Buja Today TV

Buja Today TV BUJA TODAY TV We're update

28/08/2026

Bavyeyi mukeneye ko abana banyu b**a amashure mu rurimi rw’icongereza, murahawe ikaze kwandikisha abana banyu, aho ishure riherereye i Buye muri commune Ngozi muntara ya Butanyerera hamwe no mu KABONDO Av. Des Hippopotames, Bujumbura, Burundi.
Ishure rizotangura mu kw’icenda, uyu mwaka nyene.

Hakenewe abanyeshure b**a mu mwaka 7, 8, 9.

Nkuru Academy Rizoba ari ishure rifise uburaro n'abo kwiga bataha barahawe ikaze.

📍Aho riherereye ni mu Ntara ya BUTANYERERA: Buye, Ngozi, Burundi.

Tel: +257 61177177
Mail: [email protected]
www.nkuruacademy.org

Umushikiranganji w'ikigega ca Leta Alain NDIKUMANA Agishika kw'isoko ya Kinindo yagize umubabaro n'agahinda Isoko ya Kin...
25/08/2026

Umushikiranganji w'ikigega ca Leta Alain NDIKUMANA Agishika kw'isoko ya Kinindo yagize umubabaro n'agahinda

Isoko ya Kinindo yafashwe n'umuriro bivugwa wadukanye mu gace kadandarizwamwo ama matelas, umushikiraganji yari mu nama muri Donatus akimara kumva iyo nkuru ibishe yaciye ahagarika inama yarimwo atera agenda kuraba iyo sanganya.

Yamenyesheje ko ubwo nyene hatungujwe amatohoza yo kumenya ikiriko gituma haba amasanganya y'imiriro yiyadukiza mu bibanza bitandukanye mu gihugu.

Igipolisi gifadikanije n'igisirikare bakaba baciye baba magabo kugira ntihabe ubusuma, kugira wugurure ikibanza urokore ahatarashikiwa bagusaba kuzana ifunguruzo kugira b**aragaze ko vyukuri ico kibanza ari iciwawe.

Turihanganishije abo bose bamaze kubura ivyabo mwaya masanganya y'imiriro umwansi satani amaze iminsi ateza mu gihugu c'Uburundi



24/08/2026

Aba mama bitabiriye conference aho intumwa y'Imana Dr Paul Gitwaza yariko atanga inyigisho zidasanzwe
Video yose muzoyikurukirana kuri Youtube Channel

24/08/2026

Women Arise and Shine Conference with

24/08/2026

Women Arose and Shine by

24/08/2026

Léve-toi et Marche

24/08/2026

Igiti Zakayo yuruye n'ubu kiracahari kimaze imyaka 2000 irenga
by

21/08/2026

Amaraso yamenetse niyo atara ibihugu vy'Africa ibibazo


21/08/2026

Ibimazi vyatwanzwe nivyo bitera ibibazo ibihugu vy"Africa

Address

RN 1
Kamenge

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Today TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Buja Today TV:

Shortcuts

Share