Ubuzima bwanje ni klistu

Ubuzima bwanje ni klistu Twigishanye ijambo ry'imana

30/04/2026

Ishema rikomeye ku bafana ba mbere bashyashya banjye! Izere Nelyse

22/04/2026

IJAMBO RY’UMUSI

📖 Zaburi 62:6

“Ni we gitandara canje n’agakiza kanje; ni we gihome canje, sinzohungabana.”

KANGUKA

Mu buzima hari ibintu vyinshi bishobora gutuma umuntu ahungabana: ibibazo, amaganya canke ibigeragezo. Ariko ijambo ry’Imana ritwigisha ko Imana ari yo gitandara cacu gikomeye.

Iyo twizigiye Imana tukayishira imbere mu buzima bwacu, iradukomeza ikaduha amahoro mu mutima. N’iyo ibintu vyohinduka gute, umuntu yizigiye Imana aguma ashikame.

KANGUKA, shira ivyizigiro vyawe ku Mana kuko ari yo gitandara gikomeye kitigera gisenyuka. 🙏

By Eric

22/04/2026

Ishema rikomeye ku bafana ba mbere bashyashya banjye! Ndagijiman Aim Par Fait, Izere Nelyse

22/04/2026
22/04/2026

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Daniel Shumbusha, Louis Izobikora

18/04/2026

Ndakeje abankurikirana bashasha! Ndanezerewe cane no kubakira! Pascall Niyoyankunze, Gloriose Nduwimana

Address

Bujumbura
BURUNDI

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuzima bwanje ni klistu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share