
27/02/2025
Turwanirize hamwe ikiza Mpox kuko nta kibanza kigifise mu Burundi cahagurukiwe. Vyirabire ng'aha muri iyi reresi uburyo bwo kuyirinda.
Abatunganije Ireresi: Ubushikiranganji bw'Amagara y'Abantu hamwe no kurwanya ikiza SIDA
Abatumye ibashikira: Ibiro vy'ishirahamwe mpuzamakungu PNUD vyo mu Burundi.Karibu ku muhora wa Burundi Alumni Association Media, gira subscribe uzobe uwa mbere mu kuronka ibiganiro vyerekeye iterambere ry'Abarundi n'Uburundi.
Ikiza Mpox nta kibanza kigifise mu Burundi cahagurukiwe. Vyirabire ng'aha muri iyi reresi. - Abatunganije Ireresi: Ubushikiranganji bw'Amagara y'Abantu hamwe...