Fabro

Fabro Journaliste et design

๐ŸŽค๐Ÿ”ด   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿชจ : Erega ๐—จ๐—ฏ๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ Buryamanye agahiye mu butare ๐Ÿ’Žโ›๏ธ.K'umusozi Kiyange, mu ntara ya Gitega,Nyenicubahiro ๐„๐ฏ๐š๐ซ๐ข๐ฌ๐ญ๐ž ...
17/10/2025

๐ŸŽค๐Ÿ”ด ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿชจ : Erega ๐—จ๐—ฏ๐˜‚๐—ฟ๐˜‚๐—ป๐—ฑ๐—ถ Buryamanye agahiye mu butare ๐Ÿ’Žโ›๏ธ.

K'umusozi Kiyange, mu ntara ya Gitega,
Nyenicubahiro ๐„๐ฏ๐š๐ซ๐ข๐ฌ๐ญ๐ž ๐๐๐š๐ฒ๐ข๐ฌ๐ก๐ข๐ฆ๐ข๐ฒ๐ž
Yagendeye ikibanza kirimwo ubutare
Bucukurwa nโ€™ishirahamwe ryitwa
๐’๐ก๐จ๐ฆ๐›๐จ ๐Œ๐ข๐ง๐ข๐ง๐ , rifashwa nโ€™ikigo
Paeej-Burundi.

Mu kwezi guheze, baravumbuye
Kasiterite ipima uburemere bwa 87%,
Ikaba iri mu bifasha igihugu kubona
Agaciro kโ€™ivya ryo.

Ivyo bitwereka yuko Uburundi bufise Ubutunzi bwihishe buteye imbere cane, Kandi ikiringo cโ€™ejo kizoba gishingiye ku Micungararo myiza yโ€™ivyo butare.

16/10/2025

Burundi bwacu nibwiza cane ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Twige gufana ivyacu raba uyumuzungu ingene afana intamba raba abarundi ingene biyicariye umenga bariko baterama abarundi...
16/10/2025

Twige gufana ivyacu raba uyumuzungu ingene afana intamba raba abarundi ingene biyicariye umenga bariko baterama abarundi twige guha agaciro ivyacu

16/10/2025

Ahhhhh๐Ÿ˜ƒ

Uwo wese yoba yipfuza gukorashe autocollant Hamagara kurizi numรฉro :62618495
12/09/2025

Uwo wese yoba yipfuza gukorashe autocollant Hamagara kurizi numรฉro :
62618495

Welcome
15/08/2025

Welcome

Enregistrer votre rendez vous ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโค๏ธ
13/08/2025

Enregistrer votre rendez vous ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโค๏ธ

*Anniversaire* Contact- vous 62618495
15/07/2025

*Anniversaire*
Contact- vous
62618495

Contact -vous 62618495
13/07/2025

Contact -vous
62618495

Soyez les bienvenus*Contact-vous*+25762618495*
12/07/2025

Soyez les bienvenus
*Contact-vous
*+25762618495*

11/07/2025

Kwitwa umurundi niteka uba uhawe .......

Soyez les bienvenus โค๏ธ
10/07/2025

Soyez les bienvenus โค๏ธ

Address

Kanyosha

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fabro posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category