Agaharawe Net+257

Agaharawe Net+257 👋👋Welcome in Agaharawe Net+257 Nurubuga Rumenyesha Amakuru Agezweho muri film, misic, News ,Sports mu Burundi 🇧🇮 ndetse no hanze yabwo🌐

06/06/2026

Bamwe bapinga ngo Gitega ntamuziki uriyo ja Kuri youtube wandike changa mwoto uca Ubona hit gutoka gtg

Ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏


🌹🎉Abatega imisi Kirikou A Kili nibashake vafate agasonga bicare mumajambo Kirikou Akili yashikirije yavuze Ati 🗣️ EGO IM...
05/06/2026

🌹🎉Abatega imisi Kirikou A Kili nibashake vafate agasonga bicare mumajambo Kirikou Akili yashikirije yavuze Ati 🗣️ EGO IMANA NIYO IHEZAGIRA
ARIKO JE NANJE IRAMPEZAGIRA CANE. 🇫🇷

Nimugihe ari mubikurikirane vyibiteramo kumugabane waburaya

-6/6/2026 Lille🇫🇷 Tomorrow 🔥
-20/6/2026 PARIS🇫🇷
-25/6/2026 Saudi Arabia 🇸🇦
-4/7/2026 Switzerland🇨🇭
-2/10/2026 Belgique 🇧🇪

Ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏

  yari yaserutse hamwe n'umukunzi wiwe m'urubanza rwo gusaba irembo, aho ivyo birori vyabaye ku musi w'ejo wa 4 Ruheshi ...
05/06/2026

yari yaserutse hamwe n'umukunzi wiwe m'urubanza rwo gusaba irembo, aho ivyo birori vyabaye ku musi w'ejo wa 4 Ruheshi 2026.

ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏

uwambaye ikirezi namenya ko cera visit Bujumbura Burundi ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏
05/06/2026

uwambaye ikirezi namenya ko cera visit Bujumbura Burundi

ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏



best cinéaste F***y Lavine et Alvella Muhimbare best actrice from Burundi
04/06/2026

best cinéaste F***y Lavine et Alvella Muhimbare best actrice from Burundi

🎉🔥:Reverien Ndikuriyo yabonetse muri Maroc yambaye umwambaro(mayo)ya OGC Nice  yumukinyi Ndayishimiye Youssuf iriko numé...
04/06/2026

🎉🔥:Reverien Ndikuriyo yabonetse muri Maroc yambaye umwambaro(mayo)ya OGC Nice yumukinyi Ndayishimiye Youssuf iriko numéro 55 za Nyange

nimugihe yaraje kuramutsa abakinyi Bumurwi nserukiragihugu intamba murugamba Aho bari mugihugu ca Maroc 🇲🇦

Ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏

🌹nyuma Ya Dj Fernando aye, umuririmvyi b face on the flo nawe ateye Ivi Imbere yumukobwa yahisemwo muri beshi ,Bwabulege...
04/06/2026

🌹nyuma Ya Dj Fernando aye, umuririmvyi b face on the flo nawe ateye Ivi Imbere yumukobwa yahisemwo muri beshi ,Bwabulegend bwarubwakera kbs 🤣

Abalegend Bose baduhereyeko kwr🤣

Ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏

⚒️🛠️Dukora dusenga🙏 dusenga🙏 dukora🛠️⚒️ Niryo Jambo sogokuru Wacu Nkurunziza Piere yadusigiyentiwibagire kugira follow n...
04/06/2026

⚒️🛠️Dukora dusenga🙏 dusenga🙏 dukora🛠️⚒️ Niryo Jambo sogokuru Wacu Nkurunziza Piere yadusigiye

ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏

Agaharawe Net+257

🇧🇮🎉:Uburundi mumbonakazoza ya 2060 buzoba busumba Amarica vyanka vyakunda vyose Nugukora  ✍️:iyi ni New York iri muri Le...
04/06/2026

🇧🇮🎉:Uburundi mumbonakazoza ya 2060 buzoba busumba Amarica vyanka vyakunda vyose Nugukora

✍️:iyi ni New York iri muri Leta zunze Ubumwe bw America

🤔Wewe witeguriye gute imbonakazoza Ya 2060 hoho uriko ukora gute kugira uyishikeko canke wosanga atanicizere Ifise😪?

⚒️⚒️Dukora dusenga 🙏dusenga dukora ⚒️🛠️

Ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏


🌹🔥Umuririmvyi Drama T yamaze kuvyemeza ko indirimbo yiwe nshasha yitwa  🌷 Iza kuja ahabona kuyu musiIkaba Ari indirimbo ...
04/06/2026

🌹🔥Umuririmvyi Drama T yamaze kuvyemeza ko indirimbo yiwe nshasha yitwa 🌷 Iza kuja ahabona kuyu musi

Ikaba Ari indirimbo ije ikurikira Yari yasohoye muntango zukwakabiri

👏Iyondirimbo muyiteguriye gute?
Ntiwibagire kugira follow na share kurino page 🙏



Address

Gitega

Telephone

+25761399702

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Agaharawe Net+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share