Dodo Dolophaïne

Dodo Dolophaïne Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dodo Dolophaïne, Digital creator, Bujumbura.

03/08/2026

Indwi nziza Kuri twese tuyitanguye tumeze neza nabatameze neza IMANA Ibahe kumera neza mw'izina rya YESU CHRISTO 🙏🙏🙏🙏

02/08/2026

Ndabipfurije kuroranirwaa 🥰🥰🥰🥰

02/08/2026

Shalom shalom nct zanje ❤️❤️❤️ ndabipfurije umunsi w'Imana mwiza kuri mweseee ariwo wa mungu wambere y'ukwezi kumunani 🤏🤏🤏🤏🥰🥰🥰🥰

01/08/2026

Ndabipfurije intango nziza y'uku kwezi kumunani mwese ♥️♥️♥️

31/07/2026

Mana Ngushimira Aho wankuye naho ungejeje Mana 🙏🙏🙏🙏🥰🥰🥰🥰

29/07/2026

N'Imana Idahemuka kbisa ♥️♥️♥️♥️🥰🥰🥰🥰

Ndabipfurije ijoro ryiza nct zanje ❤️❤️❤️❤️
15/07/2026

Ndabipfurije ijoro ryiza nct zanje ❤️❤️❤️❤️

Hariho benshi bavyutse bakomeye ariko iyi saha bapfuye abandi bari mubitaro ariko We nanje twisanze turi bazima.none har...
09/06/2026

Hariho benshi bavyutse bakomeye ariko iyi saha bapfuye abandi bari mubitaro ariko
We nanje twisanze turi bazima.none harico twatanze???n'ubuntu b'Imana gusa.

Ndabipfurije ijoro ryiza ❤️❤️❤️❤️❤️

09/06/2026
09/06/2026

Ndabipfurije igitondo ciza Kuri mwese ❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dodo Dolophaïne posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share