment

Dico Entertainment All about entertainment news at all time

πŸ›‘ PERSONALITY OF THE DAY   ~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~ Umukinyi w' indyamunyu muri ya film imaze imisi yahungabanije imfuruka n...
27/12/2025

πŸ›‘ PERSONALITY OF THE DAY
~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~
Umukinyi w' indyamunyu muri ya film imaze imisi yahungabanije imfuruka ni uno yitwa , yarabiciye biracika muri ino film !
Raba link muri comment

🚨 Nyaruka ,Nyaruka ,,,  Indoto zawe ufise ,ivyo ushaka kugerako vyose ntivyokunda amagara yawe atifashe neza ,,, Kino ki...
27/12/2025

🚨 Nyaruka ,Nyaruka ,,,
Indoto zawe ufise ,ivyo ushaka kugerako vyose ntivyokunda amagara yawe atifashe neza ,,,

Kino kigo si vyabindi vya mperekeza vyikika mukiza ngo biriko biravura indwara naho shwi , bano barizewe bitewe n ivyo bamaze kwerekana bibashingira intahe !
✍️Bavura bakoresheje ubuzi k**a ,ugakira n ingoga Kandi ntihagire ingaruka !
Hoba hariho ingwara iyariyo yose yakugize umuja harimwo na zimwe menga ziteye isoni bo na zazindi benshi bibwira ko zidakira ?
Nyaruka igihe cawe ni kino !

Harico ushaka kubaza : Akura kuri 62 346 116
Canke 69 826 952 barakwakira aho woba uri hose !



Inyishu kumagara yawe !

πŸ›‘UBUTUMWA BWIZA KW' ISI YOSE,,,   Ingabire y' umuntu imubamwo ,aho aja hose bakagenda muvyo akora vyose agahora aribwari...
27/12/2025

πŸ›‘UBUTUMWA BWIZA KW' ISI YOSE,,,
Ingabire y' umuntu imubamwo ,aho aja hose bakagenda muvyo akora vyose agahora aribwaribwa yumva ikintu muri we ashaka gusohora !

Nuno niko bimeze ,yarahatswe kubireka ariko ijwi ryo mumutima riranka riti genda udandaze itaranto UMUREMYI yashize muri wewe .

Yitwa akaba agiye guha abakunzi biwe n' abakunzi b' indirimbo mpimbazamana muri rusangi indirimbo yise ,!
Ku musi wa kabiri ,isaha 12 z' umugoroba irashika kurubuga rwiwe rwa YouTube!

Link ya YouTube yiwe muri comment !

πŸ’ƒMISS MIGAMBI πŸ’ƒ Amateka muyandi mateka mashasha ~~~ Vyari vyarabaye ibisa navyo  ariko ntivyari bwagende nkuko bigiye ku...
27/12/2025

πŸ’ƒMISS MIGAMBI πŸ’ƒ

Amateka muyandi mateka mashasha ~~~
Vyari vyarabaye ibisa navyo ariko ntivyari bwagende nkuko bigiye kugenda ! Yahoze yitwa Miss Kayanza ubu ni MISS MIGAMBI !

πŸ’― Ihiganwa ry' umukobwa mwiza Kandi aciye ubwenge mugisagara ca Kayanza rigeze aharyoshe ,Kano kanya tuvugana, abigeme 8 nibo basigaye akaba ari nabo bazokwitabira igice ca nyuma kuwa 31/12/2025 mu kibanza ca *Musumba.*

Muntumbero yo kujana n' indinganizo nshasha hamwe n' imbonakazoza vy' igihugu , kino gikogwa carasubiwemwo congerwamwo vyinshi abantu bazobona niyo bacitabira !

Amatora ariko arabera kuri Ikimamara Agency ushobora kubona vyose uciye ngaha :
πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

https://www.facebook.com/61584074901507/posts/122113074897135830/?app=fbl

πŸ›‘ Cadeau Ravelle official nawe ntiyatanzwe no kubipfuriza umusi mukuru mwiza wa Noheri !   Muryoherwe !
25/12/2025

πŸ›‘ Cadeau Ravelle official nawe ntiyatanzwe no kubipfuriza umusi mukuru mwiza wa Noheri !
Muryoherwe !

