Mr Blaise

Mr Blaise Bandanye mugira follow 🙏 🙏 kwino page kugirango natwe dukomeze kuzobanezereza
Burundi🇧🇮 Rwanda
Tanzanie🇹🇿 Kenya🇰🇪 etc...

WhatsApp number 📞 69322074

13/12/2025

🇧🇮🤌Bambwiye Ko kayogoro ariho harabana beza🙈 ndaje Mubandangire🤣

Igitondo ciza mwese kibabere icumugisha turabakunda cane ♥️🙏
13/12/2025

Igitondo ciza mwese kibabere icumugisha turabakunda cane ♥️🙏

12/12/2025

🇧🇮🔰 AIGLE NOIR CLUB SPORTIF Niwo mugwi wonyene Ushoboye kuzuza Stade Intwari 🏟️ kubaje gufana👏

12/12/2025

🇧🇮🔰Camamare Yatanze 5 millions kumuntu Wese yomwigisha Igifaransa🤌

12/12/2025

🔰🇧🇮 Makamba Uwutazoshira Amatara💡 kurupango
Abe Arategura Ayamande🤛

11/12/2025

🔰🇧🇮 Uwuzofatanwa ziwakera(Abazungu) Muri fone📱 igipfungo
2-5ans na 5M zamande🤙

11/12/2025

🔰🇧🇮 Ejo nanditse nsaba Ko IMANA yoduha imvura none irayiduhaye
Vuba ndaba proféte 🙈😆

10/12/2025

🔰👏 Sha
Aba Tanzaniya 🇹🇿 bazubwenge Batangaje ngo le 09 Bazokwiyereka🥺
Kugirango Abarundi 🇧🇮babavire mugihugu

10/12/2025

🇧🇮🔰MANA Turasavye Uduhe Imvura kuko Twebwe Abana Bawe Tugiye Kuyabona
AMEN 👏

😭✝️ Rest In Peace Kuri Wamwana bénéfice ntako batari bagerageje kukitangira ngo barabe Ko amagara Yako yomera neza ariko...
10/12/2025

😭✝️ Rest In Peace Kuri Wamwana bénéfice ntako batari bagerageje kukitangira ngo barabe Ko amagara Yako yomera neza ariko ntivyakunze

Abavyeyi biwe barashimiye vyimvamutima abantu Bose bitanze mukubaterera ndetse abatashoboye guterere canke bahashike ariko baterere muburyo bwamasengesho nabonyene barabashimiye

Cane cane Chimamanda Moses Eric Nyandwi ndetse nabandi batibagiye nama Team ya yahurikiyemwo abakinyi ba film ndundi Bose bashoboye kwitabirira akamo nokugira ico bafashije muguterera ngo uwo Mwana avugwe

Ayamakuru tuyakesha umwe mugwaruka rusanzwe gwamenyekanye muburyo bwo kuryosha Imanza nawe suwundi ni

✍️ Tijo le Comédien

Caratuvuye ntitubaha ntitubaha caratuvuye
09/12/2025

Caratuvuye ntitubaha ntitubaha caratuvuye

09/12/2025

🔰🇧🇮 Le 13 Kuri stade Intwari 🏟️
Ufise umwambaro wa Aigle noir
Kwinjira nikubuntu🤙

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Blaise posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share