News Hour Burundi

News Hour Burundi Newspaper

Sport

Artists
........
(1)

Helloo guys 👋 Amafaranga yawe igihumbi gusa (1.000 FBu) yagira ico akoze mugutabara ubuzima bw'uwu mwana 🙌  |
12/04/2026

Helloo guys 👋
Amafaranga yawe igihumbi gusa (1.000 FBu) yagira ico akoze mugutabara ubuzima bw'uwu mwana 🙌

|

09/03/2026

😢😢

🚨 Ikintu gikomeye ku bijanye n’itombora 🚨Hari ikintu kimwe gihita kigaragara: Imigwi yose yatwaye Ligue des Champions mu...
27/02/2026

🚨 Ikintu gikomeye ku bijanye n’itombora 🚨
Hari ikintu kimwe gihita kigaragara:

Imigwi yose yatwaye Ligue des Champions mu myaka cumi iheze iri ku ruhande rw’ibubamfu kuri Tableau.
Ku rundi ruhande rw’iburyo, nta mugwi n’umwe watwaye Ligue des Champions muri ico kiringo c'imyaka 10.
Ikindi kandi, imigwi yose iri iburyo yigeze gukina Europa League n’imiburiburi rimwe mu myaka cumi iheze.

Itandukaniro riragaragara cane:
⬅️ Ibubamfu: hari abaheruka gutwara igikombe ca Ligue des Champions muriyo myaka 10 n’abafise uburambe bwo ku rwego rwo hejuru cane (Experience).
➡️ Iburyo: imigwi yarakina neza, ariko nta n’umwe watwaye Ligue des Champions mu myaka cumi iheze.

🤔🫣 Inyuma ya Sat-B habonetse uwundi muririmvyi yikuraba mubintu vya   uwo nawe ni Melanin boy Umwana w'ISEZERANO Tuvuge ...
22/02/2026

🤔🫣 Inyuma ya Sat-B habonetse uwundi muririmvyi yikuraba mubintu vya uwo nawe ni Melanin boy Umwana w'ISEZERANO

Tuvuge ko ivya Isanganiro Award atagaciro bigifise⁉️

📲 Raúl Asencio kuri IG :« Tugiye tubabaye kubera ko tutaronse intsinzi.Ubu twamaze kwibanda ku wa gatatu. Hala Madrid. »
22/02/2026

📲 Raúl Asencio kuri IG :

« Tugiye tubabaye kubera ko tutaronse intsinzi.

Ubu twamaze kwibanda ku wa gatatu. Hala Madrid. »

🇳🇬🤍❤️ Ademola Lookman amaze kugira urahara mubitsindo 6 munkino 5 amaze gukinira umugwi wa Atlético de Madrid
22/02/2026

🇳🇬🤍❤️ Ademola Lookman amaze kugira urahara mubitsindo 6 munkino 5 amaze gukinira umugwi wa Atlético de Madrid

🚨 Cristiano Ronaldo ntahagarikwa yujuje ibitsindo 9️⃣6️⃣4️⃣ GOAL MACHINE 🤖🇵🇹
21/02/2026

🚨 Cristiano Ronaldo ntahagarikwa yujuje ibitsindo 9️⃣6️⃣4️⃣

GOAL MACHINE 🤖🇵🇹

🚨 𝐁𝐑𝐄𝐀𝐊𝐈𝐍𝐆: Michael Carrick yipfuza kugarura Marcus Rashford muri Manchester United.Ariko uwo mukinyi we ashaka kuguma m...
19/02/2026

🚨 𝐁𝐑𝐄𝐀𝐊𝐈𝐍𝐆: Michael Carrick yipfuza kugarura Marcus Rashford muri Manchester United.
Ariko uwo mukinyi we ashaka kuguma muri Barça, nk’uko Matteo Moretto abitangaza. ❌🔴🔵

🚨🚨 Real Madrid C.F. yagarutse mu myimenyerezo 😍🔥
19/02/2026

🚨🚨 Real Madrid C.F. yagarutse mu myimenyerezo 😍🔥

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when News Hour Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share