ITEKA FM

ITEKA FM FM 94.0 N'ISI
Burundi's No 1 Hit Music station |Radio
Africa's hip urban FM station with a special influence on pop Music & Sport
(2)

ππ‘π„πŠπˆππ† 𝐍𝐄𝐖𝐒 : βœ…πŸ‘€ Muri Real Madrid ntivyoroshe :– Florentino Perez yahamagawe n'abavyeyi babiri b'abakinyi bakinira uno ...
07/05/2026

ππ‘π„πŠπˆππ† 𝐍𝐄𝐖𝐒 :
βœ…πŸ‘€ Muri Real Madrid ntivyoroshe :

– Florentino Perez yahamagawe n'abavyeyi babiri b'abakinyi bakinira uno mugwi, bidoga ko abana babo batariko bararonka umwanya wo gukina.

Muri bo, umwe n'umukinyi w'inyuma, uwundi n'umukinyi wo hagati mukibuga. [COPE]

– Fede Valverde na Tchouameni nabo bongeye kurwana.

Ejo bahatswe kurwana, noneho uno munsi baraziterana. Amakuru avuga ko Tchouameni yaguma amwiyama yanka ko babigira birebire Fede akaguma ahatiriza.

Vyarangiye Tchouameni nawe agiye muri mood yo kurwana, amukubita igipfunsi gikomeye Fede yunama hasi nk'uwataye ubwenge akanya gato, aca ashirwa kuntebe zinyongwaπŸ‘¨β€πŸ¦½ ajanwa kubitaro, ariko yamaze kuvayo.

– Abafana barenga miriyoni 30 bamaze gusinya kumbuga ngo Kylian MbappΓ© abavire mumugwi. Hari benshi batanguye kubona ko vyoba biriko bikorwa n'abantu batari abakunzi ba Real Madrid kugira ngo gusa bacafuze banerekane nabi isura ya Kylian MbappΓ©.

#𝐟𝐫𝐚𝐧𝐜𝐀

🚨 Ntibisanzwe, Instagram yakoze amatohoza kurubuga gwa Cristiano Ronaldo aho basanze afise abantu barenga miriyoni 18 (1...
07/05/2026

🚨 Ntibisanzwe, Instagram yakoze amatohoza kurubuga gwa Cristiano Ronaldo aho basanze afise abantu barenga miriyoni 18 (18000000) bamukurikirana atarabantu ariko ari ama robo.

Izo comptes zose baciye bazifuta, Cristiano Ronaldo acarakoroka cane kuko yaciye ahomba abantu barenga miriyoni 18 bamukurikirana kuri Instagram 😳❌

04/05/2026
🚨 Bivanye n'uko atamufana wa FC Barcelone yemerewe kwinjira mukibuga kuraba urukino kubera ibibanza ari bike bivanye n'u...
25/04/2026

🚨 Bivanye n'uko atamufana wa FC Barcelone yemerewe kwinjira mukibuga kuraba urukino kubera ibibanza ari bike bivanye n'uko ico kibuga kiriko kirasubigwamwo, ngo hari bamwe mubakunzi ba BarΓ§a binjiye bigize abafana ba Getafe πŸ‡ͺπŸ‡ΈπŸ€”πŸ”₯πŸ”₯πŸ˜‚

πŸ›‘ Mu mwanya muto cane mw'itangazamakuru Arbeloa atamitswe icitwa ibibazo, avyishura nk'icamamare, anidogera abahagarikiz...
25/04/2026

πŸ›‘ Mu mwanya muto cane mw'itangazamakuru Arbeloa atamitswe icitwa ibibazo, avyishura nk'icamamare, anidogera abahagarikizi ahita yimanukira !πŸ’ͺπŸƒ

➑️ β€’ Kubera iki wasize hanze Ceballos?

- Álvaro Arbeloa : πŸ—£οΈ Β« Nkoresha gusa abakinyi mbona ko bashobora kudufasha. Β»

β€’ Ariko si ibisanzwe. Hari icoba cabaye hagati yawe na we?

- Álvaro Arbeloa : πŸ—£οΈ Β« Nkoresha abakinyi bashobora kudufasha. Β»

β€’ Kubera iki Carvajal atakinye ❓

- Álvaro Arbeloa : πŸ—£οΈ Β« Nshira mu kibuga abakinyi mbona ko biteguye cane kurusha abandi. Β»

➑️ Álvaro Arbeloa : πŸ—£οΈ Β« MbappΓ© yavuze ko yumva atameze neza, rero tuzoraba uko atera amera. Β»

➑️ Álvaro Arbeloa : πŸ—£οΈ Β« Hari ikosa rigaragara cane kuri Mendy imbere y’uko batsinda igitsindo. Β»

Β« Ikibazo ni uko abafata izo ngingo bategerezwa gutahura umupira w’amaguru, kandi biragaragara ko atariko biri. Β»

➑️ Álvaro Arbeloa : πŸ—£οΈ Β« Penalty? Yari penalty igaragara, ukuboko. Ariko si ubwa mbere bidushikira. Β»

😳 Ikiganiro n’abamenyeshamakuru ca Álvaro Arbeloa cari kigufi cane.

