DET-B Øfficial

DET-B Øfficial Artiste

18/08/2026

♥️♥️♥️♥️I'Miss my 🎉

 🙊😎😎
26/07/2026

🙊😎😎

Mumihanda ya......?
22/07/2026

Mumihanda ya......?

 Inyuma ya   harajwe✅Mvuzeko atahandi uzosanga films zisukuye kandi zirikuri high level Atari iziba zakozwe numuvyeyi wa...
22/06/2026



Inyuma ya harajwe✅

Mvuzeko atahandi uzosanga films zisukuye kandi zirikuri high level Atari iziba zakozwe numuvyeyi wacu ( LIBERT) Hari uwompaririza?
Just wait and see ikosa tudakora nikubaha film irimusi yiyo muba muhejeje tuguma tuja imbere kuko n'isi itera ij'imjere,kizire kuguma hahandi. ✍️
So mbipfurije Ijoro ryiza🇧🇮❤️

22/06/2026



Ingero yicaha niyi🤣😥😥😥





14/06/2026

My 👌

Ubundi kubwawe ubona yabeshe sister wanje koyavuze kondakana keza🤣canke yabeshe?
Ubundi nanse kwitapa ariko ndaziko ndaga ataribi ryanje✅

Hama ep9 wayibonye gute?


11/06/2026

😥 🙊🙈

Ibintu nakoze kubera kwitamwo ntibibaho😥😭
Ca Umugani bijanye n'ivyatubayeko na Sister wanje 🙈

wayibonye gute ?






✅Nimba urumu nya   kandi ukaba umu🇧🇮👌Muri bwa bumwe nimuze hano mumfashe dushigikire uwu musore wacu ariwe rwanyu.Mu gut...
05/06/2026

✅Nimba urumu nya kandi ukaba umu🇧🇮👌

Muri bwa bumwe nimuze hano mumfashe dushigikire uwu musore wacu ariwe rwanyu.
Mu gutora murinjira muri lien mukore abonnement kuri chaine mukore like na commentaire.

Nimushigikire umuhungu wanyu benshi muramuzi bamwe mwariganye abandi muri bakuru biwe abandi batoya biwe abandi abavukanyi.

Marc Things c'est une fierté pour toute la commune Mwaro tumutere intenge!

*KU MUGAMBI WIWE WO GUKINGA IMPANUKA Z'UMUYAGANKUBA, MUHE AMAHIRWE ATSINDE IRI HIGANWA RYA AGACIROMEDIA*
https://youtu.be/skDax0Xvs2k?si=Ku4J-1aV2bksmqvp
https://youtu.be/skDax0Xvs2k?si=Ku4J-1aV2bksmqvp

Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

02/06/2026

😭😭😭Ooooooh my 🙏🙏

Ntibabeshe ivyagusa bitera ubwenge buke 😥 kubera ivyaraye bimbayeko jewe na Sister wanje nagahomera nunwa😭

Nimba waravye ep8 wayibonye gute? Link muri commentaires 👇






28/05/2026

🤣🤣🤣

Mwikoti ryirabura🙄🙈 hamwe no murushungi rwera🤣 afise nishurwe bakaba bakoze ubukwe bwomundoto🙄😭😥🙈🤣🤣

Basha nukuri abantu mutavukiye hariho mutariye kbc

Naciye ndavyibuka🤣🤣🤣

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DET-B Øfficial posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share