Buja TV

Buja TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Buja TV, TV Channel, Premium House, Bujumbura.

📺 Buja TV – Icirore Cacu! 🇧🇮
Bringing you the hottest music videos, vibrant talk shows, and deep cultural content — right to your screen!

📺 Buja TV – Canal + CH663 na Startimes CH110

14/10/2025

🔥🔥🔥Bakunzi b’intamba mu rugamba ntimutangwe kuraba uyumunsi urukino ruhuza UBURUNDI na GABON.

📌 1TBet yabahaye akaryo ko ku rutigirako. Mwibuke ko uko mutigira ariko mwironkera ikode za Tombora zizobaha amahirwe yo gutsindira MOTO (IPIKIPIKI).

👉🏾 Fyonda *789 # hama 3 kugira mutigire kw’uru rukino hamwe n’izindi mubona aho ku gicapo

➡️ Ni ryari uronka izo kode za tombora?:

1️⃣ Iyo ushize muri 1TBet 500Fbu canke arenga
2️⃣ Iyo utigije 500Fbu canke arenga
3️⃣ Iyo watigiye itike yawe ntitsinde



10/10/2025

❤️ Bakunzi b’inkino no gutigira hari abariko bariyegeraniriza ama kode ya tombora kugira bazotsindire iyi MOTO (IPIKIPIKI) yindi 1TBet yashizeho ngo abanywanyi bayo baze bayihiganirwe mw’uku kwezi kw’icumi.

⁉️Woba uri mu batarabikora canke woba umaze kubikora ariko ukaba ufise ikode za tombora nkeyi? Ntusigare inyuma y’abandi, Tigira kwizo nkino ziri ku gicapo hamwe n’izindi tutashizeko ubandanye wirwiriza amahirwe yo kuzotsindira iyo MOTO(IPIKIPIKI)

➡️ Ni ryari uronka izo kode za tombora?:

1️⃣ Iyo ushize muri 1TBet 500Fbu canke arenga
2️⃣ Iyo utigije 500Fbu canke arenga
3️⃣ Iyo watigiye itike yawe ntitsinde

Menya neza:

📌 Uko ubikora kenshi niko uronka ikode za tombora nyinshi hama ukagwiza amahirwe yawe yo kuronka MOTO

📌Kubitsa amahera muri 1TBet vyoroshe, ufyonda *163 # ugahitamwo 4 hama 5


🚨🚨Itangazo1TBet irabamenyesha ko ya MOTO mwariko murahiganirwa tombora yayo izoba kumunsi w'ejo isaha cumi zu mugoroba n...
02/10/2025

🚨🚨Itangazo

1TBet irabamenyesha ko ya MOTO mwariko murahiganirwa tombora yayo izoba kumunsi w'ejo isaha cumi zu mugoroba nkuko tubimenyeshwa kuriri tangazo.
M.N
Bisaba kucicaro ca ONAMOB kugira ushobore guhiganwa mu bandi

01/10/2025

🔥🔥🔥 UEFA CHAMPIONS LEAGUE

Bakunzi b’inkino uru rukino ruza guhuza FC Barcelone na Paris Saint-Germain woba ubona ko ari nka Finale? Ico bikoze uyu munsi turabona impano zidasanzwe z’abakinyi biyi migwi. Tigire na 1TBet kw’uru rukino hamwe n’izindi zose ziri kw’iki gicapo nizo tutashizeko mu gufyonda *789 # hama 3

Menya neza:
📌Kubitsa amahera vyoroshe ntahandi uzobisanga atari muri 1TBet, ufyonda *163 # ugahitamwo 4 hama 5

📌Kuronswa amahera yawe watsindiye vyoroshe utajuragijwe ntahandi uzobisanga atari muri 1TBet

📌Kuronka ubufasha vyihuse, ntahandi uzobisanga atari muri 1TBet



🦅🇪🇺José Mourinho agiye kumenyereza Benfica Lisbonne imyaka 2 inyuma yokwirukanwa mu murwi wa Fenerbahçe.Mourinho agitang...
18/09/2025

🦅🇪🇺José Mourinho agiye kumenyereza Benfica Lisbonne imyaka 2 inyuma yokwirukanwa mu murwi wa Fenerbahçe.

