Inturire

Inturire Sangwa Amakuru, Inkuru N'Ugutwenga !

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ Afashe Ubutegetsi Mu 1986, Yavuze Ko Ingorane Ya Afrika Atari Abenegihugu, Ari Abategetsi Bamara Igihe Kinini Ku Bute...
31/07/2026

๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ Afashe Ubutegetsi Mu 1986, Yavuze Ko Ingorane Ya Afrika Atari Abenegihugu, Ari Abategetsi Bamara Igihe Kinini Ku Butegetsi.

Inyuma Y'Imyaka 40, Ku Myaka 81, Prezida Wa Uganda Yarahiriye Ikiringo Kigira 7 Muri Rusama I Kampala.

๐Ÿ‘‰๐Ÿฟ Ibitigiri Vya Manda Hamwe N'Imyaka Ntarengwa, Vyarakuwe Mw'Ibwirizwa Nshingiro.

๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฑ Yaguze Indege Boeing 737 Ikiri Nshasha Izotwara Umukuru W'igihugu Ku Giciro Ca Miriyari 15,6 Z'Ama CFA.Iyo Ndege ...
31/07/2026

๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฑ Yaguze Indege Boeing 737 Ikiri Nshasha Izotwara Umukuru W'igihugu Ku Giciro Ca Miriyari 15,6 Z'Ama CFA.

Iyo Ndege Iguzwe Kuri Leta Ya Izofasha Mu Ngendo Officiels Z'Abategetsi B'Ico Gihugu.

Iyaheruka Yari Yarasambuwe Mu Gitero Cabaye Muri Nyakanga 2024, Mu Gitero Cakozwe Ku Kibuga C'Indege Ca Bamako.

๐Ÿ“Œ KAZE KURI WHATSAPP CHANNEL YANYU UCIYE AHA :
https://whatsapp.com/channel/0029Vb6MLlJ7YScuyCsBEi2T

31/07/2026

๐Ÿ”ด Ni Iki Kizohagarika Iran ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท ? Ico Ni Igitero Ca Drones Yaraye Ikoze Ku Kigo Shaikh Isa C'Igisirikare Ca Amerika Kiri Bahreรฏn.

๐Ÿ‘‰๐ŸฟGrupe Y'Umuyagankuba, Inyubako Zitari Nke N'Ubuhinga Bw'Ikirere Nivyo Vyarashwe Na Drones Z'Abaperesi.



๐Ÿ“Œ KAZE KURI WHATSAPP CHANNEL YANYU UCIYE AHA :
https://whatsapp.com/channel/0029Vb6MLlJ7YScuyCsBEi2T

๐Ÿ”ด Maroc Yaretse Abantu 30.000, Harimwo Imiryango Kwinjira Muri Ceuta, Hagenzurwa Na Espagne Naho Ari Muri Afrika.Ivyo Vy...
30/07/2026

๐Ÿ”ด Maroc Yaretse Abantu 30.000, Harimwo Imiryango Kwinjira Muri Ceuta, Hagenzurwa Na Espagne Naho Ari Muri Afrika.

Ivyo Vyakoze Na Maroc ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ Ninko Gutanga Ubutumwa Kuri Espagne ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ Iheruka Kwiyegereza Igihigu Ca Algรฉrie , Umukeba Wa Maroc.

๐Ÿ”ด Ubwato Bwa Amerika ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ Butwaye Gaz Bwari Ku Kivuko Mu Misiri ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌ, Bwahiye Butewe Drone Atawamenye Aho Ivuye.Vyabaye Ngom...
30/07/2026

๐Ÿ”ด Ubwato Bwa Amerika ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ Butwaye Gaz Bwari Ku Kivuko Mu Misiri ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ฌ, Bwahiye Butewe Drone Atawamenye Aho Ivuye.

Vyabaye Ngombwa Ko Abajejwe Kuzimya Batangura Akazi Hakiri Kare, Ata Vyinshi Birononekara Ku Kivuko, Aho Ubwo Bwato Bwari.



