Elicomag

Elicomag Economie
Science
Technologie
Entreprenueriat

⭕Umusi mukuru mwiza ku ba Musulmans bose   ⭕
20/03/2026

⭕Umusi mukuru mwiza ku ba Musulmans bose ⭕

13/03/2026

Ndikumana arabaza ati: Mbega BRB iriko ikora ibiki?

26/02/2026

⭕Kuki ibihe bigenda biba bibi ku Burundi 🇧🇮 mu vyerekeye abarya igiturire kuva muri 2005 kugera uyu musi 2026? umviriza Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe ⭕

25/02/2026

⭕Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe arabazaati:" Mbega amasoko yatanzwe gute kuri barya bimba ubutare? ⭕

24/02/2026

⭕Mbega igiturire mu Burundi cifashe gute? umviriza Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe ⭕

⭕Ikinyamakuru   Canyu kirabashimiye mwese mugikurikirana kuko mwaraye mwukwije abantu ibihumbi icumi: 10.000 mudukurikir...
24/02/2026

⭕Ikinyamakuru Canyu kirabashimiye mwese mugikurikirana kuko mwaraye mwukwije abantu ibihumbi icumi: 10.000 mudukurikirana 👏🏼👏🏼👏🏼 irabashimiye cane⭕

20/02/2026

⭕Umukuru w'inama nkenguzamateka Ndirakobuca avuze amajambo akomeye ku bakenguzamateka ⭕

12/02/2026

⭕Gabriel Banzawitonde arongoye umugambwe avuze ibintu bikomeye ku batwara bo mu mugambwe -FDD ati imyaka 20 iheze uri ku butegetsi ni myinshi ni bageze aho uwutaronse ibiharage mwiyo myaka nareke ⭕

12/02/2026

⭕Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe avuze ibintu bikomeye ku batwara bo mu mugambwe -FDD uri ku butegetsi ⭕

11/02/2026

⭕Ninde azotabara abapangayi ku biciro vy'amazu biduzwa mu kajagari? Nta wundi atari Reta, umviriza Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe ⭕

05/02/2026

⭕Uburundi burashobora gutera imbere kandi baguma barimisha isuka? umviriza Gabriel Rufyiri arongoye uko abibuga ⭕

04/02/2026

⭕Reba uko umukuru w'igihugu c'uburundi Evariste Ndayishimiye yuguruye stade lntwari ⭕

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elicomag posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Elicomag:

Share