Mourinho agitangura kumenyereza yamenyereje Benfica Lisbonne ubwambere nkumumenyereza.

Iyi Benfica Lisbonne niyo yatumye bamwirukana muri Fenerbahçe. Kubera yari yamutsinze muri barrage za UCL.

Mourinho yagarutse muri UCL arikumwe na Benfica Lisbonne agiye kuzokina na real Madrid yahoze amenyereza.

Imirwi azokina nayo niyi :

🔙 Chelsea
🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 Newcastle
🇩🇪 Leverkusen
🇳🇱 Ajax
🇮🇹 Napoli
🇮🇹 Juventus
🔙 Real Madrid

Mubona José Mourinho azokora ivyamunaniye muri Man U, Tottenham Hotspur, AS Roma hamwe na Fenerbahçe ?

🚨🚨Trent Alexander-Arnold imvune yagize hirya yejo bahura na Marseille mu minota 4 yambere itumye atazoboneka inkino 10 z...
18/09/2025

🚨🚨Trent Alexander-Arnold imvune yagize hirya yejo bahura na Marseille mu minota 4 yambere itumye atazoboneka inkino 10 zose atarikumwe na real Madrid.

Izo nkino nazo nizi zikurikira:

❌ Espanyol
❌ Levante
❌ Atletico Madrid
❌ Kairat Almaty
❌ Villarreal
❌ Getafe
❌ Juventus
❌ Barcelona
❓️ Valencia
❓️ Liverpool

Abakunzi ba Real Madrid ubwo uyu mukinyi ntazohava aba nka Hazard ?

18/09/2025

🔥🔥🔥🔥UEFA CHAMPIONS LEAGUE

Woba uri umukunzi w’umugwi wa FC Barcelone canke uwa Real Madrid? Urukino rw’uno munsi rwa Barcelone na Newcastle abo bose barurindiranye igishika kuko abakunzi ba Barcelone bashaka ko itsinda hama aba Real Madrid nabo bipfuza ko itsindwa na rirya Real Madrid iheruka yoyo kwironkera itsinzi.

📌 Tigira na 1TBet wirwirize amahigwe yo gutsindira ya MOTO guhera kuri 500Fbu gusa. Fyonda *789 # hama 3

📌 Uko ubikora kenshi niko uronka ikode za tombora nyinshi hama ukagwiza amahirwe yawe yo kuronka MOTO

📌Kubitsa amahera muri 1TBet vyoroshe, ufyonda *163 # ugahitamwo 4 hama 5



17/09/2025

🔥🔥🔥Umwami wa Champions League mu mwaka uheze ariyo PSG iraza kugerageza gutsinda urukino rw’uno munsi n’izindi zose bazohura kugira irabe ko yogumya iki gikombe. Mbega nawe nilko ubibona?

📌 Tigire kw’izi nkino ziri ku gicapo hamwe n’izindi tutavuze mu gufyonda *789 # hama muhitemwo 3

📌 Hari Tombora yo gutsindira MOTO (IPIKIPIKI). Usabwa gusa gushira muri 1TBet 500Fbu canke arenga hama ugatigira. Uko ubikora kenshi niko uronka ikode za tombora. N’igihe itike yawe itatsinze uraronka ikode.



16/09/2025

🔥🔥🔥🔥UEFA CHAMPIONS LEAGUE

Bakunzi b’umupira w’amaguru no gutigira, za nkino ziryoshe caaane za Champions League ziratangura uyu munsi. Mbega ko Real Madrid ari Umwami w’iki gikombe kuko imaze kugitwara kenshi yoba uyu mwaka izobishora canke bizoyigendera nkuko yakibuze mu mwaka uheze?

