John claude influencer1

John claude influencer1 International business

no caption
10/06/2026

no caption

09/06/2026

let us stay young

Pedri ngo niwe mukinyi afatwa nk'intwari mu mugwi nserukiragihuga La RojaAbafana bamukomeye amashi meshi bongera banamur...
15/10/2025

Pedri ngo niwe mukinyi afatwa nk'intwari mu mugwi nserukiragihuga La Roja
Abafana bamukomeye amashi meshi bongera banamuririmbira ubona ko bishimiye cane uwu musore

nawe ubibona gute?
Message to the world TV

FOOTBALL !!! CAPE VERDE ironse itike y'igikombe c'isi ku ncuro yayo ya mbere 🇨🇻CAPE VERDE, ihejeje gukatisha itike y'igi...
13/10/2025

FOOTBALL !!! CAPE VERDE ironse itike y'igikombe c'isi ku ncuro yayo ya mbere 🇨🇻

CAPE VERDE, ihejeje gukatisha itike y'igikombe c'isi 2026

MBEGA AMATEKA kuri ico gihe kibamwo abantu bake incuro zibiri ugereranije n'abantu baba i Bujumbura

Kibaye igihugu ca mbere gito co muri Afrika kironse itike y'igikombe c'isi

Kibaye igihugu ca kabiri gito kw'isi kironse itike y'igikombe c'isi ( inyuma ya Iceland
Amahirwe masa kuri Cape Verde!🇨🇻
Message to the world TV

07/10/2025

Sinzi uko nshima
Full Gospel worship team

Burundi Primus League Sunday Results â—‰ Bumamuru FC 2- Inter Starsâ—‰ Kayanza United 3 -1 Royal Vision 2026 â—‰ Messager Ngoz...
22/09/2024

Burundi Primus League Sunday Results

â—‰ Bumamuru FC 2- Inter Stars
â—‰ Kayanza United 3 -1 Royal Vision 2026
â—‰ Messager Ngozi 0-0 Musongati FC
â—‰ Olympic Star 0-0 B.S Dynamik

STANDINGS

1.Musongati FC 11Pts
2.Bumamuru FC 9Pts
3.Aigle Noir CS 9Pts
4.Vital’o FC 8Pts
5.Messager Ngozi 8Pts
6.Flambeau du Centre 8Pts

Umugwi wawe uri mu kibanza ca kangahe ?

Melanin boy in   concert
27/08/2024

Melanin boy in concert

IGITERAMOKuri uyu w'Imana igenekerezo rya 24/8/2024 umurwi ndangakaranga   warateguye igiteramo c'imvyino ndangakaranga ...
24/08/2024

IGITERAMO

Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 24/8/2024 umurwi ndangakaranga warateguye igiteramo c'imvyino ndangakaranga kizobera mukigo

Haratumiwe kandi umuririmvyi Melanin boy kuva muri We Love Music hamwe n'umuhinga mugutwenza Kim Kiwis comédien

Hazoba kandi hari nabandi banyempano batangukanye bazoryosha ibirori

Tubibutse KO ivyo birori bizotangura 16h16

Musomyi, uriteguye kuhashika?

19/08/2024

Big shout out to my newest top fans! Muhizi Jean Jofrin, Didier Rutozi, Novo Pigeon

Voici les 8 filles qui ont pu participer dans la finale MISS QUEEN NGOMA ténu ce Vendredi le2/8/2024 à Gitega dans les e...
04/08/2024

Voici les 8 filles qui ont pu participer dans la finale MISS QUEEN NGOMA ténu ce Vendredi le2/8/2024 à Gitega dans les enceintes de Lenox Resto_bar

Address

Yoba
Gitega

Telephone

+25768340835

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when John claude influencer1 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to John claude influencer1:

Share

Category