๐Ÿ“Œ KAZE KURI WHATSAPP CHANNEL YANYU UCIYE AHA :
https://whatsapp.com/channel/0029Vb6MLlJ7YScuyCsBEi2T

๐Ÿ”ด USA ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ: Trump  Yoba Ashaka Kwitoza Ikiringo Ca 3 Avuga Ko Ari Ica 4 Kandi Atavyemererwa N'Ibwirizwa Nshingiro โ‰๏ธBiri K...
29/07/2026

๐Ÿ”ด USA ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ: Trump Yoba Ashaka Kwitoza Ikiringo Ca 3 Avuga Ko Ari Ica 4 Kandi Atavyemererwa N'Ibwirizwa Nshingiro โ‰๏ธ

Biri Kwibazwa Na Benshi Kubera Ko Prezida Wa Amerika, Donald Trump Yabonetse Yambaye Inkofero Yanditseko Ngo ยซ Trump 2028 ยป Igihe Yakira Abash*tsi N'Abakozi Bo Ku Kirimba, Imbere Y'Ukwo Avuga Ibijanye N'Ikiringo Ca 4.

Naho Vyifashe Ukwo, Agace Ka 22 Mw'Ibwirizwa Nshingiro, Rivuga Ko Prezida Atarenza Ibiringo 2 Vyo Kwitoza.

Bamwe Mubamushigikiye Bavuga Uburyo Bohinyayura Amategeko Kugira Bazinguruke Iyo Ngingo.

๐Ÿ“Œ KAZE KURI WHATSAPP CHANNEL YANYU UCIYE AHA :
https://whatsapp.com/channel/0029Vb6MLlJ7YScuyCsBEi2T

๐Ÿ”ด Irak ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ถ Yaheruka Guterwa Na Iran ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท Ihiga Abayirwanya, Yaraye Itewe Na Amerika ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ Yo Yahiga Abashigikiye Iran Bagize I...
29/07/2026

๐Ÿ”ด Irak ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ถ Yaheruka Guterwa Na Iran ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท Ihiga Abayirwanya, Yaraye Itewe Na Amerika ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ Yo Yahiga Abashigikiye Iran Bagize Ibitero Muri Arabia Saoudite.

Uburongozi Bw'Igisoda Ca Amerika Bwemeje Ko Ivyo Bitero Vyakozwe Na Amerika Iri Kumwe Na Arabie Saoudite ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ.

๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ Ukraine Yarashe M'Uburusiya Ku Bubiko Bw'Ikigo C'Ubudandaji Wildberries Muri Village Ya Rybno.Hoba Hari Ihinguriro ...
29/07/2026

๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฆ Ukraine Yarashe M'Uburusiya Ku Bubiko Bw'Ikigo C'Ubudandaji Wildberries Muri Village Ya Rybno.

Hoba Hari Ihinguriro Ry'Igitoro Ryatewe Naryo Nyene.

29/07/2026

๐Ÿ”ด Video Y'Abanyafrika Y'Epfo ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ Mw'Iduka Ry'Umwirabure Wo Muri Afrika, Bariko Bariba Ibidandazwa, Hari Uwujejwe Umutekano.

Raba Ibimaze Imisi Bibera Mu Gihugu Ciza Nka Afrika Y'Epfo, Kimwe Mu Bihugu Vyohagariye Ibisata Vyinshi Harimwo N'Umutekano W'Umugabane Wose Ariko .... โ—

๐Ÿ“Œ KAZE KURI WHATSAPP CHANNEL YANYU UCIYE AHA :
https://whatsapp.com/channel/0029Vb6MLlJ7YScuyCsBEi2T

๐Ÿ”ด France ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ต: Mu Miriro Hafi Ya Bordeaux, Hari Umusaraba Umwe Wagumye Uhagaze Aho Vyinshi Vyahiye.๐Ÿ‘‰๐Ÿฟ Ifoto Yashizwe Kuri ...
28/07/2026

๐Ÿ”ด France ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ต: Mu Miriro Hafi Ya Bordeaux, Hari Umusaraba Umwe Wagumye Uhagaze Aho Vyinshi Vyahiye.

๐Ÿ‘‰๐Ÿฟ Ifoto Yashizwe Kuri Instagram Na Patrick Bernard Yamamaye Cane Bivanye N'Ukwemera Kw'Abayibona.

Naho Ata Matohoza Aratangura, Yemeza Ko Ari Igitangaro, Bamwe Bavuga Ko Iyo Foto Itanga Icizere.

๐Ÿ“Œ KAZE KURI WHATSAPP CHANNEL YANYU UCIYE AHA :
https://whatsapp.com/channel/0029Vb6MLlJ7YScuyCsBEi2T

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inturire posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share