Inyomvyi

Inyomvyi Kurikirana ibigezweho mu Myidagaduro, Siporo, Imideri, kuri www.inyomvyi.bi

23/05/2026

Ibi biganiro, ni k'ubwiyunge bwacu n'Iradiyo Star FM y'i Gitega, yumvikanira k'umurongo wa 96.5 Mhz

Yambu Cane!
19/05/2026

Yambu Cane!

Barasabwa kuzirikana neza ivyo bajejwe kurangura mu ntumbero yo gushimangira imbonakazoza y'igihuguNyenicubahiro Umukuru...
30/04/2026

Barasabwa kuzirikana neza ivyo bajejwe kurangura mu ntumbero yo gushimangira imbonakazoza y'igihugu

Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu C'Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yahurije hamwe indongozi zose zikorera mu ntara ya Gitega, kur'uyumusi itariki 30 Ndamukiza 2026. Inama yabahuje, ikaba yari yitabiriwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano.

Buramatari w'intara ya Gitega, Liboire Bigirimana, yahaye ikaze abari bitabiriye iyo nama, abashikiriza ko umutekano n'amahoro vyifashe neza mur'iyo ntara, mbere ngo n'abenegihugu bakaba bari mu bikorwa vy'iterambere bibaganisha ku mbonakazoza. Liboire Bigirimana, yashikirije ibitari bike bari gushira mu bikorwa, mbere ashikiriza ivyo bagenda baronka nk'ivyegeranyo mu bikenewe n'abenegihugu harimwo nk'amazi, umuyagankuba, ibitaro, amashure n'ibindi..

Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu C'Uburundi, yashikirije ko iyo nama ariyo guhanahana ivyiyumviro kugira ngo indongozi zironswe intumbero nshasha yo kuja ku kivi na rirya ziheruka kwinjira mu mabanga, mu ntumbero yo gushika ku mbonakazoza, ngo kuko imigambi itegerezwa kwisunga icerekezo c'imbonakazoza.

Inkuru dukura ku mbuga hwaniro z'Insamirizi n'Imboneshakure ya Repubilika y'Uburundi (RTNB)

25/04/2026

Ireresi (Movie) k'umurongo wa 2.

07/01/2026
05/01/2026

Address

Gitega

Telephone

+25762879500

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inyomvyi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Inyomvyi:

Share