πŸ›‘NOHERI NZIZA,,,,    duhimbaza buri musi tukamwibuka buri italike ya 25/12 ni uwemeye kwikorera ivyaha vyacu ,yitwa umun...
25/12/2025

πŸ›‘NOHERI NZIZA,,,,
duhimbaza buri musi tukamwibuka buri italike ya 25/12 ni uwemeye kwikorera ivyaha vyacu ,yitwa umunyavyaha Kandi we ataco yarafise yemera kubambwa kugira jewe nawe turonke uburenganzira bwo kwandikwa mubitabo vy' ubugingo bityo tukazinjira mu bwami bw'IMANA ,mubuzima buryoshe bw' ibihe bidashira !

Dukwiye kuzirikana ubwo buntu twagiriwe bwo gucika abana b' IMANA kuko ibimazi ivyarivyo vyose ataco vyari kutumarira !
,Ubuntu bw' UMWAMI YESU burushirize kuba muri mwebwe bugwiriye!

πŸ›‘ Mu myaka itanu iheze , nk'uwari kubaza F***y Lavine ati wibona he muri kazoza !? Ntakabuza mumajambo yari kumwishura y...
24/12/2025

πŸ›‘ Mu myaka itanu iheze , nk'uwari kubaza F***y Lavine ati wibona he muri kazoza !? Ntakabuza mumajambo yari kumwishura yari gushiramwo ati ndibona naramenyekanye ,films zanje abantu baziraba eka mbere no mu bana b' abarwizatunga mfiseyo abafana "

Nivyo koko ivyo yoba yaravyizeye , umwete wiwe ukabimwereka ariko biragoye kumva ko yoba yarigeze yiyumvira ko azotera imbere kugeza yicaranye kumeza amwe n' umwana wa Nyenicubahiro,umukuru w' igihugu!

POV: Yarakoze cane ,yitanga atiziganya ,ashira umutima n' ubwenge kukimuraza adasinziriye ibisigaye abirekera nyene guhezagira ( UMUKAMA ) ✍️

24/12/2025

πŸ›‘ Umwanditsi mubinyamakuru cane cane kuri Independent Voice , abipfurije Noheri nziza !

πŸ›‘ Ibibondo vyo muri Academy Kwa NSORO bihagarariwe na  kumwe na Chanceline bibipfurije Noheri nziza !
24/12/2025

πŸ›‘ Ibibondo vyo muri Academy Kwa NSORO bihagarariwe na kumwe na Chanceline bibipfurije Noheri nziza !

πŸ›‘ " Kwizigira UMWAMI YESU ,ukamugira uwambere mubuzima bwawe ni ivy' igiciro kurusha ivy' agaciro umuntu yokwirukira !" ...
24/12/2025

πŸ›‘ " Kwizigira UMWAMI YESU ,ukamugira uwambere mubuzima bwawe ni ivy' igiciro kurusha ivy' agaciro umuntu yokwirukira !"
F***y Lavine abipfuriza Noheri nziza !

24/12/2025

πŸ›‘ Turacari kumwe na nk' umukinyi wa film afise film yaranze indwi , (Acte d' innovation)
Film yitwa DORA ,,
Link iri muri comment , uhejeje kuyiraba ,wibuke uyisangize abandi !

πŸ›‘ Film y' UBurundi iriko irunguka ayandi maraso mashasha! Ino ni itaranto yigendera haba mukwandika ,gutunganya no gukin...
23/12/2025

πŸ›‘ Film y' UBurundi iriko irunguka ayandi maraso mashasha!
Ino ni itaranto yigendera haba mukwandika ,gutunganya no gukina kugeza naho kuri film imwe yonyene atanguye kwipfuzwa n' abakinyi baryubatse ndetse n' abanyamitahe !

Ni umurundi yitwa biboneka ko aje yiteguye akanavuga ko ashaka gukora film muyindi shusho itamenyerewe gutyo akaba uwambere arwanira isoko mpuzamakungu !

Murabe iyo film turiko turavuga : link muri comment!

Address

Bujumbura

Telephone

+25761999059

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dico Entertainment posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dico Entertainment:

Share