
15/09/2025
Burundi: Mu gatondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Nyakanga, Umukuru w'igihugu c'Uburundi Général-Major Evariste NDAYISHIMIYE yafashe urugendo rw'akazi yerekeza mu gihugu ca Guinée Bissau.
📸: RTNB