Buja Vibes

Buja Vibes Officiel page Buja Vibes,.....

📲 Murashobora kutwandikira kuri WhatsApp:
+971 50 370 9615
(5)

Nawe R. I. P woyisobanura gute muri make?
23/09/2026

Nawe R. I. P woyisobanura gute muri make?

23/09/2026

🇧🇮 aka kantu ko guca umuyagankuba kumurango ntaho gafitaniye isano no gukingira amasoko kudasha?

23/09/2026

COCO Avuze ukuri kugutandukana kwa Vestine na idrissa Yabo.🥰🙈

23/09/2026

Abagore bomu 🇧🇮 muhebe urusaku. 🥰🙈

Prezida NEVA yitabiriye ibikorwa vy’Inama ya 81y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU,yhuza abakuru b’ibihugu n’abategetsi batan...
22/09/2026

Prezida NEVA yitabiriye ibikorwa vy’Inama ya 81y’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU,yhuza abakuru b’ibihugu n’abategetsi batandukanye.

Prezida Ndayishimiye yagaragaye ari kumwe n’Umushikiranganji Edouard Bizimana ajejwe imigenderanire, Alain Ndikumana ajejwe ikigega ca Reta, François Havayarimana ajejwe indero, hamwe na Zéphyrin Maniratanga aserukira Uburundi mw'Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU.

🎤 Musomyi kubwawe nibihe bibazo vy’Uburundi vyoshirwa imbere muri izi nama kugira bironke inyishu?

22/09/2026

🥰🙈

22/09/2026

Biterwa Niki Umurundi aje mumahanga akamara imyaka10 CANKE irenga ataragaruka mugihugu?🇧🇮

Niyahe mpamvu yotuma utaja kwoga muri piscine. ?
22/09/2026

Niyahe mpamvu yotuma utaja kwoga muri piscine. ?

   🇧🇮 aya samazi nimenyeko oya ahubwo nigihe ugerageje kuryama sasita.(12h..)Ubushuhe bwinshi  buraguturira ivyuya bikak...
22/09/2026

🇧🇮 aya samazi nimenyeko oya ahubwo nigihe ugerageje kuryama sasita.(12h..)
Ubushuhe bwinshi buraguturira ivyuya bikakurenga kuronka itiro bikaba umugani ukavundukuruka uja hanze gusama akayaga,ubonako ikibazo camazi cabaye ndanse kuronka nayo kwoga ari ikibazo gikomeye ntibitahuritse mugihe na tuyifise tukagumana ikibazo camazi ewe urambaye pe!
━━━━━━━━━━━━
📢 Fatirana ay’amahirwe nawe!
Iyandikishe muri 1xBet maze uronke bonus ya 200% nubundi burusho burimusi ..
Yugurure uzuza Code Promo BETY99
Bandikire bagufasha kwugurura neza
kubuntu: +257 66 487 105
Raba video wiyandikishe intambwe kuyindi.👇🏼

https://www.facebook.com/61563896367438/videos/1314603130374830/?app=fbl

22/09/2026

Aba Bantu nabahe?

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Vibes posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category