Ndabazi TV

Ndabazi TV Promotion

13/11/2025

AMAHORO Y'IMANA ABANE NAMWE

05/04/2025

02/12/2024

Naraye ndarota ndiko ndarota
😳

06/11/2021

Hello FAMILY

Ha amahigwe
mukumuha likes ashobore kuba
star de la Semaine
sur .

N.B : auto likes NTIZEMEWE.



Noé burya arareunze ya B-face On The'floB-face On The'floB-face On The'flo On The'flo ntiyayiririmbiye FRANCINE NIYONSAB...
22/09/2021

Noé burya arareunze ya B-face On The'floB-face On The'floB-face On The'flo On The'flo ntiyayiririmbiye FRANCINE NIYONSABA ???

Queen FRANCINE NIYONSABA
15/09/2021

Queen FRANCINE NIYONSABA

GIRUKWISHAKA Boniface a.k.a B-face On The'flo abipfurije uw'IMANA mwiza
12/09/2021

GIRUKWISHAKA Boniface a.k.a B-face On The'flo abipfurije uw'IMANA mwiza

🌹Yataye uruzogi muntara ya Kayanza ariko Ubu abarizwa mugisagara ca Bujumbura uyumusi niho yashira hanze indirimbo yiwe ...
08/09/2021

🌹Yataye uruzogi muntara ya Kayanza ariko Ubu abarizwa mugisagara ca Bujumbura uyumusi niho yashira hanze indirimbo yiwe yambere

⚡Ugerageje kwumviriza womengo siryambere asohoye umuziki hubwo womengo numurambe mwako kazi

⭐Inkuru yimbarirano irutwa niyo wiyumviye genda kuri youtube wirabire imwe muma clip video meza cane
https://youtu.be/R54Zt4N3rro
https://youtu.be/R54Zt4N3rro
https://youtu.be/R54Zt4N3rro

❤️Izina niryo muntu yitwa

Uyu mugabo ntiyoroshe mwiyi misi kuko Ubu apostinze ni photo iba hit gusumba nindirimbo zabandi baririmvyi Sat-BSat-BSat...
06/09/2021

Uyu mugabo ntiyoroshe mwiyi misi kuko Ubu apostinze ni photo iba hit gusumba nindirimbo zabandi baririmvyi
Sat-BSat-BSat-B Satura

*MBEGA TUBIVUGE GUTE ?INYUMA Y'IMISI ITARI MIKE GWAGWARUKA RUTAVYOROSHA AHA MUNTARA ZARUGURU (NORD) MUKINOFUNOFU UBUHO N...
14/07/2021

*MBEGA TUBIVUGE GUTE ?
INYUMA Y'IMISI ITARI MIKE GWAGWARUKA RUTAVYOROSHA AHA MUNTARA ZARUGURU (NORD) MUKINOFUNOFU UBUHO NTIBAGIYE KUVYOROSHA ATI GUTE?*

Hari kwigenekerezo rya cumi na gatanu ukwezi kw'umunani mumwaka uheze aho umugwi wa 'scoolestkids wari wateguye igiteramo bari bise NORD FASHION SHOW . nimba muvyibuka ico giteramo caravugishije abantu batari bake .
Inyuma y'umwaka wose uru gwaruka nagwo gwo mu KIRUNDO Ruti natwe ntikoduherako baba bahaye ubutumire aba basore n'inkumi bo mugisagara ca KAYANZA ati muzoze iwacu natwe tubereke ko turya dukaravye
Mbega nimba wibuka ivyabereye kuri le paradis hôtel mugisagara ca KAYANZA Urabona neza ko abo MUKIRUNDO bazorusha gutegura abanyakayanza
Ni kwigenekerezo rya 16/07/2021 KUMANA hôtel mugisagara ca KIRUNDO
Murahawe ikaze

Address

Kayanza

Telephone

+25769175844

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ndabazi TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category