Radio Colombe FM

Radio Colombe FM Radio Colombe FM est une Radio Communautaire émettant sur la fréquence de 93.2 MHz. Elle est basée au Centre Jeunes Kamenge

Radio Colombe Fm est une Radio Communautaire émettant sur la fréquence de 93.2 MHz depuis la ville de Bujumbura pour la promotion de la jeunesse.

Ishirahamwe ry'abamenyeshamakuru b'inkino mu Burundi (AJSB) rifashwe mu mugongo n'ishirahamwe mpuza-mashirahamwe y'inkin...
20/03/2026

Ishirahamwe ry'abamenyeshamakuru b'inkino mu Burundi (AJSB) rifashwe mu mugongo n'ishirahamwe mpuza-mashirahamwe y'inkino mu Burundi (CNO) basozereye inyigisho z’imisi itatu ku bamenyeshamakuru b’inkino kuruyu wa 19 Ntwarante 2026 i Bujumbura.

📌 Abamenyeshamakuru 30 bavuye mu ntara zitandukanye nibo bitavye izo nyigisho zijanye n’ingene bokora kinyamwuga, mu kwubahiriza amategeko agenga umwuga wo kumenyesha amakuru cane cane mu gisata c'inkino.

🥳 Mu guzosera, hakaba hatanzwe impapuro zemeza ko basozereye ivyo vyigwa "Certificat" kuri abo bamenyeshamakuru bakorera kuma radios, ibinyamakuru, ku mboneshakure hamwe n'abakorera ku mbugahwaniro.

Insamirizi yanyu ikaba yaserukiwe n'umumenyeshamakuru

⚽🇧🇮 Ndayishimiye youssuf yaramaze amezi 11 ataboneka mu kibuga ! Umukinyi w'umurundi, Youssouf Ndayishimiye yaraye agaru...
15/03/2026

⚽🇧🇮 Ndayishimiye youssuf yaramaze amezi 11 ataboneka mu kibuga !

Umukinyi w'umurundi, Youssouf Ndayishimiye yaraye agarutse mu kibuga ku ndwi ya 26 mw'ihiganwa rya Ligue 1 mu rukino umugwi wiwe wa OGC Nice yatsinze ibitsindo 2-0 Angers, yinjiye ku munota wa 79' mu kibuga asubiriye Dante.

🤗 Yaheruka mu kibuga kw'igenekerezo rya 25 Ndamukiza 2025 mu rukino batsinze ibitsindo 3-1 umugwi wa Paris Saint-Germain.

Mwomenyako Ndayishimiye aheruka gutumwako n'umumenyereza Patrick Sangwa mu nkino Uburundi 🇧🇮 buzokina na Tchad 🇹🇩.

20/02/2026

Umusaserdoti w'Umukama, Patiri Amando Kana yarengutse ibukama ! Hari kuruyu wa gatanu, igenekerezo rya 30 Nzero 2026 ku ...
30/01/2026

Umusaserdoti w'Umukama, Patiri Amando Kana yarengutse ibukama !

Hari kuruyu wa gatanu, igenekerezo rya 30 Nzero 2026 ku bitaro CMCK aho yaramaze iminsi arwariye. Patiri Amando benshi mwari mumuzi mu nyigisho atanga mu kigo "Foyer de Charité" yarasanzwe arongoye.

Turahojeje umuryango w'amaraso nuwa Ekleziya Gatorika

Kurikirana ikiganiro   ❓ guhera kuwa mbere gushika kuwa gatanu isaha zitatu z'agatondo (09h00).📞 Mutwakure kuri 65 444 2...
14/01/2026

Kurikirana ikiganiro ❓ guhera kuwa mbere gushika kuwa gatanu isaha zitatu z'agatondo (09h00).

📞 Mutwakure kuri 65 444 222

Umutumire wa mbere mu kiganiro TOP SPORTS muri 2026, ni Janvier Ndayishimiye umuhagarikizi w'umurundi. Araza kutuyagira ...
05/01/2026

Umutumire wa mbere mu kiganiro TOP SPORTS muri 2026, ni Janvier Ndayishimiye umuhagarikizi w'umurundi.

