01/12/2024
โ๐พ๐๐ฟ Muramwemera nk'umuyobozi w'umu*iki muri Afrika afatiye inkoni y'ubuyobozi mukwaha ariko uwu mush*tsi we ngo ni iryambere amwumvise๐ค
๐ฅ Umuririmvyi w'umunya Jamaica ๐ฏ๐ฒ afise igiteramo Mugihugu ca Tanzania ๐น๐ฟ yamenyesheje ko Umuririmvyi atawe azi.
โ๐พ Ivyo vyateye Abantu kwibaza impamvu ari icamamare ariko atazwi n'uwo mugabo.
๐ฌ Kw'igenekerezo rya 29/11/2024 niho yashika muri Tanzania ๐น๐ฟaca avugira ivyo mu kiganiro n'ibimenyeshamakuru ariko avuga ko yipfuza gukorana Indirimbo n'abaririmvyi bo muri Tanzania .๐น๐ฟ
๐คท๐พโโ๏ธ Ninde muririmvyi u*i benshi bazi Ko azwi ariko atazwi?