Burundi today actuallity

Burundi today actuallity Burundi Bwacu
Burundi Buhire🇧🇮

Kureka inzoga birashobora kugora kubera imvo zitari nke:1.   : Inzoga , zishobora gutuma umuntu agira ubusambanyi ku mub...
02/09/2025

Kureka inzoga birashobora kugora kubera imvo zitari nke:

1. : Inzoga , zishobora gutuma umuntu agira ubusambanyi ku mubiri no mu mutwe.

2. : Kunywa inzoga bishobora guhuzwa n’ingeso zo mu kibano, imigenzo, canke ibihe vyo kwiruhutsa mugihe uteramanye nabandi muyaga kurutu naturiya Canke Naho Uba uriwenyene Ariho uraruhurira umubiri cânke umutwe wongera wiyunvira kuri utu na turiya.

3. : Hari abantu bakoresha inzoga kugira ngo bashobore gucungera umubabaro canke inyiyumvo mbi.

4. : Ibidukikije vyo mu kibano n’imikazo y’urunganwe birashobora gutuma umuntu anywa inzoga.

Kugira umuntu areke kunywa inzoga, ni vyiza ko:

🗣️ Menya ibintu bigutera intege : Utahure impamvu zituma ushaka kureka kunywa inzoga.

🗣️Rondera ubundi buryo : Gusubiriza inzoga zitari inzoga canke ibikorwa bifise akamaro.

🗣️Uronke infashanyo : Sangira n'abagenzi canke umuryango intumbero zawe kandi ubasabe infashanyo .

🗣️Gucungera umubabaro : Rondera uburyo bwiza bwo gucungera umubabaro, nk’ugukora imyimenyerezo canke kuzirikana.

🗣️ rondera kandi ikindi kinyobwa ushobora gufata mukibanza cinzoga ariko ntibitume udateramana nabo mwahora muteramana.

Birashoboka ko umuntu areka kunywa inzoga afise infashanyo n’ingene yobikora bikwiye.

nyamba urumwe mubasomye iyinkuru nturengane utagize suivre kuriyi page

 🫰Abazungu mu mico yabo barambara uko bavyishakoye ariko ugarutse aha iwacu micro n'akaranga ntabwo kabitwemerera.Wewe n...
22/08/2025

🫰
Abazungu mu mico yabo barambara uko bavyishakoye ariko ugarutse aha iwacu micro n'akaranga ntabwo kabitwemerera.
Wewe nawe ubitahura gute?kenshi iyo umwami agiye mu nundi bwami yarifatanya nabo kugira bagage bahuza none näh abazungu Bari kwikwiza canke bategerezwa kubikora uko?

 🤣
21/08/2025

🤣

  mwe muriko muyitegurora gute ngaho?
21/08/2025

mwe muriko muyitegurora gute ngaho?

Birthday🍕
21/08/2025

Birthday🍕

Jules Kounde yongeje amasezerano yo kubandanya akinira FC Barcelona kugera mu mwaka wa 2030, akaba yoyongeje imyaka 5.
21/08/2025

Jules Kounde yongeje amasezerano yo kubandanya akinira FC Barcelona kugera mu mwaka wa 2030, akaba yoyongeje imyaka 5.

Neymar Jr yaraye ayaboneye kumugezi: Inyuma yo gutsindwa 6 kuri 0 n'umugwi wa Vasco; Neymar yadutse kurira amosozi arako...
18/08/2025

Neymar Jr yaraye ayaboneye kumugezi: Inyuma yo gutsindwa 6 kuri 0 n'umugwi wa Vasco; Neymar yadutse kurira amosozi arakoroka vyanka ko yigumya nk'umugabo.

Ku gitsindo ca 6; abafana b'umugwi wa Santos ukinamwo Neymar bahindukije umugongo; umumenyereza wawo nawe ahita atanga imihoho inyuma y'urukino.

🔵🔴 OFFICIEL : Jules Koundé prolonge avec le FC Barcelone jusqu’en 2030 ! ✍️Le défenseur français poursuit l’aventure au ...
15/08/2025

🔵🔴 OFFICIEL : Jules Koundé prolonge avec le FC Barcelone jusqu’en 2030 ! ✍️

Le défenseur français poursuit l’aventure au Camp Nou. Une vraie preuve de confiance entre le joueur et le club ! 💙❤️

Karabaye   ihejeje kuduza ibiciro kubinyobwa mwitangazo batanze bavuga ko bivuye k'ubuzimbe bw'ikiguzi bwo kuzikoraMwe a...
13/08/2025

Karabaye ihejeje kuduza ibiciro kubinyobwa mwitangazo batanze bavuga ko bivuye k'ubuzimbe bw'ikiguzi bwo kuzikora
Mwe aho muherereye zari ziriko ziraboneka?

Haruwotubwira ico gihuha cingwara yadutse😭😭
11/08/2025

Haruwotubwira ico gihuha cingwara yadutse😭😭

09/08/2025

Mubashk uwubafasha kuryosha imana
Inbox ndabahuze nuyumuntu

Bon weekend 🙏
09/08/2025

Bon weekend 🙏

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi today actuallity posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Burundi today actuallity:

Share