❤️ 1TBet ibahaye ikaze murabe izi nkio ziri ku gicapo munazitigireko. Fyonda *789 # hama muhitemwo 3. Mwibuke ko dufise Tombora. Ido n’ido rya ryayo naha hasi:

👉🏾 Kuva italiki 01/09/2025 gushika 30/09/2025, ironkere ikode za tombora zigushoboza kuja mw'ihiganwa ry'abazotsindira MOTO

➡️ Ni ryari uronka izo kode za tombora?:

1️⃣ Iyo ushize muri 1TBet 500Fbu canke arenga
2️⃣ Iyo utigije 500Fbu canke arenga
3️⃣ Iyo watigiye itike yawe ntitsinde

Menya neza:

📌 Uko ubikora kenshi niko uronka ikode za tombora nyinshi hama ukagwiza amahirwe yawe yo kuronka MOTO

📌Kubitsa amahera muri 1TBet vyoroshe, ufyonda *163 # ugahitamwo 4 hama 5


https://www.facebook.com/share/p/1FzC67mEfx/
09/09/2025

https://www.facebook.com/share/p/1FzC67mEfx/

🔥🔥🔥Bakunzi b’Intamba mu rugamba, uyu munsi Gambiya ihura n’Uburundi. Uru rukino muze ku ruraba mwongera mu rutigirako. Hari n’izindi nkino nyinshi nka:

1️⃣ RDC na Senegal
2️⃣ Burkina Faso na Egypte
3️⃣ Afrique.Sud na Nigeria
4️⃣ Tanzanie na Niger
5️⃣ France na Islande
6️⃣ Hongrie na Portugal
7️⃣ Serbie na Angleterre

📌 Tigire kw’izo nkino hamwe n’izindi tutavuze mu gufyonda *789 # hama muhitemwo 3

📌 Hari Tombora yo gutsindira MOTO (IPIKIPIKI). Usabwa gusa gushira muri 1TBet 500Fbu canke arenga hama ugatigira. Uko ubikora kenshi niko uronka ikode za tombora. N’igihe itike yawe itatsinze uraronka ikode.



06/09/2025

‼️‼️ Bakunzi b’inkino no gutigira, ntimucikwe n'amahigwe yo gutsindira MOTO mukoresheje amahera make ava kuri 500Fbu kuduga.

👉🏾Mushobora gupima amahigwe yanyu mu kubitsa amahera muri 1TBet hama mutigire kwizo nkino mubona ku gicapo n’izindi tutashizeko. Muca muza muraronka ikode za tombora

📌 Tigire kw’izo nkino hamwe n’izindi tutavuze mu gufyonda *789 # hama muhitemwo 3

📌 Kubitsa amahera vyoroshe ni mufyonde *163 # muhitemwo 4 hama 5



05/09/2025

🔥🔥🔥Bakunzi b’Intamba mu rugamba, uyu munsi umugwi nserukira gihugu c’Uburundi uraza guhura n’umugwi wa Côte d’Ivoire. Uru rukino muze ku ruraba mwongera mu rutigirako. Hari n’izindi nkino nyinshi nka:

1. Sud Soudan na RDC
2. Congo na Tanzanie
3. Maroc na Niger
4. Senegal na Soudan
5. Egypte na Ethiopie
6. Ukraine na France
7. Italie na Estonie

📌 Tigire kw’izo nkino hamwe n’izindi tutavuze mu gyonda *789 # hama muhitemwo 3

📌 Hari Tombora yo gutsindira MOTO (IPIKIPIKI). Usabwa gusa gushira muri 1TBet 500Fbu canke arenga hama ugatigira. Uko ubikora kenshi niko uronka ikode za tombora. N’igihe itike yawe itatsinze uraronka ikode.



Address

Premium House
Bujumbura
498

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Buja TV:

Share

Category

Buja TV

Bujumbura