Instinzi Sports

Instinzi Sports 🏆 Amakuru y’inkino, umupira n’intsinzi buri munsi. Injira muri **Intsinzi Sports** kugira ntihagire ico usiga inyuma! ⚽🔥

🛑🚨⚠️BOUM! NTIBISANZWEEE ! ARGENTINA itsinze EGYPT ibitsindo 3-2 mu rukino rw'ibisazi, LEO MESSI abaye umucunguzi 🇦🇷🐐🔥Bab...
07/07/2026

🛑🚨⚠️BOUM! NTIBISANZWEEE ! ARGENTINA itsinze EGYPT ibitsindo 3-2 mu rukino rw'ibisazi, LEO MESSI abaye umucunguzi 🇦🇷🐐🔥

Babanje batsindwa ibitsindo 0-2 ariko MESSI atanga Assist ku gitsindo co kugombora igitsindo ca mbere, yinjiza igitsindo ca kabiri

Enzo Fernandez yinjiza igitsindo c'intsinzi !!!

Messi yabaye umukinyi wa mbere amaze gutanga assists nyinshi (8) mu mateka y'igikombe c'isi

Yakwije ibitsindo 8 muri iyi World Cup, aho ariwe wa mbere. Yakwije ibitsindo 21 mu gikombe c'isi muri rusangi!!!

MBEGA URUKINO 🤯

UNBELIEVABLE!!

https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t

🚨 Lionel Messi abaye umukinyi wambere mumateka yigikombe cisi ashoboye kwinziza ibitsindo birenga 7 muma édition abiri y...
03/07/2026

🚨 Lionel Messi abaye umukinyi wambere mumateka yigikombe cisi ashoboye kwinziza ibitsindo birenga 7 muma édition abiri yigikimbe cisi (2022 na 2026). 🐐🇦🇷🤯

- LEO MESSI yatsinze ibitsindo buri inkino 8 amaze gukina mugikombe cisi

⚽️ vs Cap-Vert
⚽️ vs Jordanie
⚽️⚽️ vs Autriche
⚽️⚽️⚽️ vs Algérie
⚽️⚽️ vs France
⚽️ vs Croatie
⚽️ vs Pays-Bas
⚽️ vs Australie

The Goat is Here 🔥
🔥https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t

🔵🔵😱Mutama Lionel Scaloni umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Argentine ati 🗣️ : Biragoye kuvuga ko tugiye gutwara I...
10/06/2026

🔵🔵😱Mutama Lionel Scaloni umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Argentine ati 🗣️ : Biragoye kuvuga ko tugiye gutwara Ikindi gikombe c'isi twikwirikiranya

Ico nobasezeranira niko abakinyi banje bagiye gutanga buri vyose bafise ✅✅

Uha Argentine amahirwe yo gushika hehe mugikombe c'isi?

https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t

06/06/2026

Rutahizamu wa FC Barcelone, Lamine Yamal, yeretswe urukundo rwinshi ubwo Ikipe y'Igihugu ya Espagne yageraga mu Mujyi wa Tennessee, muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, aho yitabiriye Igikombe cy'Isi cya 2026.

#

https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t

❤️🤍Liverpool!!! Kabaye ! Arne Slot ahejeje kwirukanwa 😂🔥🔥Arn Slot yeretse umuryango usohoka muba Reds kabisa yirukanwe G...
30/05/2026

❤️🤍Liverpool!!! Kabaye ! Arne Slot ahejeje kwirukanwa 😂🔥🔥

Arn Slot yeretse umuryango usohoka muba Reds kabisa yirukanwe Game Over Umu Holland asubijwe iwabo

Andoni Iraola yahora amenyereza Bournemouth muruwu mwanya ahaye afatwa nka nimero yambere ashobora kuzomusubirira

Fabrizio Romano✅

https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t

💙❤️FC Barcelona ihejeje Kurungika ubusabe bwa 1 kandi ATLETICO MADRID ihejeje kubutera umugere ❌ paaaa!!!🗣️ Fabrizio Rom...
29/05/2026

💙❤️FC Barcelona ihejeje Kurungika ubusabe bwa 1 kandi ATLETICO MADRID ihejeje kubutera umugere ❌ paaaa!!!

🗣️ Fabrizio Romano yemeje kubusabe bwa Millions 100€ cash bwarungitswe !

🗣️ Romero nawe ahejeje ubunyene Gutangaza ko ATLETICO MADRID ibuteye umugere ❌ aha rero nukurindira ko FC Barcelona yibwiriza!

🗞️ Fabrizio Romano, Gerard Romero

https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t

🟣🔵Barcelona !!! Bombazo !!! BOMBE!!! Athony Gordon ahejeje kwemera kwinjira muri Barcelona Tayari !!!! 🔥🔥🔥Vyashushe Fabr...
27/05/2026

🟣🔵Barcelona !!! Bombazo !!! BOMBE!!! Athony Gordon ahejeje kwemera kwinjira muri Barcelona Tayari !!!! 🔥🔥🔥

Vyashushe Fabrizio Romano akubise Bombazo nubwo mugaya Barcelona ngoya mwitangazamakuru Mwitegure Gordon agiye kuza muri Barcelona yemeye yagize ego ndaza nditeguye

Fabrizio Romano yemeje ko Anthony Gordon ubwumvikane hagati yabo bwaheze bahejeje kwemeranya

Ubu Barcelona irimubiganiri vyikibiriraho vyanyuma kugira yishura igiciro canyuma kuri Gordon ibintu bisa nkibiri kumusozo Gordon yoba agiye kuba umukinyi wambere wa Barcelona

Barcelona umwanya numwanya irishura amahera ibiganiro paaaa bigezekure umukinyi bahejeje kwemeranya amasezerano 🔥🔥🔥

https://whatsapp.com/channel/0029VbCrFoW0rGiMJwvMDl0t/126

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Instinzi Sports posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Instinzi Sports:

Shortcuts

Share