Yishuye ibibazo bike gusa aca aragenda, vyose vyamaze iminota nk'itatu gusa muri rusangi. ☹️ Legend, bavyita kurya ifoto πŸ˜ƒ

πŸ‘‰:Wumva gute izi nyishu za Arbeloa ?

π•€β„•π•‚π•Œβ„π•Œ ℕ℀𝕀℀𝔸 𝕋𝕦𝕣𝕒𝕓𝕒𝕗𝕒𝕀𝕙𝕒 π•˜π•¦π•œπ• π•£π•’ π•šπ•Ÿπ••π•šπ•£π•šπ•žπ•“π•  π•’π•¦π••π•šπ•  π•Ÿπ•’ π•§π•šπ••π•–π•  . π•Žπ•– π•šπ•”π•  π•¦π•œπ• π•£π•’ 𝕦π•₯π•¦π•“π•¨π•šπ•£π•’ π•’π•žπ•’π•›π•’π•žπ•“π•  π••π•¦π•€π•™π•šπ•£π•’ π•žπ•¦π•Ÿπ••π•šπ•£π•šπ•žπ•“π•  π•ͺ𝕒𝕨𝕖 π•ͺ𝕒𝕓𝕒 π•Ÿ...
19/04/2026

π•€β„•π•‚π•Œβ„π•Œ ℕ℀𝕀℀𝔸 𝕋𝕦𝕣𝕒𝕓𝕒𝕗𝕒𝕀𝕙𝕒 π•˜π•¦π•œπ• π•£π•’ π•šπ•Ÿπ••π•šπ•£π•šπ•žπ•“π•  π•’π•¦π••π•šπ•  π•Ÿπ•’ π•§π•šπ••π•–π•  . π•Žπ•– π•šπ•”π•  π•¦π•œπ• π•£π•’ 𝕦π•₯π•¦π•“π•¨π•šπ•£π•’ π•’π•žπ•’π•›π•’π•žπ•“π•  π••π•¦π•€π•™π•šπ•£π•’ π•žπ•¦π•Ÿπ••π•šπ•£π•šπ•žπ•“π•  π•ͺ𝕒𝕨𝕖 π•ͺ𝕒𝕓𝕒 π•Ÿπ•šπ•Ÿπ••π•šπ•£π•šπ•žπ•“π•  𝕫𝕒 *anniversaire* π•₯π•¦π•˜π•’π•€π•™π•šπ•£π•’π•žπ•¨π•  π•Ÿπ•’ π•žπ•–π•π• π••π•ͺ π•¦π•€π•™π•’π•œπ•’

𝕂𝔸℀𝔼 𝕣𝕖𝕣𝕠 π•₯𝕦𝕓𝕒𝕗𝕒𝕀𝕙𝕖 π•Ÿπ•šπ•žπ•–π•£π•  π•ͺ𝕒𝕔𝕦 π•Ÿπ•š +25769810055 π•šπ•œπ• π•£π•’ 𝕙𝕠𝕀𝕖

Joan Laporta arongoye umugwi wa FC Barcelona yatanze imihoho. Nk'uko amategeko y'uwo mugwi  abivuga,Laporta yatanze imih...
10/02/2026

Joan Laporta arongoye umugwi wa FC Barcelona yatanze imihoho. Nk'uko amategeko y'uwo mugwi abivuga,Laporta yatanze imihoho kugira ashobore kwiyamamariza kwongera kuyobora uwo mugwi mumatora azoba igenekerezo rya 15 Ntwarante 2026. Rafa Yuste akaba ariwe agiye kuba arayobora uwo mugwi.

✍️ : Belvier Mfis'kiza

ITEKA FM

IYINDWI ABAMARAYIKA BAKUGENDERE MUMURYANGO WAWE NOMUKAZI UKORA KORA SUIVRE  KURU RUBUGA ITEKA FM
09/02/2026

IYINDWI ABAMARAYIKA BAKUGENDERE
MUMURYANGO WAWE NOMUKAZI UKORA

KORA SUIVRE KURU RUBUGA

ITEKA FM

Address

Bujumbura

Telephone

+25767700900

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ITEKA FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ITEKA FM:

Share

Category