Msela-Herjobs

Msela-Herjobs Page de divertissement

💥💥Sharpshooter😂😂😂😂
09/03/2025

💥💥Sharpshooter😂😂😂😂

CAN igeze aharyoshe côté d'ivoire iri mutabira Egypt na Ghana ni hatari,Cameroun sinzi ko izohava!😂😂 Algérie nayonyene n...
22/01/2024

CAN igeze aharyoshe côté d'ivoire iri mutabira Egypt na Ghana ni hatari,Cameroun sinzi ko izohava!😂😂 Algérie nayonyene ni 😳😳kabambi! Turindire turabe ibigiye gukurikirwa!

21/12/2023

😭 Kanyosha umwana w'imyaka 10 yaraturiwe ku maboko na mukase akoresheje ipasi igorora impuzu amuhoye amafaranga 1.000 Fbu yari yazimiye
--------------
🥲 Ni umwana wo muri karitiye zone Kanyosha yo mu gisagara ca afise imyaka 10 yaturiwe ku maboko yose ariko akaba yababaye ku kuboko kw'iburyo hakoreshejwe ipasi igorora impuzu

🔰 Intango ya vyose ngo vyatanguye mw'ijoro ryo ku wa 13 rishira uwa 14 Kigarama 2023 aho uwo mwana yari ateramanye n'abandi muhira, niho umuvyeyi ari we mukase yafata amafaranga 1.000 c'amarundi ayashira mu mufuko w'impuzu umwana mutoya wabo yari yambaye

🌅 Bukeye bwaho ngo yamafaranga barayarondeye barayabura, niko kwibaza ko uwo mwana nyene guturirwa ku maboko ariwe yoba yayatwaye, ngo baramurindiriye ave kw'ishure, amaze gushika uwo mukase yariko aragorora impuzu aca amufukamika hasi aramubaza uwatoye ya mafaranga nawe arahakana, haheze akanya gato ngo bumvise umwana akoma induru atabaza ko ahiye

🥲 Mu nyuma rero umwana vyaragaragaye ko yababaye cane ku maboko, niho bamubaza ico yabaye we akavuga ko ariwe yituriye kubera ngo asanzwe atinya cane uwo mukase kuko akunda kumukubita, niho baheza baramugurira umuti barasiga kuri vyabiguma biri ku maboko ariko ntibigeze bamujana kwa muganga

🤺 N'ubwo biri uko baramukazi n'uwo mukenyezi (ba inasenge b'uyo mwana) baba muri urwo rugo, bo bemeza ko uwo mwana afashwe neza muri urwo rugo kimwe gusa ngo uwo mukase yakunda kumuhana rimwe rimwe iyo yakoze amakosa nko kuja kuyerera agataha bwije

📞 Mvuyekure Arthemon, umukuru wa zone Kanyosha amenyesha ko ico kibazo bakimenye kuri uyu wa 18 Kigarama 2023 baca barakorana n'abajejwe intwaro hamwe n'umutekano barumviriza uwo muryango, ariko ngo bakiriko barafata icegeranyo ngo haciye haza umukenguzamateka afata uwo mwana na papa wiwe hamwe n'uyo mukenyezi nyene kwagirizwa icaha arabajana, gushika kw'isaha 12 ( 18h) n'iminota 40 aho twavugana ngo ntiyari bwamenyeshwe iyo bajanywe

20/12/2023

Ni We Love Muzika

🇧🇮 Inyuma y'amakuru atizewe yari yasohotse yerekana ko B Face, Drama T na Mow Kanzie aribo bazoherekeza Christopher guteramisha abarundi, abateguye igiteramo bamaze kwerekana abazojana nawe.

Ni umigwi We Love Muzika ukunzwe cane muri ino misi mu ndirimbo nka Belissima na Jana Nanje


19/12/2023
Tirage au sort de 1/8 de final de la League des champions
18/12/2023

Tirage au sort de 1/8 de final de la League des champions

Nous attendons Le tirage au sort des 8èmes de finale en UEFA Champions League 2023/24 qui se tiendra  à la maison de foo...
14/12/2023

Nous attendons Le tirage au sort des 8èmes de finale en UEFA Champions League 2023/24 qui se tiendra à la maison de football européen à Nyon(Suisse) lundi le 18 Décembre 2023 a 13h00 (GMT+2)

Royal Antwerp F.C.. gutsinda FC Barcelona ntaco vyayihinduriye yagumye itahaNewcastle United n'ubwo ariyo yatanguye guts...
14/12/2023

Royal Antwerp F.C.. gutsinda FC Barcelona ntaco vyayihinduriye yagumye itaha
Newcastle United n'ubwo ariyo yatanguye gutsinda AC Milan yishiye igitsindo Samuel Chukwueze aza ayishikanayo neza neza kugitsindo c'iwe ca kabiribirangira 1-2

Grupes E F G na H uku Niko vyaraye bigenze izibandanya muri 8eme de final izikorokera muri UEFA Europa Leagueropa muzisanga kuri izo photos munsi ,👇👇👇

Football UEFA Champions League Iri n'iryotsinda benshi nkabakunzi b'umupira w'amaguru binse itsinda ry'urupfuKandi nivyo...
13/12/2023

Football UEFA Champions League
Iri n'iryotsinda benshi nkabakunzi b'umupira w'amaguru binse itsinda ry'urupfu
Kandi nivyo kuko kugeza iyisaha hasigaye umukino wanyuma kuri burimurwi ntawuzi iyishobora kubandanya ari iyambere ,iyizokorokera muri UEFA Europa League canke iyizotaha kubandanya championnat y'iwabo mugihugu

Borussia Dortmund
Newcastle United
AC Milan
PSG - Paris Saint-Germain

Le comédien rwandais KANYABUGANDE Olivier A.K.A Nyaxo comedy est libre après quelques jours en prison selon le journal M...
13/12/2023

Le comédien rwandais KANYABUGANDE Olivier A.K.A Nyaxo comedy est libre après quelques jours en prison selon le journal Morning Burundi.

13/12/2023

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Msela-Herjobs posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Msela-Herjobs:

Share