E-plus257

E-plus257 Bienvenue sur la page officielle de E-Plus257, media en ligne ''informative formative et divertissante''

28/07/2026

Allô Natacha Burundi urakumbuwe kuboneka mu giteramo.

Kumbura Aba Fana basi

25/07/2026



Uku Niko iriko iratsa umuriro hariya muri mu giteramo biboneka ko citabwe n'insinzi y'abantu kandi bakaba bakiriko.

WEMA NELLA abandanya ashimira abakunzi biwe ukuntu mubanda ya mwitaho ibikorwa vyiwe.

Tubamenyeshe ko igiteramo kikiriko kirabandanya iyo ari intango gusa mbere nibindi vyinshi biri mu nzira vuba cane murahabwa uko bitunganijwe.



on the map

Ibikorwa gusa nivyo bibandanya vyigaragara mumuce n'abaririmvyi mpimbazamana. Igihe kirekire mumenyeshwa igiteramo kidas...
23/07/2026

Ibikorwa gusa nivyo bibandanya vyigaragara mumuce n'abaririmvyi mpimbazamana.

Igihe kirekire mumenyeshwa igiteramo kidasanzwe kizobera hariya muri abariyo n'abiteguye kujayo mumenye ko butigu bigeze. WEMA NELLA yàmaze kwakira mugenziwe Muhando kuva muri .

ikaba ibandanye kugaragaza ibikorwa bakomeye kandi biteye igomwe bikozwe kurundi rwego.




  Muntumbero yokwegeranya uburyo buzofasha abagwariye mubitaro babuze uburyo bwokiha ibitaro nibindi abakinyi b'umugwi n...
15/06/2026



Muntumbero yokwegeranya uburyo buzofasha abagwariye mubitaro babuze uburyo bwokiha ibitaro nibindi abakinyi b'umugwi nserukira gihugu INTAMBA MURUGAMBA baratubganije urukino Kuri STADE INTWARI Igihe c’Isaha Cumi z’Umugoroba(16h)Hazoca Uwambuye hagati ya Team NYANGE(Y55) Bazotana Mumitwe na Team SAIDO(Lion10) kurukino bise Match de charité .
Aho twabonye mu abakinyi bokumpande zompi twanabonyemwo izina ryari ryitezwe cane muntamba Murugamba umukinyi Lardie Ramazani akinira umugwi wa LEEDS United akaba Ari muntizanyo mumugwi wa Valence mugihugu ca Espagne

15/06/2026



Gushaka ko nguma ndabadarapa ariko bo ibikorwa vyanje badashobora kubinkorera.

Lolilo Simba yonyemerera collabo noyikora kuko Yozana isura nziza

Muri ya nta Channy Queen arimwo.

Abahora bibaza ko ndi Mr yassin +257 ni bahumure ntanuwo nzi ariko Wewe ngo yarambonye

Ayo nayandi niyo majambo nyamukuru Big Fizzo yavugiye kuri live yakoze kur'uyu wa Mungu le 14/6/2026 aho yashira ahabona ifoto igaragaza Album yiwe izosohoka mu kwezi kwa Mukakaro

  Mu gihe hategerejwe igiteramo gikomeye cane hariya i   WEMA NELLA azobikora mukubaha ijambo ryihumure, muri Kano kanya...
29/05/2026



Mu gihe hategerejwe igiteramo gikomeye cane hariya i WEMA NELLA azobikora mukubaha ijambo ryihumure, muri Kano kanya tuvugana nuko imisozi ayiremneje aja kubazanira ikindi gikorwa arikumwe na Alvella Muhimbare 🥀 .

Nkuko badasinzira ngo vuba mwitege igikorwa gihuza abakobwa babo babiri kandi kizozanana n'amasanamu.

Bandana mukurikirana ibikorwa vyinshi vyabo biri Ku mbuga zabo kandi mukora na subscribe kuri tutibagiye Follow kuri

fans Alvella muhimbare




Umwamikazi kandi abikwiriye abandi naza mwige Hama murindire muzokwimikwe na Natacha Burundi anabereke imyonga ihuma niy...
11/05/2026

Umwamikazi kandi abikwiriye abandi naza mwige Hama murindire muzokwimikwe na Natacha Burundi anabereke imyonga ihuma niyidahima.




  Izina niryo muntu, burya naho benshi bamubona nkuko akora asesagura kimwe gusa mwomenya nuko akazi kiwe kamuriha kandi...
10/05/2026



Izina niryo muntu, burya naho benshi bamubona nkuko akora asesagura kimwe gusa mwomenya nuko akazi kiwe kamuriha kandi arunguka bikwiriye bituma aboneka nkumuririmvyi afise ubutunzi kuruta abandi. Mwebwe mubandanya mufana abadakomeye mukabona uyu ko yihenda reka ndabibutse ko izina ryiwe ari N.G.E.N.D.A.B.A.N.K.A bisigura ko kumuponda kwa bamwe batamutahura ari ukumuha inkomezi.

Raba neza isanamu uce ugira ico umubwiye Natacha Burundi kuleeeee saaaaana

08/05/2026

Address

Kanyosha, Kajiji
Bujumbura

Telephone

+25768371487

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when E-plus257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to E-plus257:

Shortcuts

Share

Category