Kelly Empire TV

Kelly Empire TV Journliste

17/08/2026
🚨⚽⚽ BREAKING : Mikel Arteta yongeye guhamagara Alvarez ashaka kwongera kugerageza kumwumvisha ngo asinye muri Arsenal ir...
17/08/2026

🚨⚽⚽ BREAKING : Mikel Arteta yongeye guhamagara Alvarez ashaka kwongera kugerageza kumwumvisha ngo asinye muri Arsenal iri ci

⚽ Julian Alvarez yishuye Mikel Arteta ko afise umugwi yahisemwo, yamuhishukiye ko amahitamwo yiwe ari FC Barcelona.

🗞️ – ESPN🎤

🚨⚽⚽ Rodri muri Barça, Here we Go. Aguzwe miriyoni 65+5 za bonus nk'ukwo vyemezwa na COPE, agiye gusinya imyaka 4.⚽ FC Ba...
16/08/2026

🚨⚽⚽ Rodri muri Barça, Here we Go. Aguzwe miriyoni 65+5 za bonus nk'ukwo vyemezwa na COPE, agiye gusinya imyaka 4.

⚽ FC Barcelona wahuje na Manchester City kuvy'isinya rya Rodri.

⚽ Uno mukinyi afise muri carrière yiwe ballon d'Or, yemerewe na Man City kuja muri FC Barcelona.

[ Fabrizio Romano ]🎤

🚨⚽⚽ Barcelona Ntibisanzwe igize Luis Suarez wa Sporting CP nka Plan B hamwe Julian Alvarez atoza nta Lautaro Martinez az...
14/08/2026

🚨⚽⚽ Barcelona Ntibisanzwe igize Luis Suarez wa Sporting CP nka Plan B hamwe Julian Alvarez atoza nta Lautaro Martinez azoza

⚽ Biremejwe guhera mundwi iza Barcelona yafashe Luis Suarez wa Sporting CP nka nimero 9 bazosinyisha hamwe Julian Alvarez vyorangira bipfuye ntanze namahitamwo ya Hansi Flick ashaka uwu musatirizi wa Colombiya

⚽ Benshi bati Luis Suarez burya ngo umudagi yibonera ko ariwe yoba Plan B kuruta abandi bose bavuzwe mwitangazamakuru

Gerard Romero ✅

🚨⚽⚽|BOUM!!!✨Rodri Ahejeje gufata indege imusubiza i Manchester nubwo yari yasavye uburongozi ko ejo atotonda mumyimenyer...
14/08/2026

🚨⚽⚽|BOUM!!!✨Rodri Ahejeje gufata indege imusubiza i Manchester nubwo yari yasavye uburongozi ko ejo atotonda mumyimenyerezo paaaaa!!!!

💣Biragerera he?

Address

Kinindo
Bujumbura
62280163

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kelly Empire TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kelly Empire TV:

Shortcuts

Share

Category