Top Sports News 2

Top Sports News 2 Amakuru y'inkino ,Ama Scores ,Ama Coupon ameze neza Naha muzoyasanga ✅

🔵😔umukinyi w'umutechnicien muri Real Madrid mwamubonye yitayemwo capitana arimumwambaro wa Real Madrid 😀😀😀✅
23/09/2025

🔵😔umukinyi w'umutechnicien muri Real Madrid mwamubonye yitayemwo capitana arimumwambaro wa Real Madrid 😀😀😀✅

🔴🔵Real Madrid irabikonze murukino rwariko rubahuza na Levante rurangiye umugwi wa Real Madrid uyinyagiye atanimbabazi za...
23/09/2025

🔴🔵Real Madrid irabikonze murukino rwariko rubahuza na Levante rurangiye umugwi wa Real Madrid uyinyagiye atanimbabazi zarizirimwo 😀

🔶Real Madrid iyi season biraboneka ko ifise performance ubu hose baruzuye na Kylian mbappe abandanya aterekamwo ibitsindo mbega bizogererahehe❓❓

Ukeneye amakuru fyonda following ✅

🔵🔴Abakinyi bagiye gutangura murukino rwa Real Madrid na LevanteMbega mubona gute iyi liste yatanguye❓❓
23/09/2025

🔵🔴Abakinyi bagiye gutangura murukino rwa Real Madrid na Levante

Mbega mubona gute iyi liste yatanguye❓❓

🔴🔵Laporta: umuyobozi wa Fc Barcelona avuga kubijanye na Ballon d'or avuga ati ego Ballon d'or yatanzwe kandi ntivyarivyo...
22/09/2025

🔴🔵Laporta: umuyobozi wa Fc Barcelona avuga kubijanye na Ballon d'or avuga ati ego Ballon d'or yatanzwe kandi ntivyarivyoroshe kumenya utahukan Ballon d'or

Mugabo umukunyi wacu Lamine yamal turizera ko nawe mumwaka uza azoshobora kuyitahukana kandi bizotwrishema umugwi wacu reka turindire inkino kuko turacafise ibinti vyinshi vyogukemura kugira natwe hazovemwo umukinyi umwe atwara Ballon d'or mumwaka uza.

Nimba ukeneye amakuru fyonda following ✅

🔵🔴Lamine yamal nyuma yokwumva Interview ya Ousman Dembele nibihe yaciyemwo mumugwi wa Fc Barcelone Lamine nawenyene bira...
22/09/2025

🔵🔴Lamine yamal nyuma yokwumva Interview ya Ousman Dembele nibihe yaciyemwo mumugwi wa Fc Barcelone Lamine nawenyene biraboneka ko akwiye kubikorera kugira atahukane Ballon d'or

Ousmane Dembele yavuze ko vyinshi yavyigiye muri Fc Barcelona kandi yakinanye nabakinyi babiciye bigacika mumugwi wa Fc Barcelona ariko biratahuritse

Ubu rero tuvugana Lamine Yamal mugiye kumwitega iyi season nibaze koyahakuye icigwa✅

🔴🔵Boooooooooook vyamaze kubabirangira umukinyi yatahukanye Ballon d'or yabonotse ntawundi Ni Dembouzi  Ousman Dembele  m...
22/09/2025

🔴🔵Boooooooooook vyamaze kubabirangira umukinyi yatahukanye Ballon d'or yabonotse ntawundi Ni Dembouzi Ousman Dembele mutoto wa Fance

Ballon d'or nkuko ibiharuro vyatwereka ko Ishobora gutwara Ousman dembele Niko birangiye Ousman dembele ayitahukanye mbega mwavyakiye gute abafana mwese aho muri

Uwemeranya Na France Football yandike munsj commentaire yongere afire following ✅

🔴😒Big up Lamine Yamal asubira gutwara agashimwe  ka kopa trothy yikurikiranya  agashimwe kumukinyi yigenjeje neza mubaki...
22/09/2025

🔴😒Big up Lamine Yamal asubira gutwara agashimwe ka kopa trothy yikurikiranya agashimwe kumukinyi yigenjeje neza mubakiribato kuruta abandi

Mbega Atashobora gutwara Ballon d'or nayonyen vyose turarara tubiravye✅

🔵🔴Ehe ngizi ingwanyi ziriko zirahitanira Ballon d'or zamaze kwihurira ziriki zirasangira ijambo aha bombi kumuti bavuga ...
22/09/2025

🔵🔴Ehe ngizi ingwanyi ziriko zirahitanira Ballon d'or zamaze kwihurira ziriki zirasangira ijambo aha bombi kumuti bavuga ati:

Uyumuntu mbega nsamutwarana Ballon d'or 😀😀❓❓✅

Ukeneye amakuru fyonda Following vyonyene gusa.

🔴🔵Abo nibo bakinyi bagiye guhiganirwa agashimwe ka Ballon d'or mbega barijo baradutevya nibavuge ukwiye agashimwe hama b...
22/09/2025

🔴🔵Abo nibo bakinyi bagiye guhiganirwa agashimwe ka Ballon d'or mbega barijo baradutevya nibavuge ukwiye agashimwe hama birangire

Gus Ballon d' or mwibuke ko France footballe irakunda guha abakinyi bandajwiriye Ballon d'or mwibuke kuvyabaye kwa Vinicius🤐

🔴🔵Breaking News :lamine Jamal na lafinha aho bariko berekeza hariya mugihugu c'ubufaransa mubirori vya Ballon d'or Mbega...
22/09/2025

🔴🔵Breaking News :lamine Jamal na lafinha aho bariko berekeza hariya mugihugu c'ubufaransa mubirori vya Ballon d'or

Mbega aba batechnicien ba Fc Barcelone baratahukana murugo Ballon d'or canke iguma mubufaransa ariko reka turindire kuko ivya France Football birahinduka umwanyakumwanya ariko vyose ni to night✅

🔵🔴Breaking News :tayari man of the match hatowef Ferran torres niwe yaranze urukino rwariko rubahuza na GetafeMbega mubo...
21/09/2025

🔵🔴Breaking News :tayari man of the match hatowef
Ferran torres niwe yaranze urukino rwariko rubahuza na Getafe

Mbega mubona gute uyumusore kwaje yavyakije murikanokany afise amagori 4 mwibuke ko Kylian Mbappe ariwe arihejuru yabose ariko ntatambe yirorera😀✅

🔵🟣BOUM!!!! Barcelona itsinze Getafe 3-0 ibitsindo vya Ferran Bibiri nakimwe ca Olmo bihaye amanota 3 aba Blaugana murugo...
21/09/2025

🔵🟣BOUM!!!! Barcelona itsinze Getafe 3-0

ibitsindo vya Ferran Bibiri nakimwe ca Olmo bihaye amanota 3 aba Blaugana murugo

Barcelona ikomeje kuzikubita ama Clean Sheet muri Laliga atanguye kuboneka

umu Barcelona ntaryame atavuze akajambo kamwe gusa !

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Top Sports News 2 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category