Araza kutuyagira uko yinjiye muvyo kuba umuhagarikizi, uko yabitanguye ndetse naho ageze.

📻 Ni Isaha zitanu (11h00) kuri 93.2Mhz

Top Sports Colombe FM

Zone Cibitoke ihejeje gukosora Zone Buterere kw'itandukaniro ry'amanota 59. 🏀🔥
24/12/2025

Zone Cibitoke ihejeje gukosora Zone Buterere kw'itandukaniro ry'amanota 59. 🏀🔥

Ihiganwa rihuza amazones 6 ari mu buraruko bw'igisagara ca Bujumbura ryateguwe n'ikigo Centre Jeunes Kamenge rirabandany...
19/12/2025

Ihiganwa rihuza amazones 6 ari mu buraruko bw'igisagara ca Bujumbura ryateguwe n'ikigo Centre Jeunes Kamenge rirabandanya !

📌 Kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 18 Kigarama 2025 mu nkino z'umupira w'amaguru, ku kibuga co mu kigo c'urwaruka Kamenge, Zone yanganije igitsindo kimwe kukindi (1-1) na Zone nayo Zone itera impaga "Forfait" Zone .

👉 Inkino zikazobandanya mu gice ca kabiri gishira icanyuma "Demi-finale", aho kuruyu wa mbere igenekerezo rya 22 Kigarama Cibitoke izotana mu mitwe na Kinama nayo kuwa gatatu igenekerezo rya 24 Kigarama, Buterere icakirane na Kamenge.

Inkino z'ihiganwa rya Interzones mu kigo Centre Jeunes Kamenge 🏀🔥 nuko zagenze kuruyu wa kane, igenekerezo rya 18 Kigara...
18/12/2025

Inkino z'ihiganwa rya Interzones mu kigo Centre Jeunes Kamenge 🏀🔥 nuko zagenze kuruyu wa kane, igenekerezo rya 18 Kigarama 2025

Ihiganwa rihuza amazones yo muri Komine Ntahangwa ryateguwe n'ikigo Centre Jeunes Kamenge ryatanguye kuruyu wa mbere, ig...
15/12/2025

Ihiganwa rihuza amazones yo muri Komine Ntahangwa ryateguwe n'ikigo Centre Jeunes Kamenge ryatanguye kuruyu wa mbere, igenekerezo rya 15 Kigarama 2025.

⚽️ Urukino rwa mbere rwariko rubera ku kibuga ca ETS rwaheze ku tsinzi ya Zone Kamenge y'igitsindo kimwe kubusa (1-0) bwa Zone Gihosha. Nayo ku rundi ruhande Zone Kinama yanganije ibitsindo bibiri kubindi (2-2) na Zone Buterere.

Abakunzi b'inkino murahawe ikaze!
14/12/2025

Abakunzi b'inkino murahawe ikaze!

  Dans le cadre de la campagne des   contre les violences basées sur le genre, dans notre studio ont a reçu l'associatio...
10/12/2025



Dans le cadre de la campagne des contre les violences basées sur le genre, dans notre studio ont a reçu l'association June Born pour parler de " Comment l'union de nos forces peut mettre fin aux violences numériques faites aux femmes et filles."

📱Harcèlement en ligne, menaces, chantage, exposition des photos sans consentement.....les filles et les femmes sont les premières victimes.

💡Ensemble, on a parlé de : ce que c'est, comment ça commence, et surtout comment s'en protéger et dénoncer ces actes.

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:30 - 20:00
Tuesday 08:30 - 20:00
Wednesday 08:30 - 20:00
Thursday 08:30 - 20:00
Friday 08:30 - 20:00
Saturday 08:30 - 20:00
Sunday 08:30 - 20:00

Telephone

+25765444222

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio Colombe FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Radio Colombe FM:

Share

Category