Mr Blaise

Mr Blaise WhatsApp 📞 69322074
Call 📱 69322074

Publicite

23/08/2026

✍️🙄Nankana ngwabinjiye muri chow ya Harmonize basubwa nabinjira kurukino gwa ngozi city na message ngozi😁

23/08/2026

👁️🎤🐄 Mbega vibes vibes ya Kirikou A Kili nguyu yaraye yinjiranye inka muri stade ingoma zaryimana 🙄

Nubwo mudashaka kuvyumva uyu mupeti iki kidoma caramaze kubasiga nukuri

✍️🎤 Burya muburundi harimpano nyinshi kandi zitanduka zikora ibintu zisizemwo ubu serieuxAba bantu mubona hano nuko atam...
22/08/2026

✍️🎤 Burya muburundi harimpano nyinshi kandi zitanduka zikora ibintu zisizemwo ubu serieux

Aba bantu mubona hano nuko atamakuru yabo yimbitse mbafiseko ngo mbakoreka ubusesanguzi ariko iconzo nuko murino misi aribo barigukora ibikogwa vyakinyamwuga bakanyemeza

Umwe ni Debondeni comedian umwe muba comedie bafise style bidangije yaba mukuvuga spech nomugukina twongeyeko demarche yoyo urumva ntawutomukunda

uwundi ni WETU Company media numu content creator azi gukina ari serieux kuburyo umengo ivyisi vyaramurambiye🤣 so sico nashaka kivuga ariko mwabantumwe nimba hari style nakunze niyuyu mugabo p*e

Uwundi nuyumujama ngo ni bantu bimana uwu mujama ntavyinshi muziko ariko iconzi nuko murino misi ndikubona yigarurira imitima yabafana nubwo akina apararangana 🤣

Uyumusi nshimye kuvuga kuri bano kuko mbona kenshi aribo banyemeza sinzi ko mbakundira content baba bakora .

So nimba haraho nihenze vuga nawe uwugushimisha muri commentaire maze tubandanye dushigikirana muri bwabumwe nurukundo👋

22/08/2026

✍️🎤Bain Turo ashimiye Prezida na Mama Mugira Neza bamurihiye amafaranga yari asigaye kugira imiti n'ibitaro birihwe maze atahe!❤️🙏🇧🇮

Mwomenya kandi ko barishe burikintu cose azokenera inyuma yo gutaha.

Igikorwa co gusjima cane kuba S.E Evariste Ndayishimiye atazuyaje acumva ko umwe mubana b'Uburundi atabaje umuryango wiwe.🙏🙏🙏

Présidence - République du Burundi

22/08/2026

😄🤣Mwabantu mwe nimba harumuntu akina ibintu akanyemeza ni Debondeni comedian

Jewe Mr Blaise ndabivuze uwuvyemera avyemera kwanza kuvyemera sigisabo ahubwo nitegeko kuko ibintu akina biraboneka ko arumunyempano akora ivyo yiyumvamwo agakina nibimurimwe zaryamungu

✍️✅   Amakuru yukuri yizewe nuko Bain Turo yarihiwe ama franga yose yari yishuzwa nibitaro yarasanzwe agwariyemwoVyacish...
22/08/2026

✍️✅ Amakuru yukuri yizewe nuko Bain Turo yarihiwe ama franga yose yari yishuzwa nibitaro yarasanzwe agwariyemwo

Vyacishijwe kenshi kuri zino mbuga atabarizwa kenshi ndetse muburyo bugiye butandukanye none ibisabo vyiwe vyumviwe

Umuryango wa nyeniteka umukuru w'igihugu cacu ciza cuburundi niwo uhejeje kuriha Facture yose yamafaranga yarasanzwe yishuzwa

Tubibutse yuko Aciye arekugwa ngo azoze aravugwa ataryama mubitaro ahora ataha mumuryango

Iki nigikogwa kidasanzwe aba rundi twese cane cane twebwe aba influence dukwiye kuvugaho nokuboneraho kuko iyo mugenzi wacu ari mubibazo nubwo tuba tudafise uburyo ariko dufise publicite ikwiye ngo bigere kure 🥺

Mubandanye musengera umuhungu.wanyu nubwo yarugitswe muhira ariko murumva kwatarakira👋

22/08/2026

😭😭Aya namwe muma video yafashwe numu mama mwe yahora arangurira imigambi yiwe muri Galerie ndayizamba aho yagiriwe ibakwe ryokwemeregwa kwinjira kuraba uko ivyabo vyahatikiri🥺🥺

22/08/2026

😭😥Inyuma yimisi 3 Adushwajemwo imizigo yibirato nguyu yokoye umunyota wonyene nuworaba aho yari yasutse umuzigo ntanuwomenye kwo haricahigeze

Gusa nyene nukwihangana kuko amarira yumugabo atemba ajamunda nukuri kandi ngo ubuhombe numugabo biragendana

22/08/2026

😄👁️Ntakintu kinshimisha nkokubona commentaire zokuntuka⛰️

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr Blaise posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share