
03/08/2025
.๐๐ฅณ๐ฅณUmusi wโumunezero kwโishengero ry'Umwungere mwiza: abantu basaga amajana babatijwe nโabakirwa๐ฅณ๐ฅ
-----------------------
๐Ejo haheze 2/8/2025 eglils bon berger ingozi Ishengero ryari mu matazirano n' impundu nyinshi. zabambaye amakanzu yera. Si abamarayika, oya. Ariko ni abahisemwo gushingira intahe YESU kumugaragaro. Bamaze amezi yababa icenda b**a inyigisho za Bibiliya zโurufatiro rwโubuzima rwโumukristo. Bamenya ivyโUmukunzi bakurikiye. Uyu musi duhimbaza nkโishengero Iyo ngingo nziza yo gupfana no kuzukana na Kristo bafashe, bakavyerekanisha kubatizwa mu mazi menshi.
๐คAbavuze icese (slam) bavuga ibanga rimwe: AGAKIZA! Koko, โivyirato vyacu si ibindi ni YESU KRISTO UMWAMI WโAMAHORO. Mbega wewe wizera iki? Agakiza kawe ukiteze hehe?โ. Abaririmvyi na bo bati : โ Satani umwansi yama ariko araguhiga, afise inzigo nyinshi ngo akurandure. Iyo ataba YESU ncuti ntiwoba ugihagazeโ. Mbega woba uri muri benshi batazi ko YESU ariho, avuga kandi agukunda? Ese womumenya! Turabishingira intahe ni we nyishu.๐ง๐ผโโ