10/04/2023
Hello bradaz and sistaz!kotuburany birapfira he?j nahora mudutigito nubwo mutambona ndababona.Hama unomusi nshaka tuyage kunkuru yash*ts
Harya muraziko kubaho ari ukubana.Hari umugenzi yatij 40.000 hari hahez imyaka ibiri amwishuza vyarabuz iyobija.Ariko kubera uwomugenzi yari yagow ejo bundi yaremey arikorora aramubwira ati basi raba umpe igice 20.000 j ndabe uko nokwirwanaho.Uwatijwe aramurahira ahicako afis 15.000 imbere n'inyuma!burya umuntu yagow biba vyans uwutanse yaremey niko uwundi acayamuha kuri lumicash ariko aravye neza asanga wawundi yarungitse 150.000 niko guca amujako atakambako yihenze ubusa,yihenz ngo namusubiz.
Tubatature,ariww wokora ikih?
-kumusubiza 135.000?
-kuyarya yose?
-gukuramwo 40.000 zaw?
-Kwinumira?
Burya ntanumwe yishoboy ubuzima ntanumw yikwije,raba tubagire inama.Mwirambire ndabakunda,Jah bless u!