15/11/2025
Gitega Stand Up๐ง๐ฎ๐ ๐๐ก๐ ๐๐จ๐ ๐จ๐ฅ๐ ๐๐ ๐๐ฆ๐ข ๐ฌ'๐จ๐ฅ๐ช๐๐ฅ๐จ๐๐ ๐ฅ๐จ๐๐ข๐ฅ๐๐ฅ๐ ๐ ๐จ๐ ๐ฌ๐๐๐๐๐๐๐จ๐ฅ๐ข ๐ ๐จ๐ก๐ง๐๐ฅ๐ ๐ฌ๐ ๐๐๐ง๐๐๐ ๐๐๐๐ข๐ก๐ ๐๐ข ๐ง๐ช๐๐ฆ๐๐ญ๐ช๐ ๐ก๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐ฅ๐ ๐ฉ๐ฌ๐จ๐๐จ๐ฅ๐ ๐๐๐๐จ๐ฅ๐๐๐ ๐๐จ๐๐๐ฅ๐ ๐๐๐ง๐๐๐ ๐๐ฆ๐๐ฅ๐จ๐๐๐ฅ๐ช๐ ๐๐๐๐ข๐ก๐๐๐ ? ๐๐๐๐ง๐จ๐๐ข๐ก๐๐ฌ๐ ๐๐ญ๐จ๐๐ ๐ ๐จ๐ฉ๐ฌ๐จ๐๐จ๐ฅ๐ ๐ง๐จ๐ฅ๐๐๐ ๐จ๐ฅ๐ช๐๐ฅ๐จ๐๐ ๐ฅ๐จ๐๐จ๐ ๐ ๐ฅ๐จ๐ฆ๐๐ก๐ญ๐๐ฅ๐๐ฌ๐ ?
๐Mc Bailando 257 Tumushimire cane Kuba yaduserukiye neza yari umutumire witeka murubnza rwogutanga ubushimwe bwa bitegurwa na Superbat Burundi .
๐Humuriza TV International tubasabe muduhe akanya dukanuze ururwaruka rwacu tubicishije kunsamirizi no kurubuga rwanyu .
๐Province Gitega J.P.G turabinginze muduhe umwanya urwaruka tutarishoboza muduhakanya dukore ibiganiro bishoboka kugira dukangure bagenzi bacu basinziriye mwiterambere kuko ukwo bakomeza gusinzira Niko intara yacu ikomeza kugwiramwo ibishomeri vyinshi kandi ariho twobaye abambere mwiterambere none bipfirahehe? ๐ค๐
โ๏ธSoulink TV namwe tubaterakamo muribi bikorwa vyogukangurira urwaruka gukuramaboko mumpuzu bagakora .
nayandi maradio nama Tv araha Gitega muze dukore atagisabwe
Belle tv257, Terimbere FM , STAR FM, HUMURIZA FM ,....
๐ Fernando aye nawe nkuwahakuriye turipfuza kuterintege batoyi bawe kugira bumve ko bakwiye kwikangura bakabona Kure ๐
๐ ๐ถ๐ป๐ฒ๐๐ ๐บ๐ฒ๐ฑ๐ถ๐ฎโข ๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ฅ๐๐ฅ๐ ๐๐จ๐๐จ๐ฅ๐๐ ๐๐๐ข๐๐ข ๐ ๐จ๐ ๐ฃ๐จ๐ญ๐จ ๐ ๐จ๐๐๐๐ข๐ฅ๐ ( Union fait la force)
ndisabiye murabo Bose mvuze uwuzipfuza kumpa ikiganiro numรฉro ya WhatsApp yanje ni 68 12 25 47 Murakozeโ
๐ง๐ฎ