Marijo Center

  • Home
  • Marijo Center

Marijo Center Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Marijo Center, TV Network, .

It was the pleasure to share my knowledge with Journalists from different media stations as a trainer under the theme”Di...
12/10/2024

It was the pleasure to share my knowledge with Journalists from different media stations as a trainer under the theme”Digital Literacy to counter Disinformation and Misinformation, Thank you to the US Embassy Burundi, Code for Africa and Burundi Jobs for the opportunity and trust!

   •Uno munsi Niho huguruwe Ku mugaragaro BAA ( Burundi Aluminie Association)• Iryoshirahamwe rikaba ruhurikiyemwo imigw...
01/02/2024


•Uno munsi Niho huguruwe Ku mugaragaro BAA ( Burundi Aluminie Association)
• Iryoshirahamwe rikaba ruhurikiyemwo imigwi itandukanye isanzwe yararonkejwe ubumenyi ndetse niyisanzwe ifashwe mu mugongo n'ubuserukizi bwa Amerika bwa hano I wacu mu Burundi
• Jean Berchimas Siboniyo mw'ijambo yashikirije yerekanye intumbero zitumye Baja hamwe! Zimwe murizo , harimwo gushira inguvu hamwe kugira bashobore kugira Ico bamariye ikibano kandi boye gusanzaza inguvu
• Yarangije anashimira abashoboye kwitanga kurusha abandi kugira uyu munsi ukunde, Ari Nabo baronkejwe utuganuke dutandukanye nkuko muvyibonera kuraya masanamu

# Ku bwawe ni cahe kintu wipfurije BAA....

11/11/2023

Uru runani ruje hageze

Address


Telephone

+25779746739

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Marijo Center posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Marijo Center:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share