Radio Magara Times FM

Radio Magara Times FM : Compte Officiel de la Radio Magara Times FM au , 92.00 Mhz. | Tél: 68 15 85 89 | La Radio Toute Proche de Vous.

 : kuri uyu wa gatandatu harakozwe ibikorwa Rusangi vyo gukura ivu mu kibanza ca Zone Magara nshasha iri kumabaho, ivyo ...
13/09/2026

: kuri uyu wa gatandatu harakozwe ibikorwa Rusangi vyo gukura ivu mu kibanza ca Zone Magara nshasha iri kumabaho, ivyo bikorwarusangi bikaba vyari vyatewe iteka na Musitanteri wa Komine Muhuta.

Nyuma yo guheza gukora ivyo bikorwa rusangi Musitanteri yatekereye impanuro Abenegihugu baraho ko bobungabunga iyo nyubakwa ya zone kugira abansi biterambere ntibikike mu kiza mu kuyonona, akaba yabatumiriye kubumbatira amahoro n’umutekano aho babaye ndetse no kuvuga mu maguru masha ico cose babonye kibateye amakenga na rirya zone Magara iri k’urubibe ni gihugu ca Congo .

Akaba yarashimiye Abenegihugu ba zone Magara ukuntu bafatanye munda na cane cane mubikorwa vy’iterambere , avuye ngaho yaciye aja kugiranira Inama n’abadandaza bakorera mw’isoko y’Imagara aho y’ababwiye ko bokwirinda kubika mubidandazwa canke mubisigarira vy’Isoko ivyo vyose vyotuma haduka umuriro akabasaba gucungana ku jisho mu ntumbero yo kubumbatira amahoro numutekano.

 : Kuri uyu wa 11/09/2026 niho haba amahiganwa y’Abatimbo mu ma Zone  agize  Komine Muhuta mu ntumbero yo kurondera umur...
12/09/2026

: Kuri uyu wa 11/09/2026 niho haba amahiganwa y’Abatimbo mu ma Zone agize Komine Muhuta mu ntumbero yo kurondera umurwi uzoserukira Komine Muhuta ukaja guhiganwa n’iyindi mirwi iserukira komine nkuko vyatunganijwe n’Igihugu mu ntumbero yo gutsimbataza imico n’akaranga vyamye biranga Uburundi.

Imirwi yaraye ihiganwe akaba ari imirwi itatu ; Club Abagenderakaranga zone Magara, Club Ikirezi zone Gitaza, Club Intore zone Bugarama.

Ayo mahiganwa yatunganijwe ku civugo Umurisho w’Ingoma itunga ntagereranwa mu mico n’akaranga vy’Uburundi.

Ico gikorwa kikaba ca kwirikiranwe n’abaje baserukira Musitanteri wa Komine Muhuta twobibutsa ko ayo mahiganwa kwariko araba mu ma Komine yose agize igihugu c’Uburundi mu ntumbero yo gutsimbataza imico n’akaranga vy’Uburundi.

Mu gutangura ayo mahiganwa babanje kubibutsa amategeko agenga iryo higanwa nivyo bisunga mu gutanga amanota .

Amahiganwa yaratanguye aho buri murwi wavuza iminota cumi n’ibiri mw’itegeko ryavuga ko utarenza iyo minota ahubwo yotuma idakwira ahuko urenza.

amahiganwa aheze kabaye akaryo ko kubatekerera impanuro z’utunenge bakoze kugira ngo umurwi ugiye guserukira Komine uzokosore utwo tunenge, nyuma yaho baciye bababwira uko bagiye bararushanya amanota .

Imirwi ikaba yagiye irushanya amanota uku gukwirikira;
1.Club Ikirezi Gitaza 79,5%
2.Club Abagenderakaranga Magara 71,62%
3.Club Intore Bugarama 68,75%
Club Ikirezi yo muri Zone Gitaza ikaba ariyo yabaye iya mbere niyo igiye guserukira Komine Muhuta ,
Ico gikorwa kikaba carangiye neza bose bafata agafoto k’umuryango impande zose ata kwidoga kubayemwo.

