Alano pierro Prado

Alano pierro Prado Alano pierro Prado ,artiste musicien

May 2024Umusi wose ufise ubwiza bwawo
09/05/2024

May 2024
Umusi wose ufise ubwiza bwawo

Simbizi Wa Semavumba inyuma yokwishikana mu nyakabiga bakamwomekererezako umugore aza arafukira amazuru birangiye yigire...
19/03/2024

Simbizi Wa Semavumba inyuma yokwishikana mu nyakabiga bakamwomekererezako umugore aza arafukira amazuru birangiye yigireye gufata vacance mu budagi

UWUSHAKA URUPFU ASOMA INGWENyakwubahwa umukuru w'Igisagara ca Bujumbura yaduhimirije avuga ko uwo bazofata akandagije ib...
08/03/2024

UWUSHAKA URUPFU ASOMA INGWE
Nyakwubahwa umukuru w'Igisagara ca Bujumbura yaduhimirije avuga ko uwo bazofata akandagije ibigango muri yamashugwe batera yogushariza igisagara ca bujumbura ko bazokwihurira!, uwo musore we sukuyahonyoramwo gusa, ndamuciyeko ariko arasasa ngo ayaryamemwo🙂🙂

GLUUUUUU, paNimba koko aba Poils bose baserukigwa nuyu, 🤣🤣mw'ijuru haracari ikibazo kidasanzwe ndak
28/02/2024

GLUUUUUU, pa

Nimba koko aba Poils bose baserukigwa nuyu, 🤣🤣mw'ijuru haracari ikibazo kidasanzwe ndak

Turabipfurije urugo ruhire; bageni beza; mukobwa mwiza; maso ya rujongo; ejo mugatondo Icimana yifatanirije ntawushobora...
24/02/2024

Turabipfurije urugo ruhire; bageni beza; mukobwa mwiza; maso ya rujongo; ejo mugatondo Icimana yifatanirije ntawushobora kugitandukanya; uduhe agafoto ka mutama nawe turabe ko..... yarushinze rukaguma🤔🤔

19/02/2024

🤣🤣🤣
Week-end yagenze neza wewe aho wari uherereye?

Jewe vyarangiye mpuye nuyu musani w'umudurumu duca twisanga vyabaye ngombwa ko tubegezayo kandi mutinyagaje🤣🤣🤣

19/02/2024

Mbega ko umusirikare w'igihugu iyo ari umugabo yitwa ingabo y'igihigu, ari umugore naho yoba yitwa Ingore y'igihugu??🤔🤔

17/02/2024

Tsinzagwana✌
Week-end igenze neza none harico?
Gervais Ntirampeba
ABG Burundi
RTNB Radio
Radio-Télévision Isanganiro RTI
Spoks Man Burundi
Natacha Burundi
Simbizi Wa Semavumba
Akes Don
Yann Santanna
Rkenny Kazi Kwanza

Ngico ca gi    bahiga.
17/02/2024

Ngico ca gi bahiga.

Address

Bwiza

Telephone

+25769057357

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alano pierro Prado posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Alano pierro Prado:

Share