Amakuru Avugwa Mu Burundi

Amakuru Avugwa Mu Burundi Tugiramaho Mugihugu cu Burundi!!!! Fyonda ''Like'' Ubashe Gukurikira Amakuru Avurwa Muburundi.

Burya Ikigihugu cu Burundi Cotera Imbere gute? Mugihe Hahabwa Uburongozi Imbwa Zimoye Nkuyo!
15/08/2026

Burya Ikigihugu cu Burundi Cotera Imbere gute? Mugihe Hahabwa Uburongozi Imbwa Zimoye Nkuyo!

Burya Rimwe na Rimwe Guhunga Nivyiza, ATI GUTE? Igihe Igihugu cu Burundi Kizotwarwa N'Umuntu Yahunze Canke Yavukiye Hanz...
15/08/2026

Burya Rimwe na Rimwe Guhunga Nivyiza, ATI GUTE? Igihe Igihugu cu Burundi Kizotwarwa N'Umuntu Yahunze Canke Yavukiye Hanze Y'U Burundi Kizoba Giteye Imbere Umwanya Muto,

Ntivyumvikana Ukuntu Igihugu Gitwarwa N'Umuntu Yize Amashure Yayaga Mukama Hama Kikaba Cotera Imbere, Umu cndd fdd Ahabwa Igiti Hisunzwe Ubujama Kuko Bose Bafise Ubwenge Nyeshaba Ivyorero Bigatuma Tudatera Imbere, OKAY Ibaze Nawe Nkumuntu Atwara Inama Nshingamateka Akaba Adashobora Gutahura NEZA Amategeko Atorwa Abishizemwo Ubwenge.

Ibaze Nawe Umushikiranganji w'Indero Yananihwe gusakara Amashure Muntara Avukamwo.

Burya Ikigihugu cu Burundi capfiriye hehe?

From Our Inbox.Hari Umu police wu Rwanda Ahejeje Kutwandikira Yipfuza Inumero Yabano BaPolice Bu Burundi, Yipfuza Kubaru...
11/08/2026

From Our Inbox.

Hari Umu police wu Rwanda Ahejeje Kutwandikira Yipfuza Inumero Yabano BaPolice Bu Burundi, Yipfuza Kubarungikira 1Million Rwandan francs Umwumwe.

NGO YUMVISE IKIGONGWE ABIHWEJE ABONAKO BABAYEHO UBUZIMA BUTOROSHE.

Mu Burundi Turafyinisha Igihugu, Umuntu Ni Umukogomani Ariko Niwe Atwara Igihugu Ukoyishakiye, Ibibintu Muri Congo Ntavy...
28/07/2026

Mu Burundi Turafyinisha Igihugu, Umuntu Ni Umukogomani Ariko Niwe Atwara Igihugu Ukoyishakiye, Ibibintu Muri Congo Ntavyo Umurundi yogira.

28/07/2026

IKIBAZO.

Kuva Ka Alain Guillaume Bunyoni Gasohoka Ibohero Ntafoto Nimwe Karifotoza, Dushaka Kubona Video Kariko Karavyina.

15/07/2026

Muri Afrika Nzima U Burundi Nicogihugu Gitwarwa Numwambukira, Umukongomani Evariste Ndayishimiye

15/07/2026

Amatohoza Yingene Evaritse Ndayishimiye Yash*tse Mu Burundi N'umuryango wiwe arabandanya, Abatavuga rumwe na Reta yu Burundi Mwitegure Kwitwarira Ndayishimiye Muri Sentare Mpuzamakungu IRahe.

15/07/2026

Evaritse Ndayishimiye ninde? Si Umurundi n'Umukongomani Yavukiye I Kw'igenekerezo 15.07.1968 Muri Congo.

14/07/2026

Mu Burundi Muri BAngahe Mwaronse Utwo Mufungura Mugatondo?

14/07/2026

IKIBAZO.

AGATHON RWASA AVUKANA NANDE? Burya Abanyepolitike Benshi Bashobora Kuba Atari Abarundi, Mubivuze Kw'Iki?

Address

Bujumbura International Air Port
Buyenzi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amakuru Avugwa Mu Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share