Isoko Happy - IH

Isoko Happy - IH Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Isoko Happy - IH, Digital creator, Bujumbura.

15/11/2024

Ngira ndanwa inzoga isi igaca
itangura kuzunguruka!!

Gusa icizere ngumana nuko
mbanizeyeko nibwo iguma
izunguruka tuzungurukana☺️

31/10/2024

☺️:urukundo unkunda
ndumva mvyinshimiye ❤️💋

🙎:Inde agukunda??
Ntunyambikibara ndakwisavye❌

25/10/2024

🙎: numéro yanj ninde yayiguhaye?

☺️: burya wewe urazi imyaka ufise?

19/09/2024

☺️: bnsr, mwiriw neza ??

🙎: uri mumatohoza?
Cank ni Rusasuma?

08/09/2024

☺️: bite? Mwaramutse neza ?
wagize ijoro ryiza ?

🙎: ntumbaze narinsinziriye!

25/08/2024

☺️: à 7h: bonjour, mwaramutse nez, amakuru yanyu?

🙎: à 23h: nisaw, byeeee ngire
nsinzire

27/07/2024

😌: cheriiiiiiii?

🙎: Ntunteranye

😌: Ndaguteranya nakangahe?

18/07/2024
14/07/2024

Mbega mwebwe kuri statut zanyu

Mushirako ibintu vyabaryoheye
canke mushirako ibintu
biza kuryohera abantu??

03/07/2024

😌: iwanyu ni hehe?

🙎: Sindahibuka

28/06/2024

😌: chr nzanakwicapaho tuuu❤️

🙎: Mpamahoro sindi ikibaho

Address

Bujumbura

Telephone

+25768650582

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Isoko Happy - IH posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share