Vision Mag

Vision Mag �AFRICA VISION FOUNDATION sa.�
✓. Pour une jeunesse eveillée en Afrique à partir du d'Afrique, le 🇧🇮

✨ .Burundi bwacu , gihugu c'amavukiro 🇧🇮
23/05/2024

✨ .Burundi bwacu , gihugu c'amavukiro 🇧🇮

🚨🚨🚨. Ngiyi imashini umaze kwaka ubwirabure  abantu benshi !?😥💭. Ubona bwoba ari ubugabo canke ni gutakaza akaranga n'aga...
22/05/2024

🚨🚨🚨. Ngiyi imashini umaze kwaka ubwirabure abantu benshi !?😥

💭. Ubona bwoba ari ubugabo canke ni gutakaza akaranga n'agateka ?🤔
✍️. Ubwo si kudaha agaciro ubutunzi twahawe ?
⁉️. Canke birunguka ? 💰🤑

🎯. Musomyi ijambo ni rwawe , duhanurane twongera twigishanya.

'abonner

🇧🇮. Shinga icumu mu mashinga...✍️
20/05/2024

🇧🇮. Shinga icumu mu mashinga...✍️

ici c'est Bujumbura, Burundi 🇧🇮❤️

🧓🏾 Imyaka yo gukukuruka yadugijwe gushika ku myaka 70-------------------------💼 Nk'uko bimenyeshwa n'ubushikiranganji mu...
05/04/2024

🧓🏾 Imyaka yo gukukuruka yadugijwe gushika ku myaka 70
-------------------------
💼 Nk'uko bimenyeshwa n'ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo akazi mu rwandiko rwabwo rwasohowe kuri uyu wa 29 Ruhuhuma 2024, abakorera mu bisata nk'ivy'indero, vy'amagara n'ibindi barashobora kuzoshikana imyaka 70 bagikora

👷🏾 Ariko ubwo bushikiranganji bumenyesha ko abakora ubuzi butuma buruhisha canke bituma basaza hataragera (usure prématurée), nk'abakora mu gisata c'ubutare, bakukuruka ku myaka 55

❓ Iyi nkuru uyakiriye gute?

📷: Magazine Jimbere

 : Abaca kw' ibarabara ryitiriwe Lt.Gnl. Adolphe Nshimirimana  ntiboroherwa.Impande zitari nke z'ibarabara riva kuri   r...
04/04/2024

: Abaca kw' ibarabara ryitiriwe Lt.Gnl. Adolphe Nshimirimana ntiboroherwa.

Impande zitari nke z'ibarabara riva kuri rigaca kumutakura ribandanya no mu ntara ya zarononekaye cane.

Aha ni nk'imbere y'ikambi ry'igi polisi aho abiyunguruza n'amaguru babura aho baca iyo bahahuriye n'i modoka aho zinabasurirako ibiziba.

Abagendesha i modoka na bo nyene bidoga ko ivyuma vyononekara. Ubandanije gushika no mu Carama nta kimenyetso c'ikaburimbo wohabona.

Abo biyunguruza ku mpande zose bagasaba gukora iryo barabara kugira boroherwe mu kwiyunguruza.

Ni mu gihe haciye ikiringo c'amezi adashika 6 bashizemwo amabuye n'ibivu kugira bagerageze kuzibira ibinogo.

✍️ Source : Bonesha Amakuru

🔴 🚨 « TANGANYIKA yaduze cane »=================Nico kibazo ciyongera ku bindi bibazo abenegihugu baba mu gisagara ca Buj...
01/04/2024

🔴 🚨 « TANGANYIKA yaduze cane »
=================
Nico kibazo ciyongera ku bindi bibazo abenegihugu baba mu gisagara ca Bujumbura basanzwe bafise. Gushika ubu imiryango irenga 30 niyo imaze kumenyekana ko yimutse muri karitiye Kibenga biturutse ku mazi y'ikiyaga Tanganyika yabateye. Abahaba bemeza ko amazi y’ikiyaga Tanganyika amaze kurenza imetero 400 aduga, uvuye aho ico kiyaga cahora.

Nk’uko mubibona kurayo masanamu, amazi aramaze kwuzura mu mazu kandi n’amwe mu mabarabara agize iyo karitiye, aratanguye kudahita neza. Bamwe mu banyagihugu baragerageza kuzibira ayo mazi bakoresheje amagunira arimwo umusenyi, Abandi nabo bakayasohora bakoresheje utumashini ariko ngo vyose biba impfagusa.

Umuti woba uwahe ? Haba kuri Reta canke Abenegihugu ?

📸: Radio-Télévision Isanganiro RTI

Burundi 🇧🇮 Gihugu canje, Bujumbura Gisagara canje.Akeza.net Tanganyika Links Tours Visit Burundi Visite Burundi
01/04/2024

Burundi 🇧🇮 Gihugu canje, Bujumbura Gisagara canje.

Akeza.net Tanganyika Links Tours Visit Burundi Visite Burundi

Senegal: Mu matora yaraye abaye, Umu jeune   niwe yashoboye gutsinda amatora yo kuba Umukuru w’igihugu imbere y'umukandi...
26/03/2024

Senegal: Mu matora yaraye abaye, Umu jeune niwe yashoboye gutsinda amatora yo kuba Umukuru w’igihugu imbere y'umukandida yatanzwe n'umugambwe uri ku butegetsi.

✍️ Bassirou Diomaye Faye L'officiel akaba yatanzwe n'umugambwe PASTEF utavuga rumwe n'ubutegetsi bwa Macky SALL aho mbere Ousmane SONKO yarasanzwe ari kizigenza w'uwo mugambwe yaramaze igihe apfunzwe, ari navyo vyatumye mu mugambwe hitoza Diomaye.

✍️ Musomyi iyi nkuru uyivuzeko iki?

Présidence de la République du Sénégal

✝️ INKURU Y’UMUBABAROUmuryango w’abamenyeshamakuru duhejeje kubura, umugenzi wacu Jimmy Elvis VYIZIGIRO yahora aserukira...
21/03/2024

✝️ INKURU Y’UMUBABARO

Umuryango w’abamenyeshamakuru duhejeje kubura, umugenzi wacu Jimmy Elvis VYIZIGIRO yahora aserukira imbere y’amategeko ikinyamakuru Magazine Jimbere. Yari umwe mu Barundi bitaho kwigisha no kwibutsanya ivy’akahise k’Uburundi ( Histoire). Akaba yitavye Imana kuruyu wa kane ahitanywe n’indwara.

Imana imwakire mu bwami bwayo🕯

📌 Hariho intsinga zishikana connexion ya internet muri Afrika zaraye zigize ikibazo. Ivyo bikaba vyatumye mu bice bimwe ...
15/03/2024

📌 Hariho intsinga zishikana connexion ya internet muri Afrika zaraye zigize ikibazo. Ivyo bikaba vyatumye mu bice bimwe bimwe vya Africa cane cane muri afrika y'uburengero umuvuduko wa interneti uba mubi.

🤞Bloomberg ikaba imenyesha ko bizotwara nk'indwi kugira abahinga basubire gukora neza izo ntsinga zisanzwe zica mu mazi y'amabahari.

✍️ Musomyi Wewe aho uherereye aga connexion kawe kariko kagenda gute?

Address

Avenue De L UNESCO
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vision Mag posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category