Bethlehem Holy Church

Bethlehem Holy Church Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bethlehem Holy Church, TV Channel, Kinama.

Hambavu y'abakuvuyeko kubera iyerekwa ryawe, hari n'abandi Imana igiye k*kuzanira bakuzeko kubera iryoyerekwa nyene.
29/10/2025

Hambavu y'abakuvuyeko kubera iyerekwa ryawe, hari n'abandi Imana igiye k*kuzanira bakuzeko kubera iryoyerekwa nyene.

Numva ijwi rivuye mw ijuru, nk'iry' amazi menshi asuma, kandi nk'iry' inkuba ituragara cane: kand' iryo jwi numvise ryar...
29/10/2025

Numva ijwi rivuye mw ijuru, nk'iry' amazi menshi asuma, kandi nk'iry' inkuba ituragara cane: kand' iryo jwi numvise ryari rimeze nk'iry' bacuraranga inanga zabo. Baririmbira indirimbo nsha imbere ya ya ntebe y'ubgami, n'imbere ya vya binyabugingo bine na ba bakuru. Nta muntu yashoboye kwiga iyo ndirimbo atari bamwe ibihumbi ijana na mirongwine na bine bacunguwe ngo bakurwe mw isi.

Ivyahishuriwe Yohana 14:2-3

ABACURARANZI ♥️LES MUSICIENS ♥️Mufite Igikorwa Gikomeye Cane Mungoro Y'Imana Niyompamvu Twama Tubasabira Kurindwa N'Uwit...
29/10/2025

ABACURARANZI ♥️
LES MUSICIENS ♥️

Mufite Igikorwa Gikomeye Cane Mungoro Y'Imana Niyompamvu Twama Tubasabira Kurindwa N'Uwiteka Noguhezagirwa. Muraciye Bugufi Cane Kandi Mukora Umurimo Mudasunitswe Nuwariwewese Ahubwo Arikubw'Icubahira C'Imana Isumba Vyose.

MUKOMERE MUMWAMI MANA 🫡

16/10/2025

: IJAMBO RIMWE GUSA MANA NIRYO RINZANYE NUKUVUGA KO WAKOZE WAGIZE NEZA MANA 🙏

Bethlehem Holy Church

Imana Ibakomeze Cane Bahungu Bacu Beza B'Ishengero Ejo Hanyu Imana Ihategure Ivyiza Kubwicubahiro Cayo.Turabakunda Cane ...
15/10/2025

Imana Ibakomeze Cane Bahungu Bacu Beza B'Ishengero Ejo Hanyu Imana Ihategure Ivyiza Kubwicubahiro Cayo.

Turabakunda Cane ♥️

Cedric Niyo
Ir.Chrispin
Junior Jules Bvr
light


14/10/2025

UMUTIMA WANJE URANEZERWA IYO NIBUTSE IMIRIMO YAWE MYIZA/....

-SINZAHWEMA KUGUTAZIRA
-SINZAHWEMA KUKURIRIMBIRA
-SINZAHWEMA KUVUGA ISHIMWE RYAWEEEEH...

KUKO WAMBEREYE VYOSE.

Ibisigaye, mwese muhuze umutima, mubabarane, mukundane nk'abavukana, mugiriranire imbabazi, mwicishe bugufi mu mutima;1 ...
04/10/2025

Ibisigaye, mwese muhuze umutima, mubabarane, mukundane nk'abavukana, mugiriranire imbabazi, mwicishe bugufi mu mutima;

1 Petero 3:8.

SAYUNI CHOIR Isanzwe Ikorera Mwishengero Rya Bethlehem Holy Church Yabateguriye Igiteramo Kidasanzwe Kizoba Kumusi W'Ejo...
16/08/2025

SAYUNI CHOIR Isanzwe Ikorera Mwishengero Rya Bethlehem Holy Church Yabateguriye Igiteramo Kidasanzwe Kizoba Kumusi W'Ejo W'Itariki 17/08/2025 Igihe C'Isaha Umunani Zuzuye (14h:00).

Turiteguye Cane Gushigikira Kino Gikorwa Tubatumirira Namwe Mwese Kuzobana Hamwe Natwe Mugushigikira Abana Bacu Mugikorwa Kidasanzwe Nkiki Bateguye.

Nk'ukw imisozi ikikije Yerusalemu Ni k'Uhoraho akikije abantu biwe,  Uhereye none, ugash*tsa ibihe vyose.Zaburi 125:2Aya...
02/08/2025

Nk'ukw imisozi ikikije Yerusalemu Ni k'Uhoraho akikije abantu biwe, Uhereye none, ugash*tsa ibihe vyose.

Zaburi 125:2

Aya Namwe Mumasanamu Yaranze Ikoraniro Ryokuwakabiri Aho Tuba Turimumwanya Mwiza Woguhimbaza Nogutazira Imana Imisi Yose Ya Kabiri Kuva Igihe C'Isaha Cumi Nimwe 17H.

Umutumire Wacu Yari Mr. Tubane Neza Aho Twabaye Mubihe Vyiza Vyubusabane N'Imana Biciye Muguhimbaza Nokwumva Ijambo.

Hakaba Haranzwe Umunezero Udasanzwe Mugufatira Amafoto Hamwe Twese.

Umwami Imana Abahezagire Na kaze Misi yose Ya Kabiri.

Adresse: Bethlehem Holy Church Riri Muri Zone Kinama, Q. Bubanza 14Av. N°39.

PRAISE AND WORSHIP MOMENTSNous Vous Invitons Demain Mardi À Ce Moment Special D'Adorer Et Louer L'Eternel.Nous Commencer...
28/07/2025

PRAISE AND WORSHIP MOMENTS

Nous Vous Invitons Demain Mardi À Ce Moment Special D'Adorer Et Louer L'Eternel.

Nous Commencerons De 17h Vers 20h En Mettant Ensemble Avec Notre Special Invité Mr. Tubane Neza

Soyez Bienvenues Vous Tous Dans Ce Culte.

Riti Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi, kand' utarava muri yo nari narakurobanuye; nagushizeho kuba uvugishwa  nanje mu...
16/06/2025

Riti Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi, kand' utarava muri yo nari narakurobanuye; nagushizeho kuba uvugishwa nanje mu mahanga.
Arik' Uhoraho arambarira, ati Nta co uvuga, ngo Ndacari muto; k*k' uwo nzogutumako wese ari we uzojako, kand' ico nzokubarira cose akaba ari co ukwiye kuvuga. Ntuz' ugire ubgoba kubgabo, k*ko nzoba ndi kumwe nawe ngo nkurokore, ni jewe Uhoraho mbivuze.

Yeremiya 1:5, 7-8

Address

Kinama

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bethlehem Holy Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bethlehem Holy Church:

Share

Category