Kura Magazine

Kura Magazine Reportages,portraits,actualité, Kura vous informe 7 jours sur 7.
(1)

08/09/2026

🔵🤗 Imwe mu myanya yaranze urukino rwa na muri weekend

🔵 🤗 Imirongo miremire y'abaje mu giteramo ca Fally Ipupa🇨🇩 kuri Eden Garden Resort🇧🇮🥰
06/09/2026

🔵 🤗 Imirongo miremire y'abaje mu giteramo ca Fally Ipupa🇨🇩 kuri Eden Garden Resort🇧🇮🥰

🔵🥰 Amwe mu masanamu agaragaza akanyamuneza   yakiranywe i Bujumbura. Uno muririmvyi wo k'urwego mpuzamakungu ava mu gihu...
06/09/2026

🔵🥰 Amwe mu masanamu agaragaza akanyamuneza yakiranywe i Bujumbura.

Uno muririmvyi wo k'urwego mpuzamakungu ava mu gihugu ca akaba yash*tse mu gatondo k'uno w'Imana igenekerezo rya 6 Nyakanga, aho yitabiriye igiteramo co k'uno mugoroba kuri Eden Garden Resort.

🤸‍♀️🎯Tubibutse ko Fally Ipupa ari mu baririmvyi bakomeye b'amamuko yo muri RDC bitavye ibiteramo mu Burundi mu kiringo c'imyaka mike cane.

👏🏾Ubuheruka, uburundi bukaba bwarakiriye abandi baririmvyi nka na , bosebafise amamuko muri ico gihugu ca RDC.

🤗Woba wamaze kwiyegereza aga tike?

05/09/2026

🔵Irabire ibitsindo 2-0 Al Hilal Sc itsinze . Hari kuri Stade Intwari i Bujumbura, muri za nkino za CAF Champions League.

📹:Al Hilal SC

🔵💃  : Le  , un rendez-vous inédit pour les férus de la danse culturelle dans la capitale. Cet événement culturel organis...
04/09/2026

🔵💃 : Le , un rendez-vous inédit pour les férus de la danse culturelle dans la capitale.

Cet événement culturel organisé par l' se tiendra ce 18 septembre 2026 au sein d' .

Le concert Iragi est un rendez-vous culturel pour célébrer l'héritage culturel burundais et son influence positive sur des générations.

Signalons que ce concert intervient à la place du , organisé par cette association en 2023 et 2025.

Ses objectifs s'inscrivent dans une logique continue de promouvoir la culture burundaise et les talents des jeunes.

🔵✈️  : Inyuma yo gufata indege k'uri uyu wa kabiri, abakinyi ba   bageze muri Afrika Yepfo🇿🇦.⚽️Bakaba bitaniriye urukino...
02/09/2026

🔵✈️ : Inyuma yo gufata indege k'uri uyu wa kabiri, abakinyi ba bageze muri Afrika Yepfo🇿🇦.

⚽️Bakaba bitaniriye urukino ruzobahuza n'umurwi Durban City Fc ruzoba k'umusi w'Imana.

Urwo rukino rwambere rutegekanijwe, rukazoba mu rutonde rw'inkino z'igikombe ca Confédération (CAF Confederation Cup).

01/09/2026

🔵🔥 Irabire kimwe mu bitsindo vyinjijwe muri ino weekend iheze k'uruhande rw'umurwi .

Full match: 2-1 .

📹:Vision Fc

🔵🥰   rejoint👏 le Youth Sounding Board(YSB) de l'UE au Burundi🇧🇮. Cette 2ème cohorte du comité Consultatif des Jeunes de ...
31/08/2026

🔵🥰 rejoint👏 le Youth Sounding Board(YSB) de l'UE au Burundi🇧🇮.

Cette 2ème cohorte du comité Consultatif des Jeunes de l'Union europèenne au Burundi est composée de 12 représentants, séléctionnés au niveau des 5 provinces du pays.

Parmi eux le jeune artiste slameur🎤 du et 3 autres jeunes représetent la provice Gitega dans ce comité consultatif.

Ces jeunes contribueront en proposant les idées et les préoccupations des jeunes auprès de la Délégation de l'Union europèenne au Burundi, pour mieux orienter ses projets et sa mission de coopération.

Durant un mandat de 2 ans (2026-2028), ces jeunes animeront le dialogue entre la jeunesse burundaise et la Délégation de l'UE sur des enjeux liés à l'éducation, l'emploi, le climat, la participation citoyenne et bien d'autres.

👏Nous disons bravo à la nouvelle équipe du

🔵🥰 i   muri   abakunzi b'umuziki bitavye ubutumire bw'igiteramo 👏🏾. 🤸‍♀️Kino giteramo cahuje abaririmvyi hamwe n'abahing...
30/08/2026

🔵🥰 i muri abakunzi b'umuziki bitavye ubutumire bw'igiteramo 👏🏾.

🤸‍♀️Kino giteramo cahuje abaririmvyi hamwe n'abahinga mu vyo gutwenza batandukanye kuri uno wa 30 Myandagaro.

Kikaba catunganijwe n'uruganda BUSCO, rusanzwe ruhingura ibinyobwa.

🔵👏 inyuma y'izari zisanzwe zihari, i   ino n'imwe mu nyubakwa niniya🥰 nshasha ziriko ziraduzwa. Ino nyubakwa y'urunani r...
26/08/2026

🔵👏 inyuma y'izari zisanzwe zihari, i ino n'imwe mu nyubakwa niniya🥰 nshasha ziriko ziraduzwa.

Ino nyubakwa y'urunani rw'ama cooperative mu " ", iri hafi ya INSS kw'ibarabara rija muri , ikaba ari yo yambere izoba igeretse incuro nyinshi🏭 muri ico gisagara.

🤔Woba warumaze k'uyibona?

Address

Avenue 2
Gitega

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 09:00 - 17:00

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kura Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kura Magazine:

Shortcuts

Share