Burundi Cricket : Rwisabi prépare la relève et confirme l’essor du cricket burundais Rwisabi, Burundi — 7 septembre 2026...
07/09/2026

Burundi Cricket : Rwisabi prépare la relève et confirme l’essor du cricket burundais Rwisabi, Burundi — 7 septembre 2026. Aujourd’hui, le Rwisabi Cricket Club, évoluant au sein de l’ACC Bugendana, a tenu, comme à son hab itude, une séance d’entraînement sur le terrain sportif de la paroisse de Rwisabi afin de préparer ses garçons et ses filles de moins de 19 ans aux prochains championnats Burundi Cricket Division Four T10 League. Cette préparation il lustre la montée en puissance du Cricket des Jeunes et la place croissante du Cricket des Femmes dans les communautés rurales du Burundi. Cette dynamique s’inscrit dans une organisation structurée par la Fédération de Cricket du Buru ndi (FCB), représentée dans les provinces par les Associations Provinciales de Cricket (APC) et, au niveau communal, p ar les Associations Communales de Cricket (ACC). Les ACC organisent la 4e Division U19 T10 League et la 5e Division U17 T10 League, tandis que les APC supervise

Visit the post for more.

Burundi Cricket : Rwisabi prépare la relève et confirme l’essor du cricket burundais Rwisabi, Burundi — 7 septembre 2026...
07/09/2026

Burundi Cricket : Rwisabi prépare la relève et confirme l’essor du cricket burundais Rwisabi, Burundi — 7 septembre 2026. Aujourd’hui, le Rwisabi Cricket Club, évoluant au sein de l’ACC Bugendana, a tenu, comme à son hab itude, une séance d’entraînement sur le terrain sportif de la paroisse de Rwisabi afin de préparer ses garçons et ses filles de moins de 19 ans aux prochains championnats Burundi Cricket Division Four T10 League. Cette préparation il lustre la montée en puissance du Cricket des Jeunes et la place croissante du Cricket des Femmes dans les communautés rurales du Burundi. Cette dynamique s’inscrit dans une organisation structurée par la Fédération de Cricket du Buru ndi (FCB), représentée dans les provinces par les Associations Provinciales de Cricket (APC) et, au niveau communal, p ar les Associations Communales de Cricket (ACC). Les ACC organisent la 4e Division U19 T10 League et la 5e Division U17 T10 League, tandis que les APC supervise

CRICKET BURUNDI: ACC NGOZI YARONGEYE GUKOMEZA ITERAMBERE RYA CRICKET, ABAMENYEREZA 29 BARARONKA ICEMEZO L1.Ngozi, Burund...
06/09/2026

CRICKET BURUNDI: ACC NGOZI YARONGEYE GUKOMEZA ITERAMBERE RYA CRICKET, ABAMENYEREZA 29 BARARONKA ICEMEZO L1.

Ngozi, Burundi — 6 Nyakanga 2026. Iterambere rya Burundi Cricket rirabandanya kwihuta mu makomine yo hagati mu gihugu. Kuri uyu wa 6 Nyakanga 2026, Association Communale de Cricket de Ngozi (ACC Ngozi) yarangije neza isomo rishasha ryo kumenyereza abamenyereza, aho abamenyereza 29 bashasha baronse icemezo ca Niveau 1 (L1) gitangwa na Fédération de Cricket du Burundi. Iryo somo ryabaye kuva ku wa…...

Ngozi, Burundi — 6 Nyakanga 2026. Iterambere rya Burundi Cricket rirabandanya kwihuta mu makomine yo hagati mu gihugu. Kuri uyu wa 6 Nyakanga 2026, Association Communale de Cricket de Ngozi (ACC Ng…

Cricket Burundi : 29 entraîneurs formés à Ngozi avant la Division Four T10 U19 NGOZI, Burundi — 5 au 6 Sept embre 2026.C...
06/09/2026

Cricket Burundi : 29 entraîneurs formés à Ngozi avant la Division Four T10 U19 NGOZI, Burundi — 5 au 6 Sept embre 2026.

Cricket Burundi : 29 entraîneurs formés à Ngozi avant la Division Four T10 U19 NGOZI, Burundi — 5 au 6 Septembre 2026. L’Association Communale de Cricket de Ngozi (ACC Ngozi) a organisé, les 5 et 6 septembre 2026, une session de formation destinée à 29 entraîneurs issus de différents clubs de sa circonscription. Cette initiative s’inscrit dans la préparation des prochaines compétitions de la Burundi Cricket Division Four T10 League U19, avec pour objectif de renforcer la qualité de l’encadrement des jeunes joueuses et joueurs de moins de 19 ans....

Cricket Burundi : 29 entraîneurs formés à Ngozi avant la Division Four T10 U19 NGOZI, Burundi — 5 au 6 Septembre 2026. L’Association Communale de Cricket de Ngozi (ACC Ngozi) a organisé, les 5 et 6…

Burundi Cricket : 29 nouveaux entraîneurs certifiés à Ngozi, le développement du cricket s’accélère.NGOZI, Burundi — 6 s...
06/09/2026

Burundi Cricket : 29 nouveaux entraîneurs certifiés à Ngozi, le développement du cricket s’accélère.

