Umu promoter yigenga

Umu promoter yigenga Bujumbura

Abavuga mubareke bakomeze bavuge Birahagije Bamwe bahengera twikoreye akandu Bakaza banegura ako kazi twarakabahaye Ubu ...
22/11/2025

Abavuga mubareke bakomeze bavuge Birahagije Bamwe bahengera twikoreye akandu Bakaza banegura ako kazi twarakabahaye Ubu ni No Stop 🛑 Tayari ubu Impuzangano za Gisirikare Ntizizongera gutumizwa mumahanga Ubu naha mugihugu indani Uruganda rwatanguye akazi Nimpuzu OG Hakurya ngibi bindi nimuvuge inyuma Yimodoka Abasirikare bikoreye mwaje namajambo meshi Rero nongaha kakazi kanyu kabonetse Vuge

22/11/2025

😂 😂 😂NGO YEMERANYA NA NEVA 100% UMUNYARWANDA Iki kiganiro ntukwiye kugicikwa nukuri paka kwiherezo sinahora nkunda gushirako ibiganiro vyqbanyarwanda bavuga kuburundi ariko ikico nakumiro

21/11/2025

Ubu Naho abanyarwanda barisigura gute birigaragaje ko buzuye ishari ninzigo Babonye Umurundi Imana yahezagije impano Bashaka kumugirira nabi ndabira Nawe Iyi Video muyihane hane baboneko Ibimara mare vyabo

21/11/2025
21/11/2025

Mu Rwanda 🇷🇼 nubu bari catamariwe bibaza impano z Uburundi 🇧🇮 iyo ziva bakahabura Ndabira uko J Claude Girumugisha uburyo Amaramaje Umukinyi wo Murwanda kubutaka bwabo Aha ndazi ishari batanguye kuri mugirira guhera uyumusi Mamamamamamamama pol

Abiyemezi bahuye CR7 . RONALDO  X  D . TRUMP JR  Iyi niyo sanamu iri Hit aka kanya
19/11/2025

Abiyemezi bahuye CR7 . RONALDO X D . TRUMP JR Iyi niyo sanamu iri Hit aka kanya

19/11/2025

Nje Nkumwanditsi Nukuri ndasabiye Agashimwe aba basore baririmvye iyi Ndirimbo kuko bwari nkubuhanuzi President nabandi babishoboye Kuko ibi baririmvye vyose iki gihe biriko vyibonekeza

19/11/2025

Pol kumuryango wabuze incuti nabagenzi

14/11/2025

IJAMBO RYA PRESIDENT ASHIRA AHABONA UMUSARURO UMAZE KUVA MUBUTARE

13/11/2025

Intambara yeruye ishobora gutangura ibihugu bibanyi bigahana umuriro biturutse kukiyaga UGANDA 🇺🇬 igiye gutera KENYA 🇰🇪 vuba

Address

Kinama

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umu promoter yigenga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Umu promoter yigenga:

Share