Dodo tv

Dodo tv Mubano vibes

,💯💯✅✅ ibintu vyafashe iyindi ntera noneho Ubu tuvugana président wa America abwira abenegihugu Bari mumugwa mukuru wa te...
18/06/2025

,💯💯✅✅ ibintu vyafashe iyindi ntera noneho Ubu tuvugana président wa America abwira abenegihugu Bari mumugwa mukuru wa tehran guhunga uwo ni umugwa mukuru wa Iran noneho n' ubuhinde buti uwutuye mugihugu ça Iran wumuhinde akivemwo

Ayo majambo président wa America akaba yayacishije kurubuga rwiwe rwa x Aho naho président w Ubu fransa macro avugize KO agiye guhagarika intambara bikavuguruzwa n'a président wa America tukibaza noneho America igihe kwinjira muntambara kumugaragaro

Kora suivre twikomereze nikiganiro

✅✅⚠️⚠️❌iyi ntambara iri guhuza Iran bamw mubavugishwa b' Imana ndavuga KO yoba ari intambara yumwuka twisunze ivyo tubon...
17/06/2025

✅✅⚠️⚠️❌iyi ntambara iri guhuza Iran bamw mubavugishwa b' Imana ndavuga KO yoba ari intambara yumwuka twisunze ivyo tubona muri bibiliya intambara imeze neza n'a neza nkiyahanuwe bikomeje gutera ubwoba biboneka KO naboshizemwo inguvu ngo intambara ihagarare babirabira hirya tukibaza duti nigiki kizohagarika uku gushamirana kwibi bihugu Iran n'a Israël ubundi bipfa iki?'

✅✅ ibintu bikomeje kuba bibi umushikirangaji wa Israël Netanyahou avugako igitero bakoze muri Iran barasa barashe ivyihe...
15/06/2025

✅✅ ibintu bikomeje kuba bibi umushikirangaji wa Israël Netanyahou avugako igitero bakoze muri Iran barasa barashe ivyihebe apana abasirikare Netanyahou avugako igitero co kwica Trump ariko yitoza kuba président wa Leta zunze ubumwe za America cakozwe n'a Iran ivyo vyaba kugira bahagarike président wa America Netanyahou avugako atabwoba bafise igisirikare ça Israël Kiri mukirere ça Iran , Netanyahou mujambo yiwe yatanguye ashimira président wa America amwipfuriza isabukuru nziza ubona KO président wa America abifisemwo uruharo naho yagumwe abihakana KO ataho ahuriye nigitero Cabaye

Ikibazo co kwibaza None président wa America yoba ashaka kwihora akorsheje Israël canke hariho ikivyihishije inyuma

Kanda suivre n'a j' aime kugira amakuru abagereho kugihe🚀🚀🚀⚠️⚠️

✅✅🚀🚀Mwirijoro ryakeye Israël yaraye yatatse Iran 🚀 Aho ni mugihe Israël n'a Iran vyari bimaze iminsi mubiganiro vyo gutu...
14/06/2025

✅✅🚀🚀Mwirijoro ryakeye Israël yaraye yatatse Iran 🚀 Aho ni mugihe Israël n'a Iran vyari bimaze iminsi mubiganiro vyo gutunga ibigwanisho ruhonyanganda président wa America avuga KO yiteguye gufasha Israël mugihe cose yoba Iran ishaka kwihorera🚀kuko Iran ataburenganzira ifise bwo gutunga intwaro zihambahe, imberbe yuko Israël yataka président wa America yari yandi kurubuga rwiw rwa x yuko Iran yokura mumutwe icitwa gutunga ibigwanisho ruhonya nganda

Kora suivre na like dukomeze

✅✅✅Ngo Messi yamwigeje mwi base Christiano ahejeje kumwogereza mukibuga💥😂😂😂 Nta nkuru za mabase zizongera kuvugwa ❎❎ ubu...
10/06/2025

✅✅✅Ngo Messi yamwigeje mwi base Christiano ahejeje kumwogereza mukibuga💥😂😂😂 Nta nkuru za mabase zizongera kuvugwa ❎❎ ubundi mabase akoresha naba koni koni??

Followers et tout le monde follower me and like

✅✅✅👍👍👏👏 karibu cane Trent Alexander Arnold Real Madrid yatangaje KO igihe kwakira umukinye Arnold gufasha milieu ya Real...
30/05/2025

✅✅✅👍👍👏👏 karibu cane Trent Alexander Arnold Real Madrid yatangaje KO igihe kwakira umukinye Arnold gufasha milieu ya Real Madrid 💪 les fans ha ikaze Trent

Like' followers '

❌❌❎❌Leta zunze ubumwe za America zemeza KO Ubu imberbe yo gutanga green card ariko bazobanza gusuzuma KO imbuga zikoresh...
29/05/2025

❌❌❎❌Leta zunze ubumwe za America zemeza KO Ubu imberbe yo gutanga green card ariko bazobanza gusuzuma KO imbuga zikoreshwa nuwarondera green card bakarama like 'post 'commentaire mbere yo kubitanga bazoca igihe kire kire basuzuma compte zawe ku mbuga nkoranya mbaga Aho harimo Facebook, Instagram,x,Tik tok

Icusabwa kora like , commentaire

✅✅ Modric ✋✅ by Ancelotti Batama bacu tuzobibuka cane ingene mwavuniye mumavi mukimanukira 😂😂💪💪noneho turabakunda cane m...
25/05/2025

✅✅ Modric ✋✅ by Ancelotti
Batama bacu tuzobibuka cane ingene mwavuniye mumavi mukimanukira 😂😂💪💪noneho turabakunda cane mugire ibihe vyiza iyo mwerekeje Bari ba fans 🇧🇮🇧🇮🇧🇮✋✋🎉🎁

23/05/2025
✅✅ Vinicius yabonye Mbappe yicurikiriye aramubaza ATI Mbappe kubera iki wicurikiye Mbappe aramusubiza ATI vinicius nkiza...
19/05/2025

✅✅ Vinicius yabonye Mbappe yicurikiriye aramubaza ATI Mbappe kubera iki wicurikiye Mbappe aramusubiza ATI vinicius nkiza muri Real Madrid umugwi wari umeze neza mwatwara ibikombe vyose vyo muri Espagne champion ligue incuro none nkiza ibintu vyaciye bihonduka nibaza KO mfise imyaku ngendana vinicius ATI uvuze ukuri Mbappe Mbappe Ambaza ATI ubona nokora iki?? Nkawe nkumufana fans uhanura iki Mbappe🎉🎉🎉💥💥💥💥💥💨💨💯💯💯

Reka turindire Barcelone turabe KO iyi ntinzi yo fasha Real Madrid
15/05/2025

Reka turindire Barcelone turabe KO iyi ntinzi yo fasha Real Madrid

Address

+25768493226
Kabezi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dodo tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share