Commune Muramvya

Commune Muramvya Page d'actualités

Mu bikorwa vy'iterambere rusangi vyo kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 20.04.2024, Musitanteri wa komine   arikumwe n...
20/04/2024

Mu bikorwa vy'iterambere rusangi vyo kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 20.04.2024, Musitanteri wa komine arikumwe n'umuyobozi mw'ishikira mu biro kwa Buramatari barikumwe n'abenegihugu ba komine Muramvya bakoreye ibikorwa kucibutso c'ubumwe kuri kumurwa mukuru w'iyo komine ndetse ukaba n'umurwa mukuru w'intara ya Muramvya aho babandanije igikorwa co gutera i mu ntumbero yo kuhashariza.

Mu bikorwa vy'iterambere rusangi vyo kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 13.04.2024, Musitanteri wa komine   arikumwe n...
14/04/2024

Mu bikorwa vy'iterambere rusangi vyo kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 13.04.2024, Musitanteri wa komine arikumwe n'umuyobozi mw'ishikira mu biro kwa Buramatari yarifadikanije n'abenegihugu bo ku mugwa mukuru wa komine n'intara ya Muramvya mubikorwa vyo gutera i kucibutso c'ubumwe mu ntumbero yo kuhashariza.

 ,Kuri uno wa 29.12.2023,Mu nyubakwa y'amanama y'igipolisi iri kumurwa mukuru w'intara ya Muramvya, hatunganijwe inama k...
29/12/2023

,
Kuri uno wa 29.12.2023,Mu nyubakwa y'amanama y'igipolisi iri kumurwa mukuru w'intara ya Muramvya, hatunganijwe inama kubunguruza abantu kumapikipiki hamwe no kumakinga.Iyo ikaba yari irongowe na Musatanteri wa komine arikumwe n'abarongoye igipolisi muriyo komine.ivyarabiwe hamwe akaba ari ibi bikurikira:

✍🏽Ibijanye n'Umutekano muri Rusangi;

✍🏽Ibijanye n'ivyangombwa bisabwa kugira abunguruza abantu kumapikipiki bakore bakwije ibisabwa;

✍🏽Uko abagendesha ivyo bikoresho bokwigenza mu ntumbero yo gukorana neza n'abo bunguruza hamwe n'izindi nzego;

✍🏽Kuriha Ama tagisi ya komine uko bitegekanijwe.

➡️ Twobamenyesha ko iyo nama yarangiye abo bagendesha bitavye inama bakenguruka uko inama yagenze kuko ibibazo vyose bari bafise babironkeye inyishu vyose.

Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 23.08.2022, Musitanteri wa   yaragendeye Ama koperative   ari kumutumba ya  ,   Aho yar...
24/08/2022

Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 23.08.2022, Musitanteri wa yaragendeye Ama koperative ari kumutumba ya , Aho yari yagiye kwirabire uko Ayo ma ariko akoresha ungurane bahawe na Leta.
Musitanteri wa komine Muramvya yarongeye arahimiriza abagize ayo ma koperative kuriha ingurane bahawe mukiringo cambere bagaheraheza.

Kuruyu wa Kane igenekerezo rya 11/08/2022, Musitanteri wa Komine Muramvya   yigendeye urwaruka rwab'   bo kumutumba wa  ...
11/08/2022

Kuruyu wa Kane igenekerezo rya 11/08/2022, Musitanteri wa Komine Muramvya yigendeye urwaruka rwab' bo kumutumba wa mubikorwa barimwo vyo muburuhuko aho hariko hacibwa imikobero kuri uyo mutumba.

 :Co kimwe n'ayandi makomine agize Intara ya Muramvya, Musitanteri wa Komine Muramvya kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya...
03/08/2022

:
Co kimwe n'ayandi makomine agize Intara ya Muramvya, Musitanteri wa Komine Muramvya kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 03/08/2022 yatanguje igikorwa co gusubira kubaga akanyama Aho ikiro kikaba kigurwa amafranga 9.000Fbu.

