22/09/2025
๐จ๐ค Ukw'imisi igenda niko ryasango ryegereza
Ushobora kuba utavyibuka ariko reka tukwibutse
Mu Burundi ๐ง๐ฎ hagiye kuba IGIKORANE C'UBUTUMWA BWIZA kandi Cakataraboneka
APAPADEDUBU ifadikanije nurunani rw'amashengero rya The Roof Top Ministry, babateguriye igikorane kidasanzwe c'ubutumwa bwiza
Ico gikorana c'itiriwe "JOINING JESUS'25EVENT"
Ico gikorane kikazoba kw'igenekerezo rya 4/10/ 2025, kikazobera i Buganda kuri Stade Urunani Aho ni Mucibitike ca Rugombo
Kikazoba kuva igihe c'isaha 12h00 zagatondo gushika isaha 17h00 z'umugoroba.
Ico gikorane kikazobandaniriza mu gisagara ca bujumbura, aho kizoca kiba kw'igenekerezo rya 5 /10/ 2025, kikazobera kuri Stade zone KINAMA, kuva igihe c'isaha 14h00 z'umuhingamo gushika 19h00 z'umugoroba
Ico gikorane c'ubutumwa bwiza kidasanzwe, kikazoremeshwa n'abavuga butumwa mpuzamakungu nka GAUKROGER,. DENNIS PETHERS n'abandi bavuga butumwa badasanzwe bongaha mu burundi ๐ง๐ฎ,
hakaba hazoba hari wamurwi udasanzwe mu kuririmba indirimbo mpimbaza Mana na .
Murahawe ikaze mwese nanje nihonzoba nibereye ๐๐ฟโค๏ธ
Ineza Magazine ๐