Buja FM

Buja FM 📻 Buja FM - The Sound Of Burundi! 🎶 We bring you the latest music, lively talk shows, and cultural discussions.

Promoting local talent, sharing news, and connecting the community through entertainment. 🌍🎤
(📻 Buja FM 87.6) Buaja FM is a Radio Station based in Bujumbura, Burundi with its offices located at Avenue de la Science, Premium House, 4th Floor, No 404 focussing on Sports, Music, and Entertainment. Our main objective is not only to entertain but also to educate different people through our weekly programs.

🏆 :WORLD CUP 2026⚽️ :ALLEMAGNE 🇩🇪 VS CÔTÉ D’IVOIRE 🇨🇮🗓️: SAMEDI, 20/06/2026Ejo ALLEMANGE izotana mumitwe na COTE D’IVOIR...
19/06/2026

🏆 :WORLD CUP 2026
⚽️ :ALLEMAGNE 🇩🇪 VS CÔTÉ D’IVOIRE 🇨🇮
🗓️: SAMEDI, 20/06/2026

Ejo ALLEMANGE izotana mumitwe na COTE D’IVOIRE mu nkino zigikombe c’Isi.

Mwiteguriye gute runo rukino?

Iyandikishe muri 1XBET

🎁 Ironkere 300% ya bonus ukoresheje kode promo BUJAFM💥

✅ Fyonda kuri link 👉 https://cutt.ly/Xt39xcHt

✅ Shiramwo kode promo BUJAFM

✅ Uzuza amakuru yawe

✅ Shiramwo amahera yawe 💸💥 maze wironkere bonus yawe ubwo nyene!

🔥 Turatsinda, ntituvuga cane. 😎🏆

https://youtu.be/QciSltEwQuA 🚨INTAMBARA AGATI YA B FACE NA FABI LOVE  GUHANGANA IMBERE Y'ABANTU
19/06/2026

https://youtu.be/QciSltEwQuA
🚨INTAMBARA AGATI YA B FACE NA FABI LOVE GUHANGANA IMBERE Y'ABANTU

Kurikirana ikibiriraho imboneshakure kuri Canal+ CH 663 St...

🚨OLISE BURYA AGIYE MURI REAL MADRID//AYAVURWA MU GIKOMBE C'ISI
19/06/2026

🚨OLISE BURYA AGIYE MURI REAL MADRID//AYAVURWA MU GIKOMBE C'ISI

Kurikirana ikibiriraho imboneshakure kuri Canal+ CH 663 St...

UGANDA MARTYRS – UMWAKA W'UGUSHIMA IMANA 🙏🏽📍 Aho bizobera:*Ekleziya saint Dominique📅 Itariki: 21 Ruheshi 2026⏰ Isaha: is...
19/06/2026

UGANDA MARTYRS – UMWAKA W'UGUSHIMA IMANA 🙏🏽

📍 Aho bizobera:*Ekleziya saint Dominique
📅 Itariki: 21 Ruheshi 2026
⏰ Isaha: isaha 4 zo mu gitondo

Turatumiye abantu bose, nk'abanywanyi n'abagenzi, kugira twese hamwe dushime Imana/Imana yaduhaye imigisha myinshi yaduhaye hano i Bujumbura.

Inyuma y'uwo mubonano wo gushima Imana, tuzokurikizanya n'akarusho n'ubusabane (gusangira) bizobera aho nyene ariko muri jardin.

👔 Impuzu zisabwa: Casual Smart – Umuntu wese akwambara impuzu nziza zibereye kujana mu shengero ntakibazo.

Murakaza neza mwese!
Twese hamwe tuze gushima Imana n'imigisha yayo yaduhaye. 🙏🏽❤️

  2026 HERE WE GO !!Exclusive Interview Na Davis Morales Mu kiganiro   6PMHost:  h &  sky officielOn Air: Buja TV | 📺 Bu...
19/06/2026

2026 HERE WE GO !!
Exclusive Interview Na Davis Morales Mu kiganiro 6PM
Host: h & sky officiel
On Air: Buja TV | 📺 Buja TV | 🌍 Canal+ CH 002 & Startimes CH110
— with

🚨INYUMA Y'AMAJAMBO MENSHI KELLYNA AVUGA KURI FIZZO BIRAGIYE FIZZO AVUZE IJAMBO RIKOMEYE KURI KELLYNA
18/06/2026

🚨INYUMA Y'AMAJAMBO MENSHI KELLYNA AVUGA KURI FIZZO BIRAGIYE FIZZO AVUZE IJAMBO RIKOMEYE KURI KELLYNA

Kurikirana ikibiriraho imboneshakure kuri Canal+ CH 663 St...

🚨INYAMA Y'AMAJAMBO MENSHI KELLYNA AVUGA KURI FIZZO BIRAGIYE FIZZO AVUZE IJAMBO RIKOMEYE KURI KELLYNA
18/06/2026

🚨INYAMA Y'AMAJAMBO MENSHI KELLYNA AVUGA KURI FIZZO BIRAGIYE FIZZO AVUZE IJAMBO RIKOMEYE KURI KELLYNA

Kurikirana ikibiriraho imboneshakure kuri Canal+ CH 663 St...

Address

Premium House/Avenue De La Science
Bujumbura
B.P498

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Buja FM:

Share

Category