Magara Times TV

Magara Times TV Magara Times TV

19/02/2026

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Floris MB

 : Hatowe ikiziga c'umwana mu kiyaga Tanganyika, umuryango wiwe nturamenyekana.Ico kiziga catowe mu kiyaga Tanganyika ca...
17/11/2025

: Hatowe ikiziga c'umwana mu kiyaga Tanganyika, umuryango wiwe nturamenyekana.
Ico kiziga catowe mu kiyaga Tanganyika catowe ku nkengere z'ikiyaga mugice ca ku mutumba wa muri zone komine mu ntara ya , abamutoye bakaba batashoboye ku mumenya. Ikiziga ciwe kikaba caciye gitwarwa mu buruhukiro bw'ibitaro vya de Santé Cashi.
Mu ntwaro muri zone Magara bakavugako bagitohoza icishe uwo mwana kandi ko bataramenya n'umuryango wiwe. umukuru wa zone Magara avugako benuwo mwana babonetse bokwihutira guhashika kuko kugera uno mwanya umuryango wiwe utaraboneka agasaba ko boca bakura kuri 68 89 45 53 canke bagashika mu ntwaro muri zone Magara.
Pérès Nibigira abandanya asaba abenegihugu gutanga amakuru ku mwanya mu gihe hari ikitagenda neza.

Magara Times TV

12/11/2025

Maga Empire Kids n’umurwi uriko ugenda uzamuka kurugero ruri hejuru cane

Aba bahungu bariko bagenda bagaragaza impano yabo yo gutamba Imiziki itandukanye

Barasaba ubufasha rero kubabishoboye ko mwobafasha gushigikira ibikorwa vyabo kumbuga zabo nka TikTok, Facebook,YouTube aho hose wandika

Dushigikire impano yaba Bahungu bacu bo muhira duciye kuriyi Link👇👇👇👇
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=122111506389046293&id=61581388806995&mibextid=WC7FNe

25/10/2025

Wibuke Ku Betinga kuko uyu musi ni Bala

Kuri uyu wa 14 Gitugutu 2025 Ishirahamwe   ryaragndeye insamiri  Magara Times FM  mu ntumbero yo gukorera hamwe mu kwama...
16/10/2025

Kuri uyu wa 14 Gitugutu 2025 Ishirahamwe ryaragndeye insamiri Magara Times FM mu ntumbero yo gukorera hamwe mu kwamamaza igiterwa c’Ikibonobono.

Muri urwo rugendo hakaba harabaye ukuganira na cane cane ibijanye n'igiterwa c'Ikibonobo kiriko kirahurumbirwa cane mu gihugu c'Uburundi no guhimiriza Abenegihugu ku kirima cane.

Muvyo baganiriye Abarongozi ba UNASCOKI hamwe n'Abarongozi ba Radio Magara Times FM hakaba harimwo ugusinya amasezerano yogukorana no gufasha Radio Magara Times FM mu bikorwa bimwe bimwe.

John-Clinton Nsengiyumva


Magara Times TV

Le Président de la Fédération de Cricket du Burundi, Monsieur John-Clinton Nsengiyumva,  a tenu une réunion d'évaluation...
06/09/2025

Le Président de la Fédération de Cricket du Burundi, Monsieur John-Clinton Nsengiyumva, a tenu une réunion d'évaluation de la suite du championnat de cricket féminin D3, U 20 T20, de Cricket Bujumbura ce Lundi 01-09-2025.

Le constat est que chaque équipe a déjà joué quatre matchs, donc on est à la quatrième journée du championnat de la troisieme division de Cricket de filles de moins de 21 ans en Association Provincial de Cricket de Bujumbura (APC Bujumbura).

Autre point cncerne le respect du réglement en vigueur a rappelé le Président de la FCB. Dans cette même reunion, le Chargé du developpement de Cricket était présent.

Après des échanges riches d'opinion sur l'importance du jeu de cricket, d'autres quatre équipes ont rejoint le championnat de la troisième division, Poule B, à savoir :

- Totti Cricket Club
- Bic Cricket Club
- Onze Etoile Cricket Club
- Biku Cricket Club

La réunion qui a débuté à 17h10,' a pris fin à 18h40' dans un climat d'ambiance.

Cricket Bujumbura: match du 4 septembre 2025 au terrain de Kinama a la Zone Kinama:FT: Kinama Star Cricket Club - Girls ...
06/09/2025

Cricket Bujumbura: match du 4 septembre 2025 au terrain de Kinama a la Zone Kinama:

FT: Kinama Star Cricket Club - Girls 27/4 (20) - 28/2 (15) Totti Cricket Cricket - Girls.

Resultat Final: Totti Girls a gagné le match avec 8 wickets.

Toss: Kinama Star CC a remporté le Toss et a preferé de batter en premier.

Joueuse de Match: Lysette (de Totti CC - Girls) avec 13 cours.

Premier Arbitre: Amossi Ncuti.

Deuxieme Arbitre: Francine Nahimana.

Scoreur: Marc Rène Nkengumwami.

Directeur de match: Davy Aubry Nishimwe.

Heure du debut de match: 12h00.

Heure de la fin de match: 13h30.

Cricket Bujumbura: match du 4 septembre 2025 au terrain de Kinama a la Zone Kinama:FT: Carama Star Cricket Club  Girls 3...
06/09/2025

Cricket Bujumbura: match du 4 septembre 2025 au terrain de Kinama a la Zone Kinama:

FT: Carama Star Cricket Club Girls 34/6 (20) - 24/7 (20) Onze Etoiles CC.

Resultat Final: Carama Star Girls a gagné le match avec 10 courses de plus.

Toss: Carama Star CC a remporté le Toss et a preferé de batter en premier.

Joueuse de Match: Nia Nahayo (de Carama Star CC - Girls) avec 10 courses.

Premier Arbitre: Pascal Nyabenda.

Deuxieme Arbitre: Francine Nahimana.

Scoreur: Amossi Ncuti.

Directeur de match: Davy Aubry Nishimwe.

Heure du debut de match: 09h00.

Heure de la fin de match: 11h30.

02/09/2025

Haza igiharuro 1:00 ariko tugasoma isaha indwi !!!!!!!

24/08/2025

Imana yandika ku mirongo itumbereye kandi ivunaguye.

13/07/2025

Mumaze imisi mubona atankuru nimwe ducisha hano, Ubu ni mudukwirikirane Ku rubuga rwa Magara Times Ja muri commentaires.

Address

Magara

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Magara Times TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Magara Times TV:

Share

Category