Radio Eagle Sport FM

16/08/2026

Kocha wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF Jimmy Ndayizeye amesema ni mwanzo mzuri kuanza kwa ushindi kunako ligi kuu Burundi huku wa Olympic Star,Ngabonziza akisema kuwa hajapendezwa kuanza kwa kupokea kichapo kwenye ligi.

Amanota atatu kuri Aigle noir SC.  ⚽🦅
16/08/2026

Amanota atatu kuri Aigle noir SC.

⚽🦅

  ariko araraba uko bagenziwe basobeka ibitsindo mu rusenga.Aigle Noir 3-1 Olympic Star
16/08/2026

ariko araraba uko bagenziwe basobeka ibitsindo mu rusenga.

Aigle Noir 3-1 Olympic Star

Igice cambere kikaba kirangiye hagati ya Aigle Noir SC na Olympic Star.Aigle Noir C.S 1-1 Olympic Star 5' ⚽ Parfait (C)....
16/08/2026

Igice cambere kikaba kirangiye hagati ya Aigle Noir SC na Olympic Star.

Aigle Noir C.S 1-1 Olympic Star

5' ⚽ Parfait (C). 24' ⚽ Didier

Umurwi wa Panthère Noir F.C uhejeje gutakaza urukinwo rwabo rwambere rwihiganwa rikuru rya Primus ligue Burundi.Rukinzo ...
14/08/2026

Umurwi wa Panthère Noir F.C uhejeje gutakaza urukinwo rwabo rwambere rwihiganwa rikuru rya Primus ligue Burundi.

Rukinzo F.C 2-1 Panthère Noir F.C

40' Freddy
80' Fabrice
90'+2' Hakim

  aragarutse muri Primus_League.Uwo mukinyi yahora muri   yo mu gihugu ca   amakuru dukura Ku rubuga rwa nyeniteka   avu...
14/08/2026

aragarutse muri Primus_League.

Uwo mukinyi yahora muri yo mu gihugu ca amakuru dukura Ku rubuga rwa nyeniteka avuga ko azokwifadikanya na Aigle_Noir muri hamwe no mu nkino za Primus_League.

Icatumye ava iyo yahora ntikiratomorwa

14/08/2026

Eagle Sport Time

Audrique Niyuhire, Eric Joshua, Fleury Vyamungu

Intumbero nyamukuru y'umugwi wa   ni gushika kure cane gusumba aho bash*tse mu nkino za Caf Champions League zo mu mwaka...
13/08/2026

Intumbero nyamukuru y'umugwi wa ni gushika kure cane gusumba aho bash*tse mu nkino za Caf Champions League zo mu mwaka uheze.

Mu kiganiro umuvugizi w'umugwi wa Aigle Noir, ahejeje guha abanditsi n'abamenyeshamakuru kur uyu wa 13 Myandagaro 2026 mu nyubakwa za Stade yamenyesheje ko umugwi wa Aigle Noir witeguye cane mu rukino bazohura na Al Hilal kw'igenekerezo rya 05 Nyakanga 2026 kuri Stade Intwari.

Uwo muvugizi w'uyo mugwi yijeje cane abakunzi ba ko umugwi witeguye cane kuko baraguze abakinyi batandukanye bavuye mu bihugu bitandukanye eka mbere n'urugendo bakoze muri Dubaï biri mu bizobafasha kwerekana urukino rwiza.

Kubera intunganyo y'uwo mugwi izotwara amahera atari make, umugwi wa Aigle Noir uratumirira abakunzi guterara kuva ku rukino ruzobahuza na Olympiques Star na Young Star .

Intererano mushobora kuzicisha aha:
BGF:Aigle Noir :15000518174
Fondation pax Burundi :15001119170
CRDB: Fondation pax Burundi:40000474446.
Ico kiganiro cari catewe iteka na nyen'iteka n'umunyamabanga ntayegayezwa muvyo bujejwe harimwo inkino, .

13/08/2026

Kocha wa klabu ya Panthere Noir,Joslin Bipfubusa amesema kikosi chake kipo tayari kwa ajili ya kukabiliana na Rukinzo FC katika mchezo wa kwanza wa ligi kuu Burundi msimu wa 2026-2027 utakaopigwa Ijumaa hii mkoani Bujumbura katika uwanja wa Urunani.

Panthère Noir murugendo rwokurondera amanota atatu yambereIsaha 14:20 amasaha yomuri Burunga (Makamba) ,Abahigi niho baf...
13/08/2026

Panthère Noir murugendo rwokurondera amanota atatu yambere

Isaha 14:20 amasaha yomuri Burunga (Makamba) ,Abahigi niho bafata urungendo rubashikana mugisagara ca Bujumbura aho baza kurara hanyuma kumusi wejo bafate urugendo rubashikana i Buganda Kuri Stade Urunani aho bazotana mumitwe numurwi wa Rukinzo FC .

Eagle Sport Fm

#97.9 MHz

#88.0MHz

Address

Makamba
100

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio Eagle Sport FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Radio Eagle Sport FM:

Shortcuts

Share

Category