NGOZI, Burundi — 6 septembre 2026 — Le Burundi Cricket poursuit son expansion à grande vitesse. Une nouvelle session de formation destinée aux entraîneurs s’est achevée avec succès à l’Association Communale de Cricket de Ngozi (ACC Ngozi), avec la certification de 29 nouveaux entraîneurs de niveau 1 (L1) par la Fédération de Cricket du Burundi. Organisée les 6 et 7 septembre 2026, cette formation vise notamment à renforcer l’encadrement du prochain championnat…...

Burundi Cricket: 29 New Level 1 Coaches Strengthen Cricket Development in Ngozi.NGOZI, Burundi — 6 September 2026 — The ...
06/09/2026

Burundi Cricket: 29 New Level 1 Coaches Strengthen Cricket Development in Ngozi.

NGOZI, Burundi — 6 September 2026 — The rapid expansion of Burundi Cricket has reached another important milestone as a new coaching development session in Ngozi concludes with 29 newly trained Level 1 cricket coaches prepared to support the country's growing Under-19 competition structure. Hosted by the Ngozi Communal Cricket Association (ACC Ngozi), the two-day coaching programme, held from 6 to 7 September 2026, was warmly received by the local cricket community....

NGOZI, Burundi — 6 September 2026 — The rapid expansion of Burundi Cricket has reached another important milestone as a new coaching development session in Ngozi concludes with 29 newly trained Lev…

Gitega, Burundi — 1er septembre 2026. Aujourd’hui, Gikundiro Cricket Club, évoluant au sein de l’Associat ion Communale ...
01/09/2026

Gitega, Burundi — 1er septembre 2026. Aujourd’hui, Gikundiro Cricket Club, évoluant au sein de l’Associat ion Communale de Cricket de Gitega (ACC Gitega), a tenu comme d’habitude une séance d’entraînement sur le terrain de sport de Notre-Dame de la Sagesse de Gitega, afin de préparer ses filles et ses garçons de moins de 19 ans aux proc hains championnats Burundi Cricket Division Four T10 League. Cette mobilisation illustre la montée en puissance du Cric ket des Jeunes et du Cricket des Femmes au cœur du pays. Au Burundi, la Fédération de Cricket du Burundi (FCB) s’ap puie sur cinq Associations Provinciales de Cricket (APC), tandis que les Associations Communales de Cricket (ACC) assure nt l’ancrage local. Les ACC organisent la 4e Division U19 T10 League et la 5e Division U17 T10 League ; les APC encadr ent la 3e Division U21 T20 League, la Coupe du Président et la Coupe de la Première Dame. La Fédération supervise po ur sa part la 2e Division T20 Championship Le

Gitega, Burundi — 1er septembre 2026. Aujourd’hui, Gikundiro Cricket Club, évoluant au sein de l’Association Communale de Cricket de Gitega (ACC Gitega), a tenu comme d’habitude une séance d’entraînement sur le terrain de sport de Notre-Dame de la Sagesse de Gitega, afin de préparer ses filles et ses garçons de moins de 19 ans aux prochains championnats Burundi Cricket Division Four T10 League....

Gitega, Burundi — 1er septembre 2026. Aujourd’hui, Gikundiro Cricket Club, évoluant au sein de l’Association Communale de Cricket de Gitega (ACC Gitega), a tenu comme d’habitude une séance d’entraî…

ANDERSON TALISCA: HE TURNED HIS FOOTBALL CAREER INTO A MONEY-MAKING MACHINE! 💰🔥After leaving Benfica, Anderson Talisca r...
30/08/2026

ANDERSON TALISCA: HE TURNED HIS FOOTBALL CAREER INTO A MONEY-MAKING MACHINE! 💰🔥

After leaving Benfica, Anderson Talisca received several offers from European clubs. But instead of continuing to chase opportunities in Europe’s biggest leagues, the Brazilian chose a different path: joining clubs that were prepared to offer him lucrative contracts. 💰 🇹🇷 Beşiktaş: €7 million 🇨🇳 Guangzhou Evergrande: €27 million 🇸🇦 Al-Nassr: €23 million 🇹🇷 Fenerbahçe: €15 million 🇦🇪 Al-Jazira: €36 million…...

After leaving Benfica, Anderson Talisca received several offers from European clubs. But instead of continuing to chase opportunities in Europe’s biggest leagues, the Brazilian chose a different pa…

Address

Magara
3262BUJA

Opening Hours

Monday 05:00 - 00:00
Tuesday 05:00 - 00:00
Wednesday 05:00 - 00:00
Thursday 05:00 - 00:00
Friday 05:00 - 00:00
Saturday 05:00 - 00:00
Sunday 05:00 - 00:00

Telephone

+25761488466

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio Magara Times FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category