Asta Pisco

Asta Pisco I'm Burundian movie actress, entertainment on the top !

Boom 💥  *🎬 “Heart Beat” — umutima utera ntuhagarara. Coming soon on Moriah Channel TV! 🖤    *
16/06/2025

Boom 💥

*🎬 “Heart Beat” — umutima utera ntuhagarara. Coming soon on Moriah Channel TV! 🖤 *

💐Hello  Bakunzi 👋  jewe  ndafise akabazo nagomba  kubabaza  kandi  koroshe  cane kandi  uwugatora azakuba atsindiye unit...
13/06/2025

💐Hello Bakunzi 👋 jewe ndafise akabazo nagomba kubabaza kandi koroshe cane kandi uwugatora azakuba atsindiye unit za 2000🥰

Aka ga signe kari kwino Mpuzu nambaye bakita gute?

Dico Entertainment , Moriah Channel Tv , DICO , NYAMA PRO , Promoter de la Capitale , Mutuzo Studio

💐 Congratulations  🎊  Dico Entertainment  kuba  ugiye  gukorana  na  Moriah Channel Tv .
20/05/2025

💐 Congratulations 🎊 Dico Entertainment kuba ugiye gukorana na Moriah Channel Tv .

💐Uku kwezi kwa Rusama ndagukunda cane kuko nama ndonka vyinshi vy'umugisha🎉 ndabipfurije kuzogira ukwezi kwiza 🙌
03/05/2025

💐Uku kwezi kwa Rusama ndagukunda cane kuko nama ndonka vyinshi vy'umugisha🎉 ndabipfurije kuzogira ukwezi kwiza 🙌

💐Reka mfate aka kanya nshimire buri umwe wese yanyipfurije Isabukuru nziza ,kubabicishije kuma Sociaux médias,kuma Statu...
02/05/2025

💐Reka mfate aka kanya nshimire buri umwe wese yanyipfurije Isabukuru nziza ,kubabicishije kuma Sociaux médias,kuma Status , muri message , ama Audio ,ama calls ,nabandirimbiye 🙌
Mwarakoze ,Imana ibahezagire ndetse nama wishes yanyu Imana iyumve🤲
Nshimire cane Famille yanje kubagira n'umugisha udasanzwe kuri Jewe .

30/04/2025

Joyeux anniversaire à mes super followers ! Merci pour tout votre soutien ! Fleury Bahigeze, Vital Niho, Chad Bizzo, Eri Way Mwanamuzik

💐Ikintu kimwe dufise gifise agaciro gakomeye n'ubuzima, iyo utabufise ubwo ntuba uriho , gute rero woreka kuryoherwa wib...
30/04/2025

💐Ikintu kimwe dufise gifise agaciro gakomeye n'ubuzima, iyo utabufise ubwo ntuba uriho , gute rero woreka kuryoherwa wibutse ko ataco Watanze kugira ubeho ?

Mumfashe turyoherwe 🙏 kubw'uno Mwaka inyongeye .

HAPPY BIRTHDAY TO ME🎂🎉🤲

💐Ndiko ndiyumvira kuri kazoza kanje 😌 ,mbe wewe uhora ufata umwanya wo kuvyiyumvira? Nizere ko Pasika yagenze neza aho m...
20/04/2025

💐Ndiko ndiyumvira kuri kazoza kanje 😌 ,mbe wewe uhora ufata umwanya wo kuvyiyumvira?

Nizere ko Pasika yagenze neza aho muherereye.
Mugire ijoro ryiza .

💐Reka mbipfurize intango nziza y'indwi , ibikorwa vy'amaboko yanyu bihezagirwe bakunzi banje 🙌.
14/04/2025

💐Reka mbipfurize intango nziza y'indwi , ibikorwa vy'amaboko yanyu bihezagirwe bakunzi banje 🙌.

💐Bamwe muri mwebwe bambwiye ko gukina ndi umuntu asenga vyombera, abandi ngo oya uri ikirara niho vyotoka 😂 reka dufate ...
13/04/2025

💐Bamwe muri mwebwe bambwiye ko gukina ndi umuntu asenga vyombera, abandi ngo oya uri ikirara niho vyotoka 😂 reka dufate ko vyose vyombera ,ariko je numva umengo noshigikira abo bambwiye gusenga 😌.
Mugire umusi W'Imana mwiza .

💐 Morning guys  Hagati y' Ubusazi,umuganga ,uwukijijwe ,ikirara ,umusirikare nibihe mubona vyombere gukina muri Film???H...
12/04/2025

💐 Morning guys

Hagati y' Ubusazi,umuganga ,uwukijijwe ,ikirara ,umusirikare nibihe mubona vyombere gukina muri Film???
Haruwambajije muri kino kiganiro ko noberwa nakimwe murivyo mwibaza ko Coba Ari icahe yambwiye???

Iki kibazo narakibajijwe

Address

Bujumbura

Telephone

+25762866844

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Asta Pisco posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share