  : Muri ya ntumbero yo kubandanya kugendera abenegihugu mu kwishikira mu mitumba, Musitanteri wa Komine   uno munsi ige...
24/05/2022

: Muri ya ntumbero yo kubandanya kugendera abenegihugu mu kwishikira mu mitumba, Musitanteri wa Komine uno munsi igenekerezo rya 24/05/2022 yaramutse agendera abenegihugu bo Ku mitumba wa kugira bashikirize ibibazo vyabo bongere baronswe inyishu zibereye kandi zibashimisha.

Abenegihugu bakaba bakengurutse kuba bumvirijwe bakanaronswa inyishu kuvyari bibabakiye



 ,Avec la participat° des cadres natifs ,Admicom de la Commune Muramvya et certains des chefs de services provinciaux,la...
14/05/2022

,
Avec la participat° des cadres natifs ,Admicom de la Commune Muramvya et certains des chefs de services provinciaux,la population des 7sous collines de la colline effectue les travaux liés au traçage de la nouvelle route reliant le centre Kirama et la au niveau de la zone



  : Muri ya ntumbero yukugendera abenegihugu Musitanteri wa Komine   Uno munsi igenekerezo rya 05/05/2022 yaramutse agen...
05/05/2022

: Muri ya ntumbero yukugendera abenegihugu Musitanteri wa Komine Uno munsi igenekerezo rya 05/05/2022 yaramutse agendera abenegihugu Ku mitumba wa agacimbiri kugira ngo bashikirize ibibazo vyabo bongere baronswe inyishu zibereye kandi zibashimisha.



 : Musitanteri wa Komine   arabandanya Ingendo zo gusanga abenegihugu Ku kivi Aho Uno musi yagendeye imitumba ya   na  ....
31/03/2022

: Musitanteri wa Komine arabandanya Ingendo zo gusanga abenegihugu Ku kivi Aho Uno musi yagendeye imitumba ya na .Twobamenyeshako turavye uko abenegihugu bakiranye igishika vyagaragaye ko bari bamunyotewe.
Ibibazo vyose vyabajijwe vyarokejwe inyishu, kiretse abenegihugu basavye itongo ryahoboba.kuri ico kibazo cabasaba itongo, yabamenyesheje ko agiye gushikana imbere ikibazo cabo.

Mu kurangiza Musitanteri akaba yabahaye numéro ya bazoza bamurondereko Mugihe hazoba hari ivyihuta.


SHOMBO

 : Musitanteri wa komine   unomunsi yagendeye abenegihugu bo Ku mutumba   ,abagendewe bakaba bashikirije ibibazo bitandu...
25/03/2022

: Musitanteri wa komine unomunsi yagendeye abenegihugu bo Ku mutumba ,abagendewe bakaba bashikirije ibibazo bitandukanye, nabo bagendanye batanze inyishu zibereye kubibazo vy'abenegihugu yongera ababwirako ibitatorewe inyishu Aho nyene ko azobishikiriza abamukurira.



 :Muri rwa rukurikirane rwo kuganira n'abenegihugu,   yagendeye imitumba ya   na   yose yo muri zone  .  wa Komine Muram...
22/03/2022

:
Muri rwa rukurikirane rwo kuganira n'abenegihugu, yagendeye imitumba ya na yose yo muri zone .
wa Komine Muramvya amaze gushikiriza abenegihugu intumbero y'izo ngendo, ko ariyo kwumviriza abenegihugu, nogutorera inyishu ibibazo vyabo hamwe no gushikana imbere ibibazo bitaba bitorewe inyishu mwico kiyago.

Abenegihugu bakengurukiye Musitanteri wa Komine Muramvya kuba yabagendeye, Bimwe muvyo basavye Musitanteri hari nko kuronswa ibiti vyo gutarura vyatawawe n'inzuzi, kubaronsa isukari, gukurikirana ibiciro vy'inzoga kuko hari abikika mu kiza.
Gukurikirana ingorane z'imibano z'ingo.

yatanze inyishu ari kumwe n'abo mu butungane kubibazo abenegihugu nabajije agirako atumira abatanyuzwe ko boza baramwitura Ku biro, igihe cose bafise ico batashimye kuva ku , muri . Yarangije ashima uko yaganirye n'abenegihugu.



.

Address

Bukeye

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Commune Muramvya posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Commune Muramvya:

Share