Umucukumbuzi entertainment limited

Umucukumbuzi entertainment limited Audit et entrepreneur en communication

04/03/2025

Izi nkuru zose turonka kumamega yanyu mato ejo tuvyuka bizoba birengeye aha kandi ndazi ntakekako muzobiriha kandi menshi kurusha

19/10/2024

KUBA ATARI UMWAMI MUMAKUNGU AKABA ARI UMWAMI MUMITIMA YACU KUGIRA UBWACU MURI TWEBWE TWUMVEKO IMBERE YUKO TWAKIRA IBIVUYE HANZE BIBANZA GUCA MUMICO YACU HANYUMA BIKEMERWAKO BIJANYE NIGIHUGU CATWiBARUTSE ARIKO ICAMBERR IKIRI IMBERE ABE IMICO YACU

UKO NIKO ABANYA ASIA UBU AHO BAGEZE BAHAGEZE KUBERA BATATERERANYE IMICO YABO KANDI UBU BAGEZE KUMURONGO MWIZA WUBUTUNZI MUGIHUGU CABO

REKA NATWE DUTE KURE IVYO NGO BAVUGA NGO KUGIRA TUBONEKEKO TURI ABAGEZWEHO TWOBANZA GUTA IMICO AHUBWO.TWUMVEKO VYOSE ARIHO BIHAGAZE .......

19/10/2024

twebwe abanya Africa KO twoba turusha abazungu kuroga canke gufumura??..
Ubushakashatsi bwagiriwe mubihugu nka vyose vy'iburaya ibice mirongo umunani kwijana vyabatuye uburaya bemerako hari inguvu zitaboneka kandi zitava kumana

Ninaco gtuma abantu batemera imana baguma biyongera mubihugu biteye imbere kurusha ibindi

Ubufumu nibintu vyambere bemera kurusha ibindi
Aho rero uzonarabe namareresi bakunda kuraba arayashigikira ubufumu eka bakaba bafise nimisi mikuru yemewe na leta zabo yubufumu nka Halloween
Binavanye nuko niterambere ryabijemwo biboneka nkukumengo birasanzwe mumafoto nomuma video

Aho iwanyu mubibona GT???????mubona ubufumu buhari

29/08/2022

ibe icitegererezo k'uburundi #

ivyabaye kuburundi nivyo biriko biba kuri ikrene

barindiriye amakungu abafashe ariko reka ndeke kuvuga vyinshi iwacu murazi ivyabaye kuko benshi iwacu bari baziko amakungu afise uruvugiro iwacu ariko abarukarihishije.rwarabamoye

29/08/2022

ca ikrene nikitubaze uko twabigenjeje #
nibabanze ubwabo bumveko atamakungu azoza kubakurako uyo mwansi wabarusiya bongere bumveko kugwanira igihugu mpaka bose bahaguye arico.civugo nukuri ibintu bizogenda neza

uko niko igihugu cacu cabigenjeje niko nabo bobigenza

Address

28em Novembre
Bujumbura

Opening Hours

14:46 - 17:00

Telephone

+25768768852

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umucukumbuzi entertainment limited posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Umucukumbuzi entertainment limited:

Share

Category